Igiraneza Danny Bronia nawe ari lubashoboye kurengana muri Demi-finale

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 16 сен 2024
  • Ihiganwa Nanje Ndaririmba igice ca 3 ryabonetsemwo impano nyinshi cane. Urwaruka rurenga 300 rukaba rwarashoboye kwiyandikisha kandi ruva mumihingo yose igize igihugu.
    Danny Bronia akaba yarashoboye kwerekana ubuhinga afise bwokuririmba bituma aronka iticket rimushikana muri demi-finale izoba igenekerezo rya 24/08

Комментарии •