BURUNDI: AMAKURU MASHYA KU ITURIRWA RY'ISOKO YA BUJUMBURA UMUZUNGU WARITWITSE N'IFU YAKORESHEJE!

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 2 ноя 2024

Комментарии • 9

  • @TuyiJaen
    @TuyiJaen 2 месяца назад +2

    Komutavuga ivyiwanyu nimutureke kuko kiragihugu cose gifis iko citunganya

  • @botchenjohnbosco1933
    @botchenjohnbosco1933 2 месяца назад

    Asamangire hiyo

  • @NimbonaSalome
    @NimbonaSalome 2 месяца назад

    Uburundi kiba arigihugu cifashe nuko bwahuye nabasi bigihugu kandi bibikomerezwa

  • @turikumwedididier8030
    @turikumwedididier8030 2 месяца назад

    Erega bavandimwe ayo mateka abarundi ntibayazi ntibakeneye no kuyumva ibyo twbakoreye byarenzwe nurwango rwa sebarundi wabo bityo rero ntimukabe nka cya kirondwe

  • @baramparurutsej.dedieu5361
    @baramparurutsej.dedieu5361 2 месяца назад

    Mwebwe amabi akorerwa iwanyu ko mutayavuga mwamihimbirimwe mwibazako tutavuga ngo ivyanyu ntitubizi

  • @JosephineGahimbare
    @JosephineGahimbare 2 месяца назад

    Mwabagabo MWe,gende pole ntimudushwanire !!!!!

  • @PiscoPhiri
    @PiscoPhiri 2 месяца назад

    Uwuja gutera uburezi, arabwibanza. 😂😂 Abanyarwanda je baranryohera kukuntu bavuga ayabandi kandi ayiwabo bayicayeko. Kimwe gusa à 79% mutazanye Content yo kwa NTARE nta Vue yanje muzobona🎉🎉

  • @rubarikabernard9168
    @rubarikabernard9168 2 месяца назад +1

    Ntagitwenga ikindi kweli. Twarabonye icakozwe mu Rwanda. Vuga ivyubaka gusa.

  • @habibumasenga6213
    @habibumasenga6213 2 месяца назад

    None abanyarwanda mwaturetse uzoko mutuvuga cane please mind rwanda business 🙏