Life ya Buja n'Ingoma: Umunsi wa MUNAGO uko uba umeze: Ntagufakinga ubuzima

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 16 сен 2024
  • Mbe muhora mwiyumvira akazi abasani babayemwo?Aho baba, ibikorwa bakora hamwe n'indoto zabo?
    Munago yaduhaye akanya ko kumarana umunsi nawe kugira tumenye ubuzima abayemwo.
    Muri kino kiganiro tumarana umunsi wose n'umuririmvyi canke uwariwe wese tukagendera niyo akora tukavugana nabantu bamuzi.
    Munago ntatinya kwerekana ubuzima abayemwo, "ntafakinga ubuzima".

Комментарии • 10