UBA FM Radio
UBA FM Radio
  • Видео 834
  • Просмотров 745 461

Видео

Chorale y'abagabo CIBITOKE
Просмотров 2124 часа назад
Chorale y'abagabo CIBITOKE
NGO CEPBU IRASHOBOYE KUBANDANYA YONYENE IMIGAMBI INYUMA Y' ISUZUMWA RYAKOZWE. NZOYISABA FLORA
Просмотров 2,1 тыс.4 часа назад
NGO CEPBU IRASHOBOYE KUBANDANYA YONYENE IMIGAMBI INYUMA Y' ISUZUMWA RYAKOZWE. NZOYISABA FLORA
Ako kabi kabishe karaba kure y'ishengero rya Pantekote.
Просмотров 6 тыс.7 часов назад
Ako kabi kabishe karaba kure y'Ishengero rya Pantekote. Bamwe mu barongozi barerekanye intumbero y'ishengero.
HARAHIRIWE UMUNTU UHORAHO ADAHARURAKO UKUGABITANYA .. REV. PREMIER PASTEUR Onesphore RUKWIRIRIKANYA
Просмотров 1,8 тыс.7 часов назад
Ijambo ry'Imana ryashikirijwe ishengero rya Pentecôte ry'i Bujumbura ububwiriza Ngagara Q4 n'Umwungere wa mbere Onesphore RUKWIRIRIKANYA,hari kw' igenekerezo rya 18 Munyonyo 2024.
CHORALE Y'URWARUKA NTAHANGWA
Просмотров 1,2 тыс.19 часов назад
CHORALE Y'URWARUKA NTAHANGWA
ICEGERA C'UMUNYAMABANGA MUKURU WA CEPBU ARATUBWIRA INTUMBERO Y'URUGANDA N'ABATUMIRE ABARIBO
Просмотров 78419 часов назад
ICEGERA C'UMUNYAMABANGA MUKURU WA CEPBU ARATUBWIRA INTUMBERO Y'URUGANDA N'ABATUMIRE ABARIBO
KWIBAGIRWA AHO UWITEKA YAGUKUYE NI AKAGA GAKOMEYE CANE
Просмотров 3,2 тыс.21 час назад
KWIBAGIRWA AHO UWITEKA YAGUKUYE NI AKAGA GAKOMEYE CANE
Chorale y'abana yo kuri Eglise Pentecôte de CIBITOKE BUJUMBURA
Просмотров 336Месяц назад
Chorale y'abana yo kuri Eglise Pentecôte de CIBITOKE BUJUMBURA
Aratanze umuco kuvyo utar'uzi | Umwungere wa mbere w'ishengero rya Pentekoti misiyoni ya Bujumbura
Просмотров 21 тыс.Месяц назад
Ivyo ukwiye kumenya, ngo "ntanzu iriko irasha mw'Ishengero rya Pentekoti mu Burundi " , Rev. Pasteur Onesphore RUKWIRIRIKANYA, Umwungere wambere w'ishengero rya Pentekoti misiyoni ya Bujumbura, aratanga umuco kuvyo utar'uzi.
NUMURWANANTAMBARA NAHANGAME KUNGOMA NIWE NYISHU YIBIBAZO VYANANIRANYE ANA,SALAH RAZARO N'ABANDI....
Просмотров 471Месяц назад
NUMURWANANTAMBARA NAHANGAME KUNGOMA NIWE NYISHU YIBIBAZO VYANANIRANYE ANA,SALAH RAZARO N'ABANDI....
CHORALE Y'ABANYESHURE BO KURI ETS NITWIHANGANE IMANA DUSENGA NTIZODUHEBA
Просмотров 329Месяц назад
CHORALE Y'ABANYESHURE BO KURI ETS NITWIHANGANE IMANA DUSENGA NTIZODUHEBA
CHORALE NYAKARAMBO TUZAMA TURIRIMBA HALELUYA AMINA
Просмотров 1,2 тыс.Месяц назад
CHORALE NYAKARAMBO TUZAMA TURIRIMBA HALELUYA AMINA
CHORALE BUMUCO MANA TABARA ISHENGERO
Просмотров 1 тыс.Месяц назад
CHORALE BUMUCO MANA TABARA ISHENGERO
Umwungere wa mbere wa misiyoni MUGARA aratubwira ku gikorane co kwitanga c'uno mwaka wa 2024
Просмотров 696Месяц назад
#pentecoke #mugara #gospel
ANNIMATION CHORALE 1 NTAHANGWA
Просмотров 1,5 тыс.Месяц назад
ANNIMATION CHORALE 1 NTAHANGWA
HAGARARA NEZA MUMWANYA WAWE
Просмотров 14 тыс.Месяц назад
HAGARARA NEZA MUMWANYA WAWE
Nabwo turabisi Mana utuzigamire muriyo (chorale y'Abamama nyakabiga)
Просмотров 3512 месяца назад
Nabwo turabisi Mana utuzigamire muriyo (chorale y'Abamama nyakabiga)
Ntawundi ahwanye nawe mwami Yesu urahambaye( chorale y'abana Nyakabiga)
Просмотров 5542 месяца назад
Ntawundi ahwanye nawe mwami Yesu urahambaye( chorale y'abana Nyakabiga)
Ni mwiza uwo yesu agiraneza yuzuye ubuntu N'urukundo
Просмотров 3,2 тыс.2 месяца назад
Ni mwiza uwo yesu agiraneza yuzuye ubuntu N'urukundo
Emera uzire ukuri mwenedata kuko umugeni agiye kuruhuka
Просмотров 6202 месяца назад
Emera uzire ukuri mwenedata kuko umugeni agiye kuruhuka
Hagarara neza ku musi wawe wanyuma. PASTEUR BOAZ
Просмотров 2,7 тыс.2 месяца назад
Hagarara neza ku musi wawe wanyuma. PASTEUR BOAZ
Chorale Francophone Eglise Pentécote NTAHANGWA
Просмотров 3872 месяца назад
Chorale Francophone Eglise Pentécote NTAHANGWA
IMVO NIMVANO YO KUTAZOKWUMVA INZAMBA Y'IMANA
Просмотров 6 тыс.2 месяца назад
IMVO NIMVANO YO KUTAZOKWUMVA INZAMBA Y'IMANA
CHORALE SENGA
Просмотров 6172 месяца назад
CHORALE SENGA
mwirinde abigira abavugishwa n'IMANA
Просмотров 2552 месяца назад
mwirinde abigira abavugishwa n'IMANA
ANNIMATION CANTIQUE NTAHANGWA
Просмотров 6032 месяца назад
ANNIMATION CANTIQUE NTAHANGWA
Inyigisho zatugiriye akamaro kenshi | igikorane c'abana catunganijwe na pentecôte Bujumbura - Sagara
Просмотров 3173 месяца назад
Inyigisho zatugiriye akamaro kenshi | igikorane c'abana catunganijwe na pentecôte Bujumbura - Sagara
Mme Denise NKURUNZIZA & 1er Pasteur ubutumwa
Просмотров 4,7 тыс.3 месяца назад
Mme Denise NKURUNZIZA & 1er Pasteur ubutumwa
INYUBAKWA EBENEZER PALACE YUGURUWE KU MUGARAGARO NA NYENE ICUBAHIRO UMUKURU W'IGIHUGU CACU
Просмотров 1,4 тыс.3 месяца назад
INYUBAKWA EBENEZER PALACE YUGURUWE KU MUGARAGARO NA NYENE ICUBAHIRO UMUKURU W'IGIHUGU CACU

Комментарии

  • @AlineMunezero-k3c
    @AlineMunezero-k3c 2 часа назад

    Ariko numva bavuga ko atakiri mw'ishengero rya Pentecôte uwo Niklas ni ukubiraba neza,kandi ikindi ko yoba yaratowe kuba icegera c'uwurongoye ihwaniro mpuzamadini , Conseil oeucuménique.Kandi imvugo z'abakozi b'Imana bamwebamwe zirerekana ko kuvanga amadini natwe bimaze kuza mu vyiyumviro.Nk'aha uza wumva ngo bose bakorera Imana,ngo Imana n'imwe,....

  • @simeonniyamahoro6775
    @simeonniyamahoro6775 2 часа назад

    ni yitekanire ubu na ya chaine yiwe ya youtube turayikurikirana, ivyo ahavugira turabibona, kazima ari chaine yiwe atari iy uwundi. Kandi ntibikenewe ko yirirwa arisobanura mu burundi, ni agende aze aratanga umuco kuri zirya commentaires ziri kuri chaine yiwe kuko mbona yaranse kuzishura ngo apfume azibeshuza

    • @desirenimubona2323
      @desirenimubona2323 Час назад

      zana iyo yutube yiwe turabe ivyo yigisha

    • @simeonniyamahoro6775
      @simeonniyamahoro6775 Час назад

      @@desirenimubona2323 ruclips.net/video/w8L1IRL-fgE/видео.htmlsi=yMTK63zhDXyG0vyz

  • @devoteinakanyambo5881
    @devoteinakanyambo5881 5 часов назад

    Ivyiwanyu nidanger😂😂😂😂😂

  • @emilenijembizigiye5061
    @emilenijembizigiye5061 9 часов назад

    ruclips.net/video/fvUjzvHzMB8/видео.htmlsi=yK4FMYWZQ8UwJP71 vyaramenyekanye

  • @vitalniyonsavye3001
    @vitalniyonsavye3001 11 часов назад

    Ndagukunda Caane Pasteur Charles.Ubutumwa bwawe bwaranyubatse caane

  • @ErnestManariyo
    @ErnestManariyo 18 часов назад

    Nukuri ishengero rirafis nyeneryo

  • @sisisylvanendayisenga1005
    @sisisylvanendayisenga1005 21 час назад

    Uburongozi bwiza nibwo bubuze.Komera du Flora

  • @GahirosCymon
    @GahirosCymon 22 часа назад

    Traduction ntimez neza.

  • @faustinniyonkuru4920
    @faustinniyonkuru4920 День назад

    Mukosore traduction k'ubahuza ibitsina babisangiye yavuze batabisangiye yuko ari icaha.

  • @MEDIATRICEMUNEZERO-s2n
    @MEDIATRICEMUNEZERO-s2n День назад

    Huuuu nugusenga nayubundi turabona ivyo murimwo

    • @simeonniyamahoro6775
      @simeonniyamahoro6775 2 часа назад

      mbe nyene ko asigaye aguma ino ngo ni ibiki? ni inyota yo kudusangiza ubutumwa bwiza gusa?

  • @esdrasnkunzimana1131
    @esdrasnkunzimana1131 День назад

    None afise indimi zibiri ko iyindi vidéo ari iwabo yerekana ashigikiye homosexualité.Yoba yarahinduye?Ivyo uko yoba ari icegera c'uwurongoye église œcuménique vyo biri gute?

    • @simeonniyamahoro6775
      @simeonniyamahoro6775 2 часа назад

      bazi ko tutabizi we niwihorere

    • @AlineMunezero-k3c
      @AlineMunezero-k3c Час назад

      Ariko n'iyi chaine y'ubutumwa bwiza bw'amahoro icishako amavideo nk'aya nibaza ko yoca iduha umuco w'ibi bibazo vyabajijwe abasomyi berekanye ko bafiseko amakenga

    • @simeonniyamahoro6775
      @simeonniyamahoro6775 Час назад

      @@AlineMunezero-k3c nibaguha inyishu uje kundya akara nanje mbonereho

  • @NinganzaLaurant
    @NinganzaLaurant День назад

    Nne abo muhagararanye nabo naba securités?bariko bafasha iki murico kiganiro ?

  • @ChanceNikund
    @ChanceNikund День назад

    Nivyo cane Umusaraba ntudutera isoni ahubwo udutera umunezero 🎉🎉

  • @ChanceNikund
    @ChanceNikund День назад

    Nivyo nukuri Imana idusubiremwo🎉🥺🙏

  • @jeanboscondayishimiye8663
    @jeanboscondayishimiye8663 День назад

    Umwotsi ntureka gufumba ariko,time will tell

  • @Twese.01
    @Twese.01 2 дня назад

    Uwusobanura hariho aho yasiguye nabi" yavuze ngo abahuza ibitsinda batabisangiye si umugambi w'Imana" alors que uwo muzungu yavuze" we don't believe that homosexuality is a plan of God",bivuga ngo ntitwizera/ ntitwemera ko abahuza ibitsina babisangiye ari umugambi w'Imana.

  • @e-zoomburundi
    @e-zoomburundi 2 дня назад

    icokiganiro muraraba mugisubiremwo uwasobanuye hariho ahantu yihenze yavuze ukutariko kandi ariho message bashaka gutanga ihagaze

  • @AugustinNdayishimiye-cs1dc
    @AugustinNdayishimiye-cs1dc 2 дня назад

    Haaaa, ni hatali kweli.Tugume Ku mavi, Imana ntakiyinanira!

  • @jeanclaudeNiyonizigiye-b2t
    @jeanclaudeNiyonizigiye-b2t 2 дня назад

    Amen. May our Almighty God bless your deeds. Ntabwo ari inkomezi zacu ukwo ni ukuri

  • @pacifiquenkurunziza886
    @pacifiquenkurunziza886 2 дня назад

    Hama ivyo yashikirij kuri CNE(Christian network Europ)zari montage???reka reka ubu numwana avukna ubwenge bwuwuri muri 6ème

    • @simeonniyamahoro6775
      @simeonniyamahoro6775 2 часа назад

      reka mugenzi, chaine yiwe ya youtube iriko inyigisho zose yatanze, nararavye les commentaires ndabura n umwe akenguruka ivyo yigishije kuri iyo sujet, barahenda abandi ubu ntitukiri ibihwiji

  • @KwizeraJanvier-h9e
    @KwizeraJanvier-h9e 2 дня назад

    Amen

  • @OlivierNIHORIMBERE-jl6kb
    @OlivierNIHORIMBERE-jl6kb 2 дня назад

    IMANA ikomeze kurinda ishengero ryacu

  • @AkimanaFrancine-q2h
    @AkimanaFrancine-q2h 2 дня назад

    How about the message you delivered Little time ago in a meeting in your country? Were you out of mind? It's a kind of philosophy 😢😥😭😭

  • @ChristInMeHopeOfTheGlory
    @ChristInMeHopeOfTheGlory 2 дня назад

    Birakaba kure y' ishengero rya pentecôte i Burundi ariko iyo ncuti yacu Niklas Piensoho murabe ntatwinyegezemwo nk'inda mu mpuzu. hari inyigisho we nyene yatanze ziri kuri youtube mwoziraba hanyuma mukamenya n' igituma yagiy kw'ifatanya n' ishengero Equmeniakyrkan. murasuzuma uwo Niklas ntagitomoye asigaye afise izindi nyigisho. Ntakiri no mw' ishengero ruvyara ryatangujwe na Lewis Petrus. ruclips.net/video/E7BSAaJ5CmU/видео.htmlsi=LAxLVMcGHjw6OMaY "Pentecostal pastor in Sweden opens church door to homosexuality" cne.news/article/2027-pentecostal-pastor-in-sweden-opens-church-door-to-homosexuality

  • @desirenimubona2323
    @desirenimubona2323 2 дня назад

    He who sins is for the devil, for the devil has sinned from the beginning. For this purpose the Son of God was manifested, that He might destroy the works of the devil (1 John3:8). May God destroys any plan which is not comming from Him.

  • @AlexandreNdayizeye-z2q
    @AlexandreNdayizeye-z2q 2 дня назад

    Ivyo nibije kure bigume iyovyavuy

  • @Félixndayikengurukiye-w7r
    @Félixndayikengurukiye-w7r 2 дня назад

    Were is Niclas In.nowdays My Brothers

  • @stidompundu7586
    @stidompundu7586 3 дня назад

    ... is part of God original plan🤦

  • @AlbertMpawenimana
    @AlbertMpawenimana 3 дня назад

    IMANA iturinde ubwo buhumane

  • @ndayikengurukiyeyabesi2767
    @ndayikengurukiyeyabesi2767 6 дней назад

    Mana ngwino nanj unpindure kabisa!

  • @gamarielnkurunziza4312
    @gamarielnkurunziza4312 8 дней назад

    ❤❤❤

  • @KlodK-uf6nr
    @KlodK-uf6nr 9 дней назад

    Mana raribagiye mbabarira

  • @KlodK-uf6nr
    @KlodK-uf6nr 9 дней назад

    Naje ndimwo navukiye ruguru

  • @ruticumugambi5489
    @ruticumugambi5489 9 дней назад

    Harivyo Imana yakoze peeee

  • @EmileNitunga-u3o
    @EmileNitunga-u3o 9 дней назад

    Waciyurutabereye kukowewe ikigiracumi utanga nayubawambuye abanyeshengero.

    • @KlodK-uf6nr
      @KlodK-uf6nr 9 дней назад

      Mbewamugabowe kumengo urakuze umengo ntiwovuga ivyo bintu gutyoza abantu b Imana.hari ikigira cumi yakwatse kunguvu?kumengo warumumun aciye ubwenge

  • @KlodK-uf6nr
    @KlodK-uf6nr 9 дней назад

    None ubutumwa bene Data bubarwa nabi? Erega buzovurwa nyene uwihana yihane uwutihana areke kuko afise uwakorera sivyo?reka commenter idafise ubwenge

  • @NsabiyumvaNephtalie
    @NsabiyumvaNephtalie 9 дней назад

    Mwaduhaye ibitakwiye iryo kosa nukurikosora mutugirira nabi twebwe tuba turiko tubikwirikiranira kuri youtube

  • @beniking1337
    @beniking1337 9 дней назад

    Twoburonka vyose gute?

  • @HatungimanaKevin
    @HatungimanaKevin 10 дней назад

    ❤❤❤❤❤❤

  • @TuyizereMechack
    @TuyizereMechack 16 дней назад

    ntibitahuritse neza

  • @NINGANZAETIENNE-m7s
    @NINGANZAETIENNE-m7s 18 дней назад

    Amen aman

  • @OserTuyisenge-z3c
    @OserTuyisenge-z3c 19 дней назад

    Watsap

  • @NdayisengaFlorence-z5e
    @NdayisengaFlorence-z5e 21 день назад

    Yesu dushoboz guhagarar mumwa y wadushizemwo

  • @NdayisengaFlorence-z5e
    @NdayisengaFlorence-z5e 21 день назад

    Amen can

  • @AudaceAuva
    @AudaceAuva 21 день назад

    Abadashoboye guheka abandi neza ngo mubambutse,mukomeze kutubera ibiraro twebwe twijabukire,

  • @NiyonizeyeGeorgette-rn8fd
    @NiyonizeyeGeorgette-rn8fd 22 дня назад

    Ni Yesu gusa adushoboza

  • @OkyOky-l8c
    @OkyOky-l8c 23 дня назад

    Neza.

  • @AnithaNIBITANGA-w7s
    @AnithaNIBITANGA-w7s 23 дня назад

    Ndafashijwe pasteur murakoz Can

  • @AnithaNIBITANGA-w7s
    @AnithaNIBITANGA-w7s 23 дня назад

    Ndafashijwe pasteur murakoz Can kuduhumuriza.

  • @nduwayesuwilson7638
    @nduwayesuwilson7638 23 дня назад

    Ikintu cishe ishengero ryacu rya Pentecôte ni ukugira indongozi nyishi zitize ntizigire na Mpwemu Yera.Ayo majambo yose ariko avugwa nuguma amaso abayoboke.Ariko ntaco mwambariyeko mutihanye murahona.