Témoignage de Franck Kaze, orphelin de 1972 (Kirundi)

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 5 сен 2024
  • Témoignage de Franck Kaze, orphelin de 1972.
    Ayo Nabonye / Franck Kaze / Impfuvyi-1972.
    Spécial Témoignage
    Parcours : Une série de 50 émissions

Комментарии • 50

  • @ladidactique6297
    @ladidactique6297 4 года назад +6

    Merci Frank pour ton message constructif. Pole saana

  • @remynkurunziza7958
    @remynkurunziza7958 4 года назад +6

    Mpore mpore mon frère, warakomeretse ariko Imana igukomeze.

  • @rutembesashabikumi2282
    @rutembesashabikumi2282 4 года назад +1

    Pole cyane munyamakuru birababaje ibyabaye iburundi nibunamure icumu
    Ingoma zishingiye kubwoko ziveho

  • @ruginaolympe5587
    @ruginaolympe5587 4 года назад +1

    Pole sana mon frère Kaze sinarinzi kahise kawe ,igihambaye ni uko mwashoboye kwifata dans votre enfance si douloureuse.

  • @mutamapaul7117
    @mutamapaul7117 4 года назад +2

    Franck kaze pore sana birababaje cane gukura utazi papa wawe kandi ababikoze batembera mubafate bose bahanwe na mategeko franck ndagushigikiye cane pore sana nduguyangu mungu awape nguvu nyingi sana katika maisha yenu

  • @jcentreprisehoopscontestto4576
    @jcentreprisehoopscontestto4576 4 года назад +1

    Merci beacoup Franck ivyatubayeko iburundi nivyashikiye urwanda vyaribikwiye kutubera icigwa tukubaha zina kiremwa muntu nibaza uwuza kukwunviriza bigira ico bimufashije nimba yoba yarafise nako gatima kukwica

  • @nkengurutsehugues4275
    @nkengurutsehugues4275 4 года назад +5

    Force à toi grand frère.. merci pour ce témoignage et ce message plein d'amour

  • @didieriratunga9327
    @didieriratunga9327 4 года назад +1

    Merci Franck pour le témoignage.

  • @medardndaruvukanye1275
    @medardndaruvukanye1275 4 года назад +9

    Hama nanje ndi ORPHELIN de 72 , mon père yari DIRECTEUR ADJOINT wa DOUANE !! Uca wumva ingene twari tumeze muhira ; bakuru banje 2 biga kuri ATHENE ROYAL ; hari imodoka yabajana kwishure .... muri 72 Papà wanje yari afise imodoka nshasha yari aheruka kugura yatwawe na commandant wa PSR kandi yagumye ayigenderamwo selon LES RECITS za mama wacu .Maman yari umututsikazi ; se wiwe yari UMUTWARE. W , IMBUYE. Arungikwa gutwara mu KAYANZA NUMUGANWA BIHA !!! NATWE twakuze tutazi ivyamoko kuko après 72 yifuza ko dukura atamacakubiri y, amoko dufise. Jewe namenye ko ndi umuhutu hatanguye imyiyamamazo ya FRODEBU kuko yavangura Amoko !! Donc; noshimira Mama wanje kwiyo ndero yatureranye yo kutavangura amoko kuko ntaco vyari kutumarira atari urwanko gusa! ! Ahari IMANA imuhe uburukiro Budashira

    • @didididier9722
      @didididier9722 4 года назад +2

      Mbega imyiyamamazo niyo yavangura amoko? Canke frodebu? Je nibaza ko woja kwiga kahise, ukareke gufata mama wawe nka référence historique kuko ibishe papa wawe, nibo bavangura amoko. Nibo baciy umutwe frodebu.urababaza imvo

    • @gerardnzohabona7543
      @gerardnzohabona7543 4 года назад +1

      Urakoze mugenzi. Hari vyinshi twoshimira abavyeyi bacu, na cane cane ko badukingiye urwanko rw'abandi, tugakura twubahiriza bose ata vy'ubwoko tubabona mwo.

  • @diomedengwe608
    @diomedengwe608 4 года назад +1

    Uvuze ukuri kweli ,burya igikenewe n'amahoro kuri twese ! hama ayo maradiyo ba mubaza na mu gihugu hagati nka za Bururi Rumonge nahandi mumenyeshe ivyahabereye ico gihe !Kuko naho hari impfuvyi nyinshi :

  • @gracemarley1793
    @gracemarley1793 4 года назад +4

    Uvuze ukuri kwuzuye pe!!!tunyotewe ubutungane nyakuri pe ,n'a mahoro

  • @marie-gorettihavyarimana9047
    @marie-gorettihavyarimana9047 4 года назад +2

    Enfin umuntu avuga ukuri ! Ubu ntidukeneye kuguma tuzura amagufa ko ntitwihera tuganduka ngo twiyubake. Dukeneye ubumwe, iterambere na justice.👍👍👍🙏

    • @tigizigigim1527
      @tigizigigim1527 4 года назад

      Kirofa nkurutwe rwawe kuki mushaka kunyegeza ivyahitiye muburundi reka reka twarabahinyuye

    • @nkljk0170
      @nkljk0170 4 года назад +2

      Tigizi Gigi m tekana reka kuvuga nabi umenyeko abana turiko tugirwa impfumvyi ubu turiho kandi turibeshi muribazako vyovyo bizokwijana? Imana gusa niyo izoheza ivyobintu

  • @ndoricimpajeanberchmans7381
    @ndoricimpajeanberchmans7381 4 года назад +9

    Twese ni uko mugenzi. Jeho ndamwibuka kuko nari nkuze. Bamutwaye avuye ku kazi muri BRARUDI i Bujumbura atashe mu Nyakabiga. Ku vy'ubwoko navyo jewe ndazi umusirikare w'umututsi yishwe azira ko yaburiye bagenziwe bari bahamagawe après des congé forcés bashaka kubica. Ivy'Uburundi n'amananiza. N'uko abarundi tutumva twari dukwiye guhindura iyo ngendo y'ubwicanyi.

  • @solongeirkoz5605
    @solongeirkoz5605 4 года назад +4

    birababaje !!

  • @africanqueen9452
    @africanqueen9452 3 года назад

    Famille y‘iwanyu ndayizi, muri intore

  • @jeannshimirimana3955
    @jeannshimirimana3955 4 года назад +7

    Sinogenda ntavuze? Ariko nsubiye inyuma Gatoyi? Nuko Urwo rwimo rwaje ruvuye mugihugu c'uRwanda en 1959? Hama ino iBurundi bitangurira muri Commune Bukeye province Muramvya.. Hama micombero abimenyeraho niko guca Akora ivyo? Ariko rero ivyo vyose nuko vyazanywe cane cane naba Colonie ? Twese twarabuze nkajewe mvuka iKarusi Maman wanje wishwe nurwimo rwakorewe abaTutsi en 1993 narimfise 3ans.. Franc Kaze nomuremesha kuko ino iBurundi twese twarabuze...Yabisiguye neza cane... Accord d'Arusha nigaruke hama duhariranire dusabane ikigongwe hama tubane mumahoro...Kwihora ntaco bimaze murakoze..ico nico ciyumviro canje nanje.......

    • @basaboseberahino7351
      @basaboseberahino7351 4 года назад

      Nshimirimana Jean, hojaharaboneka abatanga umuco nka Franck eka na wewe uvuze ko vyatanguriye mu Bukeye twoteba tukamenya ukuri kk nanje nzi ko urwimo rwa 1972 gwatanguriye mu bumanuko bw'iGihugu aho nko muri Camp Mabanda ata musirokare wumututsi ngo yayirokotsemwo, muri Commune Vyanda abatutsi baratemwe amazu yabo araturigwa ....nahandi nka Rumonge....ku Mugara....aho hose habanje kwicwa abatutsi hanyuma nkuko ubivuze vengence yabatutsi icizanana ingata n'imigozi barayogeza abahutu ndibaza bashigukiwe na Micombero bivugwa ko nawe yahatswe kwicwa kk barashe cortège yiwehapfa umu protocole wiwe yitwa Kinyomvyi....hamwe rero na influence yabatutsi barokotse ubwicanyi bwo mu Rwanda,abahutu bo mu burundibaricwa bimwe bibi.......ico nosaba rero nkuko Franck abivuze ejo hakaba ituze nkarimwe ryagaruka de 2005 à 2010 bagerageze batume basaba infashanyo habe amatohoza kuvyabaye kuva 1972 gushika uyumunsi kk birababaje umwana uavutse 2000 ukumva bamutuka ivya 1972.

    • @ramseynshimirimana9252
      @ramseynshimirimana9252 4 года назад

      Jena ndagize mwiriwe nanje aho ndi ndamahoro hanyuma kubana mumahoro nibintu nivyo bikenewe. ,ariko ubwambere igikenewe nukubanza kubona igihute ukagishirako umuti kigasha ukakimena imyanda urubuto bigatabwa hanyuma urushinge canke ibinini hagashigwaho imiti kuganira umubiri ugasubira uko warumeze mbere nurushinge bishobotse gwurukingo rukajako hagakira neza rero hakize neza wanikingije uba ufise Garantie ko utazongera kugwara nukuvuga abakoze iryoshano baba bakiriho baraphuye gusa imiryango yabo iriho nibakorw nkakuyiya umwana wu bubirigi yakoze bigaragaze erega nikwo kubohoka imfuvyi tubamenye bihane imbere yimana nimbere yigihugu n''abana baco kandi hazoba bakingiye banaremuye ubuvivi bwabo ICO nkwemereye abarundi turabana neza cane imbabazi twazibahaye kera cane ahubwo nabo nibatere intambwe bibohore babohore nababakomotseho nubuvivira bizoza erega uhisha ukuri uwundi Nawe akaguhisha ko abizi is your 1972 siyo ya 2020 Kandi siyo uzoba iriho 2030 kuduga hazoshika naho umuntu wese azoshikira kwicungira umutekano akoresheje ibuhinga sawa ugire umuhingamo mwiza

  • @petroniegriggs9268
    @petroniegriggs9268 3 года назад

    Pole kaka ihangane ayo marira twarize tuzoyahanagurwa

  • @Irene28092
    @Irene28092 4 года назад +2

    Abahutu muvuka kubatutsikazi bamw bamw nuko ..Batarose uwubakosora kare nuko mumera..Nanj ndicange, nariciw ariko simez nkawe..kandi ndashima ukondi kuko abatutsi suko bamez

    • @medardndaruvukanye1275
      @medardndaruvukanye1275 4 года назад +4

      Mbega sha tumeze gute ? Uma mwe wese ameze ukwiwe kuko nimba uri umu virilent twese ntidutegerezwa kuba nkawewe tuvanze canke tutavanze !! Naho rero igihugu cacu kitazopfa gikize kuko Hari des gens intolerants come toi .

    • @Irene28092
      @Irene28092 4 года назад

      None wew woharira uwakwiciy akaba yidengevya atanurubanza yaciriw?Abish abavyeyi bacu ko bashaj neza, ako urakumva?

    • @medardndaruvukanye1275
      @medardndaruvukanye1275 4 года назад

      @@Irene28092 Je suis d, accord que l, impunité est à combattre mugabo ko mbona habuze volonté politique yoguhana ivyo vyaha ; ababisikanye bose kubutegetsi bskavyirengagiza ; kugeza uyu munsi nabandi birigwa baranigurwa atacamira ; nico gituma haca hakora umutima w; umuntu ingene abi viva kandi akavyakira.

  • @gerardntacomenyereye6998
    @gerardntacomenyereye6998 4 года назад +3

    Niwigumye Monsieur Gérard. Ariko nibaza ko iyo atari témoignage kuko ntawushobora kugira témoignage yibintu atabonye.
    Hama ga jewe narinzi ko umuganwa n'umututsi batandukanye!!! None uvuga ngo maman yarumututsikazi ahandi ngo yarumuganwakazi. Abaganwa bokumva mwobipfa.

    • @mutamapaul7117
      @mutamapaul7117 4 года назад

      Ntawobipfa abaganwa barukwabo nabarundi nkatwese ariko barafise iyo baturuka urabaza neza abavyigiye ntabgo ndumuhinga

    • @gerardnzohabona7543
      @gerardnzohabona7543 4 года назад +2

      Niwaba wankurikiye neza, ubwoko bwa maman sibwo nshira imbere ndiko ndamuvuga, kuba umututsikazi canke umuganwakazi n'ibintu bito cane, nashatse gusa kwerekana ko naho yitirirwa ubundi bwoko atari ubwitirwa papa, yari umuvyeyi atashira ivy'amoko imbere.

  • @nkljk0170
    @nkljk0170 4 года назад +3

    Birababaj kugira ngo nukumenya ukuri kandi hariho nubu abana turiko tugirwa impfumvyi murumvako icogikorwa kitaribwagere kk abana tugirwa impfumvyi ubu ntakibanza turiko turahabwa knd bizogira ingaruka

    • @akarangatv3566
      @akarangatv3566 3 года назад

      ego n'ubu akarenganyo ntikarahera! ikibabaje n'uko ababonye ayo mahano bafise ubutegetsi ubu batagwanya izo mpfu!

  • @medardndaruvukanye1275
    @medardndaruvukanye1275 4 года назад +4

    Yoooh !!! Cher frère kaze ndakubona uvuga amakuru nagira ngo uri umututsi mugabo ndabonye ko atarivyo .Hama JEWE nize primaire muri Q 2 1 ngagara impande ya CAMP KIJE .TUGIYE kwishure twaca impande ya JARDIN PUBLIQUE hepfo yaba CLARISTE bahita kwa BWANA SHAMBA! ! Donc; niwe yari so Wawe !!!

    • @alinemunezero3227
      @alinemunezero3227 4 года назад +1

      Medard Ndaruvukanye, ku bwawe rero abamenyeshamakuru bose ni Abatutsi ? N'ukuvuga ko ku bwawe Abahutu b'abamenyeshamakuru bose = ko ari Abatutsi ??? Mungu weee !!!

    • @medardndaruvukanye1275
      @medardndaruvukanye1275 4 года назад +3

      @@alinemunezero3227 wantahuye nabi kuko kwiyumvira ko umuntu ubona kwishusho ko yoba ari umuhutu canke umututsi mu burundi iwacu sinibaza ko ari bibi ahubwo ikibi nukubimuhora nkuko vyabaye kuri ba PAPÀ BACU nubu bamwe bamwe bakibizira mu Burundi !! Kira noneho uwo mwanya wivyamoko y, abarundi ntawe nkifise kuko aho nibera ubu mu BAZUNGU Je suis tellement occupé d'autres choses utiles que ça

    • @gerardnzohabona7543
      @gerardnzohabona7543 4 года назад

      Sha niko navyumvise. Harya n'ahandi hatari hake mu gihugu.

    • @gerardnzohabona7543
      @gerardnzohabona7543 4 года назад

      @@alinemunezero3227 Nibaza ko mutobipfa. Kandi ivyo vyerekana ingene ivy'Uburundi tubigira ibigoye kandi vyoroshe kuko abantu ni bamwe.

  • @akarangatv3566
    @akarangatv3566 3 года назад

    mpore mpore muvukanyi, naho twitwa abatutsi kandi niko biri! ntidushigikira ko umuntu yozira ubwoko bwiwe. tubandanye urugamba rwo kugwanya amacakubiri.

  • @medardndaruvukanye1275
    @medardndaruvukanye1275 4 года назад +2

    Mugabo FRANK Ico tutahurijeko gusa nibikorwa vya CVR vyo kumenya ivyabaye !! Nivyiza kumenya ivyabaye kuko gushika ubu hari abatabizi , canke bibiharira , canke bakididanya aho ba data batawe !! donc , pour moi CVR nikomeze ikore ukuri kuje ahabona !!

    • @gerardnzohabona7543
      @gerardnzohabona7543 4 года назад +1

      Ego ?edard, ariko ugize neza ko tutabihurijeko, n'ukuvuga ko wubahirije iciyumviro canje. Sinigeze mvuga ko bidakenewe, navuze ko hari ibindi vyihutirwa gusumba.

    • @bigirindavyithierry6538
      @bigirindavyithierry6538 4 года назад

      @@gerardnzohabona7543 nashaka kuvuga "kuvuga ko tutabihurijeko..."

  • @ntirampebapascal8222
    @ntirampebapascal8222 4 года назад

    Frank kaze ko uvugana ubwoba kandi uri umumenyesha makuru, ni kuki?

  • @tigizigigim1527
    @tigizigigim1527 4 года назад +4

    Mbega ico kirofa cu mugabo kumengo kiriko kivuga ibintu atazi. Ko atinya kuvuga ko ari abatutsi bamwishe. Ahbwo abahutu turarwira vrma kubona kubona aho bahereye bicira abahutu tukaba tukiri benshi. Uyo mugabo ntagende nikirofa abahutu bibirofa niko bapfuye ntibagukunda sha abo batutsi wishinga abarundi barayamaze ngo #ucudika n' ifyisi ikaguherako kukurya#

    • @christiannsengiyumva124
      @christiannsengiyumva124 4 года назад +2

      Inkende uko yurira igiti niko yerekana ubusa bwayo,abamaze kwicwa ku butegetsi bw abahutu bobo ko ataco ubidedembako?Ubu ntawe mugihenda kuko abarundi baravyiboneyeko hatica ubwoko hica ubutegetsi bubi. Umututsi uzomwanka mugabo uzoguma umubona kuko siwewe wamuremye wa mukoshi wuzuye amacakubiri.

    • @alinemunezero3227
      @alinemunezero3227 4 года назад +4

      Tigizi Gigi, nk'iyo wifashe mu gahogo ukita umugabo nka Franck KAZE ngo ni '' ikirofa '', nta soni wumva ??? Ubwo yovuga uko wewe ubishaka data wanje, ko papa wiwe yishwe n'Abatutsi, yoca agaruka ? Mbega ko atari ibanga : kuva muri 2005 Abahutu bashitse ku butegetsi, igitigiri c'abicwa urw'agashinyaguro bazira ivyo batanazi ko benshi ari Abahutu, na bo bicwa na bande ? Burya Umuhutu wese ararya utwiwe, akaryama ataco yinona muri buno Burundi bwacu butwarwa data n'Abahutu nka wewe ???

    • @gerardnzohabona7543
      @gerardnzohabona7543 4 года назад +3

      Tizigi, jewe sinogusubiza ndagutuka kuko siko narezwe, kandi nibaza ko kwubaha abandi biranga indero y'ikirundi. Wewe niwaba ufise ukuri kwawe, ivyiza n'uko wogushikiriza atawe urinze kurengera akarimbi. Ariko ndashimye ko washikirije iciyumviro cawe.

    • @ramseynshimirimana9252
      @ramseynshimirimana9252 4 года назад +1

      Banyamakuru mbanje kubaramutsa hanyuma uyo Mwenewacu mbanje kumuhoza ,ndamwihanganishije cane gose. Mwenewacu nanje nuko vyagenze kumuvyeyi wanje Mama wanje nanje yambwiye ko bamukuye aho yakorera NGO babwiye shebuja ko harivyo bagiye kumubaza nubu ntagakuru ikintu nubu kikimbabaza nuko mama yambwiye ko yumvise bamutwaye le29/6/1972 nanje ncamvuka le 3/07/1972 kandi ngo yumviseko bamushinyaguriye hariya kubuterere. Gusa imana ishimwe cane ikibabaje nuko abavyeyi bacu bajanye bajanye umubabaro. Mana yacu turakwinginze uhumuzize imitima yabavyeyi Bose bashinyaguriwe ataco bazira kandi nsabiye ikigongwe abo bavandimwe batugize imfuvyi amen

    • @dorismugisha9859
      @dorismugisha9859 4 года назад

      Mpore nshuti yanje abarundi turibamwe nubwo twicana none wwe wavyawe numuganwa ntiwunva kwusa nabo baje kwica abatutsi ntibogusiga ariko dusenge ubwicanyi buhagarare kuko turibamwe tuvuga uririmi rumwe