Isanamu Media
Isanamu Media
  • Видео 1 053
  • Просмотров 605 561
Urucanco rwa Fièvre-Jaune ni ngombwa imbere yuko ufata urugendo
Urucanco rwa Fièvre jaune rutagwa iminsi yose y'akazi, kuva isaha imwe n'imwe n'iminota 30 z'agatondo, gushika isaha icenda n'iminota mirongo itatu, rugatangirwa ahakorera umugambi w'igihugu ujejwe gucandaga #PEV. Umuntu wese arwiteza iminsi 10 imbere y'ugufata urugendo.
#Burundi #Amagara #Urucanco
Просмотров: 39

Видео

SIKILIZA Entertainment ibazaniye #album nshasha irimwo indirimbo zikaze
Просмотров 3822 часа назад
Sikiliza Entertainment isanzwe irimwo umuririmvyi Vivy Muyomba hamwe na Linah Blanche bari mugushira ahabona Album yabo nshasha bakoranye irimwo indirimbo zakataraboneka. Aha ni mugihe bariko baremesha ikiganiro n'abamenyeshamakuru
Who is the Best #rapper KUNDE or ARMEL? Talents mubana b'Uburundi
Просмотров 1,2 тыс.День назад
Nanje Ndaririmba 3 yaragaragaje impano z'urwaruka rutari ruke. Abantu batari bake baratangajwe cane n'impano urwaruka rufise bakanasaba ko boshigikirwa bikwiye
Bertille et Cherubin dans Nanje Ndaririmba3 demi-final: Quels talents
Просмотров 515День назад
Nanje ndaririmba Demi Final yerekanye talents nyinshi imisore n'inkumi yo mu Burundi ifise. Nimurabe impano bano bana bafise.
#RAP: Thomas vs Espoir ninde yari akaze kurusha uwundi muri Demi Final?
Просмотров 2 тыс.День назад
ihiganywa Nanje Ndaririmb aigice ca 3 haribonekeje kandi ingabirano zidasanzwe mumudiho wa Rap. Naho umusore akiri muto Espoir yasubiriye gutangaza benshi, hari abashoboye kuvuga ko Thomas amusumvya. Namwe mubibona gute? Final izoba ikaze????
Espoir arasubiriye kwemeza #Jury ko akaze kuri #rap: Nanje Ndaririmba Demi-Final
Просмотров 3,2 тыс.День назад
Demi final ya Nanje Ndaririmba yaragaragayemwo impano nyinshi. Imwe murizo ikaba ari impano ya hiphop yumusore akiri muto ava muntara ya Rumonge, Espoir. Mwomenya ko yashoboye kurengana mugice canyuma c'iyo higanwa.
I Muramvya ngo hava Abami. Uyu yoba ari umwami wa Rap mushasha? Amanota angahe?
Просмотров 38814 дней назад
Nanje Ndaririmba yakiriye abantu bava mumihingo itandukanye bafise na technique zitandukanye zokuririmba. Raba uko uyu yabigenjeje
Igiraneza Danny Bronia nawe ari lubashoboye kurengana muri Demi-finale
Просмотров 27621 день назад
Ihiganwa Nanje Ndaririmba igice ca 3 ryabonetsemwo impano nyinshi cane. Urwaruka rurenga 300 rukaba rwarashoboye kwiyandikisha kandi ruva mumihingo yose igize igihugu. Danny Bronia akaba yarashoboye kwerekana ubuhinga afise bwokuririmba bituma aronka iticket rimushikana muri demi-finale izoba igenekerezo rya 24/08
Kwizera Rodrigue yarashoboye kwerekana ko nawe aririmba. Akaba ari umwe mubari muri demi finale
Просмотров 16721 день назад
Kwizera Rodrigue akaba nawe yari mubahiganwe muri Nanje Ndaririmba igice ca 3. Naho agendana ubumuga bw’ubuhumyi yarashoboye lwerekana ko nawe afise impano yokuririmba. Yarashoboye kurengana muri Demi Finale yiryo higanwa izoba igenekerezo rya 24/08
Les #moments fort de #NanjeNdaririmbe3: PRESELECTIONS Quels #talents
Просмотров 51921 день назад
Nanje Ndaririmba3 a eu plus de 300 candidats venus de partout dans le pays. Ces jeunes ont démontré qu'ils avaient soif de montrer leurs talents. Les membres du jury ont eu beaucoup de difficultés à choisir les 30 candidats pour le demi-final.
Nice Naomi Dreamer agaragaza impano ziwe muri Nanje Ndaririmba 3: #Esther Nish atemejwe
Просмотров 619Месяц назад
Nice Naomi Dreamer agaragaza impano ziwe muri Nanje Ndaririmba 3: #Esther Nish atemejwe
Impano yigendera: Espoir Irafasha atangaza cane #Fabelove
Просмотров 2 тыс.Месяц назад
Mwoba mwarashoboye kubona uko Espoir yagize rap yiwe? Mwebwe mumuhaye amanota angahe?
Umurapper w’amapiano yatangaje abatari bake
Просмотров 728Месяц назад
Urwaruka rutari ruke rwarashoboye kugaragaza impano zabo muri Nanje Ndaririmba igice ca 3. Benshi muribo baje bafise creativité zirenze.
Henriette: Zimwe mumpano zibonekesheje muri Nanje Ndaririmba igice ca 3
Просмотров 392Месяц назад
Nanje ndaririmba iraha akaryo yrwaruka rufise pano kuba visible maze bagafashwa bikwiye muri carrière zabo
SKRiM arabatumiye: NANJE NDARIRIMBA, ntimutangwe
Просмотров 158Месяц назад
Isanamu Media ifadikanije na #KuzaMuzic, #Sikiliza hamwe na #mamalao babateguriye Nanje Ndaririmba igice ca 3. Kwiyandikisha biriko biraba gushika ubu. Ntimutangwe kugaragaza impano zano, Skrim yarahaciye arazi ico vyamumariye
Life ya Buja n'Ingoma: Umunsi wa MUNAGO uko uba umeze: Ntagufakinga ubuzima
Просмотров 2782 месяца назад
Life ya Buja n'Ingoma: Umunsi wa MUNAGO uko uba umeze: Ntagufakinga ubuzima
Ciné-Débat: Métis, Les enfants Cachés de la Colonisation avec l'ambas 🇧🇪 et 🇧🇮 président des métis
Просмотров 4452 месяца назад
Ciné-Débat: Métis, Les enfants Cachés de la Colonisation avec l'ambas 🇧🇪 et 🇧🇮 président des métis
AKABONGE - DEPRESSION, umenya gute ko ufise iyo ngwara, Iterwa niki, isinzikaza gute, ivurwa gute?
Просмотров 1002 месяца назад
AKABONGE - DEPRESSION, umenya gute ko ufise iyo ngwara, Iterwa niki, isinzikaza gute, ivurwa gute?
ISANAMU GANG ubumwe bafise n'ibikorwa vyabo
Просмотров 3352 месяца назад
ISANAMU GANG ubumwe bafise n'ibikorwa vyabo
#Erickson IB aje kuzana umutekano m'umuziki w'#uburundi...Mbega RAP yiwe. ARAKAZE cane
Просмотров 703 месяца назад
#Erickson IB aje kuzana umutekano m'umuziki w'#uburundi...Mbega RAP yiwe. ARAKAZE cane
#TOP10 BEST BURUNDIAN HIPHOP OF 2024
Просмотров 923 месяца назад
#TOP10 BEST BURUNDIAN HIPHOP OF 2024
Indero y'ikirundi ikwiye kugarukirwa/Mwenimama ivyo atubwiye ku ndero y'ikirundi
Просмотров 913 месяца назад
Indero y'ikirundi ikwiye kugarukirwa/Mwenimama ivyo atubwiye ku ndero y'ikirundi
Ipi elfu kumi na moja kati ya 11.000 na 10.001? Waswahili wa Buyenzi wameshindwa;...
Просмотров 1583 месяца назад
Ipi elfu kumi na moja kati ya 11.000 na 10.001? Waswahili wa Buyenzi wameshindwa;...
Ubutinyanka n'iteka k'umukenyezi, Abavyeyi baze barigisha abana babo, Abagiraneza bakwiye gufasha...
Просмотров 443 месяца назад
Ubutinyanka n'iteka k'umukenyezi, Abavyeyi baze barigisha abana babo, Abagiraneza bakwiye gufasha...
Nishawahi ku date na marafiki wa wili, Mapenzi yalinifanya nisi...#TenQuestions
Просмотров 3133 месяца назад
Nishawahi ku date na marafiki wa wili, Mapenzi yalinifanya nisi...#TenQuestions
Ntare Rushatsi niwe sekuru w'abarundi, Abarundi bose bamukomokako, n'umuco watamanzuriye Uburundi..
Просмотров 1563 месяца назад
Ntare Rushatsi niwe sekuru w'abarundi, Abarundi bose bamukomokako, n'umuco watamanzuriye Uburundi..
Baba wa kutangaza misiba Burundi, nishawahi kutangaza kilio mtu bado hajafa,....
Просмотров 3573 месяца назад
Baba wa kutangaza misiba Burundi, nishawahi kutangaza kilio mtu bado hajafa,....
Kuoa au Kuolewa Na Mtu ambae Hamuishi Nchi Moja
Просмотров 4483 месяца назад
Kuoa au Kuolewa Na Mtu ambae Hamuishi Nchi Moja
Nta mukinyi n'umwe wa Vital'O fc yahamgawe, hari bashasha b'iburaya bazanye/Coach yemeye intsinzi
Просмотров 543 месяца назад
Nta mukinyi n'umwe wa Vital'O fc yahamgawe, hari bashasha b'iburaya bazanye/Coach yemeye intsinzi
Waswahili Buyenzi hawajuwi kutuja siku za wiki kwa kiswahili
Просмотров 953 месяца назад
Waswahili Buyenzi hawajuwi kutuja siku za wiki kwa kiswahili