UKO IBIKORWA VY'IMANA VYIFASHE MU MASHENGERO YA PANTEKOTE

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 9 янв 2025

Комментарии • 47

  • @MerthusVyizigiro
    @MerthusVyizigiro День назад +1

    Yesu arababona sha rek kubesha vyose bizoja ahabon kuriwamusi

  • @ViateurTUYIKORERE
    @ViateurTUYIKORERE 2 дня назад +2

    Reka tubihumwanya Imana izobi vangura kandi ntizomera ko musambura ishengero

  • @JeanBoscoBukeyeneza
    @JeanBoscoBukeyeneza 2 дня назад +3

    Kiremba hejuru Can

  • @NdayishimiyeMarieJulie-v4n
    @NdayishimiyeMarieJulie-v4n День назад

    Nimuvuge ukuri kuk nivyo Imana idusab.kuk nimutakuvug yoyo izokoresh abandi bakuvug.knd intam yabaragij izozibabaz kuk atakur mwakubwiy.

  • @DieudonnéMugirangabo
    @DieudonnéMugirangabo День назад

    Murakoze cane konumviseko haricomuvuze ciza KO cepebu arishirahamwe ryishengera rya Pentecôte muburundi atari Mission ngwitware amamisiyoni asanzwe azwi nonerero rekaturindire Imana yomwijuru izobisobanura kuko kwumvango muribamwe harabarukwabo bafise ivyobemera abandinabo bakagira ivyobemera nivyobatemera gusa abariko bakorivyo bibukeko Yesu azoza

  • @JulesJul-i3g
    @JulesJul-i3g 4 часа назад

    ❤❤❤❤❤❤❤

  • @pascalirihose1999
    @pascalirihose1999 2 дня назад

    Gashikanwaaaa hejuru ntavyishiiiii vuz uwumva yumvis

  • @SamuelNsengiyumva-i3g
    @SamuelNsengiyumva-i3g День назад

    Murakoze kukiganira muduhaye hama ico twosaba Nuko mwoza muraraba Abo mwinjiza mubikorwa kuko ishengero nabakozibimana baguma bagwira kandi Bose ntabwo baba baronderimana gusa hari nabaronderibindi nugusenga batama bacu

  • @NkundwanabakeEric
    @NkundwanabakeEric День назад

    Ndi muri mozambique.
    Nari nkumbuye Mwungere wanje Claver

  • @alexisnijimbere6764
    @alexisnijimbere6764 2 дня назад +2

    Gitega Umwana wa Kiremba, Turabukunda, Ntimuzohebe Umuvyeyi yabibarutse.

  • @EricHakizimana-c5x
    @EricHakizimana-c5x День назад +1

    Gusa ico tuzi co nuko ishengero ry,Imana rirafise uwaribambiwe yarimeneye amaraso yaraye ijoro ryose i getsemane arirondera yamaze amasaha 6 kumusaraba arirondera ntazemera kumuntu arisambura murabe bibiriya kuva kera abagerageje kurisambura nibo basambuka Ex: kora na Datani na abiramu isi yarasamye irabamira ntawovuma ab,Imana yahezagiye

  • @niyonizeyeeric-k7b
    @niyonizeyeeric-k7b День назад

    MBISA DAAAAA NIYIRUKIRE. MBABAJWE NURUTOKE RWANJE RWANZANYE HANO. KUK NKUBU NGIYE NCIYURUBANZA KANDIGIHE CAVYO KITARAGERA.😢

  • @MerthusVyizigiro
    @MerthusVyizigiro День назад

    Ati paroise uburero barahinduy

  • @pethrusmugisha6915
    @pethrusmugisha6915 День назад

    abarundi ba kera baramaramara nayabubu ntibagira kumaramara naho baba baragotse🤔🤔🤔🤔🤔🤔🤔

  • @uefachampionsliguesfootbal4227
    @uefachampionsliguesfootbal4227 День назад

    Yemwe shaka mubivuge neza batama. Mumenye ko bizwi kuko benevyo ni ishengero mukaba abakozi baryo. Nimutubwire muti ivyo tutahurijeko nibi kandi ninavyo bishobora gutuma tuvanako😂😂😂 ntimuhishe umwotsi inzu irikwirasha kuko nkahamwe Imana idatabaye ndabona bamwe muri mwebwe bungere abazomaramara basanze bakwirikiye ibitari vyo maze ishengero rikabavinyuma rikikomereza inzira yukugororoka ryatanguranye ryasigiwe nabatwitangiye.

  • @uefachampionsliguesfootbal4227
    @uefachampionsliguesfootbal4227 День назад

    None ko muvuga ngo tube umwe imisi yose ngo tube umwe mwzsanze tutari umwe imyaka tumaze mutubwira ubutumwa ubu niho mubonye ko ishengero atabumwe rifitaniyeee😂😂😂

  • @bitangimanabosco
    @bitangimanabosco 2 дня назад

    Basha uwomusatira yovuga vyinshi kweri

  • @NkundwanabakeEric
    @NkundwanabakeEric День назад

    Mwondonsa aka numero kiwe ka terefone.
    Ndi Uwo mubwiriza bwa Buziracanda Kwa Pasteur Fabien.

  • @EliezerRWAMIRIRA
    @EliezerRWAMIRIRA День назад

    Muhezagigwe bakozi ba data mukomere ku kivi
    Christon ariteguye kujana ishengero ntawobideha

  • @Nimenyaalexis
    @Nimenyaalexis 15 часов назад

    nimugezaho kuko Ubu ntimugikunda ishengero rya chritso mukunda inda zanyu gusa uwubona mwambaye Ayo makoti yogirango murabakozi beza mugabo i ibisigaye bibavamwo numururarzi gusa

  • @NsavyimanaAnitha
    @NsavyimanaAnitha 2 дня назад +1

    Umwungere wa mbere w,igitega arahatswe kubivuga vyose

  • @AudreyAkimana-km3tt
    @AudreyAkimana-km3tt День назад

    Bavyeyi nimugume kugikorwa abavuga nabo bakomeze kuvuga igiti kitagira ivyamwa ntawugitera amabuye mwebwe mukomere ablmana baracariho naho beshi biyoberanya mukomere abasi blmana ntibabatera ubwoba

  • @GerardNkunzimana-td3iv
    @GerardNkunzimana-td3iv 2 дня назад +1

    Umwungere w'igitega haaaaaa iy mumwingera nka 5min yabivug KK birumvikan ko harakamuhagamy Kristo nyen ishengere ashishikare kutubera maso nahandi ibih birakuze knd bugir Buc kubizey ishengero nitureme

  • @niyokwizeraemmanuel7909
    @niyokwizeraemmanuel7909 День назад

    Ko umwese wese avuga ko Ari mukuri, ukuri ni ukwahe. Gusa bavuze neza ko CEPBU Ari ASBL. Ko atavuze kw'ikete bandits binjirira iyindi misiyoni ngo bahindure uburongozi kdi yigenga? Imana idufashe ntiduhombe ivy'ibikorwa twakoze.
    Umumenyeshamakuru nawe azorabe abazi umwuga neza bamwigishe uko bikorwa n'amategeko agenga umwuga

  • @EmileNshimirimana-x4j
    @EmileNshimirimana-x4j 2 дня назад

    😂😂 hahaaa paluwase nta Diocese yoyo?😂😂

  • @ProtainNdirikirirenza-so9qo
    @ProtainNdirikirirenza-so9qo 2 дня назад

    Uwomuruyigi naho ahisha ingorane zirahari uwigitega yabivuze

  • @yamuremyeferdinand3752
    @yamuremyeferdinand3752 День назад

    Ishirahamwe y'amashengero ya Pentokoti CEPBU nkuko tuvyumvise mubivuga ko ari ishirahamwe rigume rihangamye rikora ibikorwa vy'ama ASBL, amashengero yarishizeho nayo agume afatanye mu nda

  • @josuendayishemeze3622
    @josuendayishemeze3622 День назад

    Je pense qu'on a voulu chercher des views,il y a aucune une info. ou l'enterrement du journalisme

  • @zacheehicuburundi6752
    @zacheehicuburundi6752 2 дня назад +2

    Mfise utubazo,mbaza Abo bungere,Gitega_Ruyigi:1.mwonsobanurira,mumajambo yose C.E.P.Bu
    2.Itandukaniro Riri hagati ya CEPBU,na misiyoni (Gitega,Ruyigi,....)
    3.Iyo uwurongoye CEPBu,arengeje ikiringo,ibikorwa akora birafise agaciro,canke nimpfagusa?
    4.Mbega misiyoni Gitega,irafise uburenganzira,bwokwinjira mwitunganywa ,canke mundinganizo ya misiyoni Ruyigi?

    • @neemagospeltv
      @neemagospeltv 2 дня назад

      Ubajije ibibazo vyinshi pe

    • @ChristInMeHopeOfTheGlory
      @ChristInMeHopeOfTheGlory 2 дня назад

      Ivyavuzwe vyose vyariko signature...
      ivyambere vyatanguye kuvuga mwungere w' i Bujumbura muri Amerika aho yacokoye umuhisi mwungere w' i Kiremba.
      rero nta kintu na kimwe cavuzwe kitavuye muri abo batama nyene.
      Ahubwo bagabanye kuvugira hejuru ibikiri mu nama zabo.

    • @neemagospeltv
      @neemagospeltv 2 дня назад

      @@ChristInMeHopeOfTheGlory Gucokora nyene?mwompa link y'iyo vidéo !

    • @sisisylvanendayisenga1005
      @sisisylvanendayisenga1005 2 дня назад

      Imana itabare ishengero ryayo gusa Abo nabo nibo bazi ivyo bapfa nivyo barondera.Niko ishengero ntiryabagoye .YESU niwe arizi we yarigokeye

    • @ChristInMeHopeOfTheGlory
      @ChristInMeHopeOfTheGlory День назад

      @@zacheehicuburundi6752
      1. Communauté des Églises Pentecôtistes du Burundi
      2. Itandukaniro riri hagati ya CEPBU na Misiyoni: CEPBU ni ishirahamwe ry' imigambi ryashizweho na misiyoni zigizwe n' amashengero ya pentecôte mu Burundi.
      3. Ico twoca turaba ico amategeko yabo avuga.
      4. Oya misiyoni yose irigenga ntayinjirira iyindi.

  • @desirengenerwasobanuka9015
    @desirengenerwasobanuka9015 День назад

    Nitwa Désiré nkaba ndi muri Allemagne. Ntaco mfise novuga kinini kurivyo. Ariko ndishimye kwongera kubona umwungere wanje Basabose Sébastien. Hashize imyaka myinshi cane ntamubona. Kandi mboneyeho n'amahirwe yo kubona Umwungere w'Igitega Kuko ntawe narinzi. Umwami YESU ashishikare kubahezagira.

  • @sisisylvanendayisenga1005
    @sisisylvanendayisenga1005 2 дня назад

    Mwuzure mpwemu Yera,yongere igire ikibanza muri mwebwe.Ubundi huuuum abo bateguye ibidahuye ni bande???Murayavugaa

  • @yamuremyeferdinand3752
    @yamuremyeferdinand3752 День назад

    Paruwase kweli nivyo vyumvikana?

  • @EricNiyokindi-bq6cb
    @EricNiyokindi-bq6cb 2 дня назад

    None Wemeje ko atangorane iri mwishengero; CPBU itanguye umwaka uheze? abakozi b'IMANA barangwa nukuri; yeremiya niwe yahanura bakamurwa abandi bakavuga ngo hari amahoro atayahari: dutumbere y
    KRISTO YESU intambara zizokwamaho

  • @felixcitegetse3845
    @felixcitegetse3845 День назад

    Ngo PARUASE???????????

  • @NsavyimanaAnitha
    @NsavyimanaAnitha 2 дня назад

    Umwungere wa mbere w,igitega arahatswe kubivuga vyose