#imbonerakureday2024
HTML-код
- Опубликовано: 18 сен 2024
- Nyenicubahiro Evariste Ndayishimiye yagaragaje umunezero afise kuko yabonye ko urwaruka rw'imbonerakure rwafashe nkama impanuro yaruhaye mu mwaka uheze w'2023 i Makamba hahimbazwa umusi nk'uyu. Yamenyesheje ko ibimenyetso biriko biribonekeza ko Uburundi bugiye gutera imbere mu mwanya muto kuko, igihe yari mu karuhuko akagendera amakoperative, yiboneye ubwiwe ibikorwa n'umurindi urwaruka ruriko mw'iterambere. Yaruhamagariye kutibagira Imana n'iyo yakuye Uburundi.
Abarundi muri abantu b’abagabo. Evaristo urabona ko atemba ituze n’umunezero ❤️❤️💪🏾💪🏾🙏🏾🙏🏾 Muzabashiririze ndabashyigikiye
Yewe nibyo bazi nu Burundi burashiririye koko 😂😂😂
❤❤❤ imbonerakure ramba ! Cndd fdd komera , Imana nibandanye kuduhezagira twese hamwe birashoboka
Nice song
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤🎉❤
Imbonera kure murababaje, abobakuru bavyinagira imbere yanyu bavyinagira kugiceri ca banyagihugu namwe mwasize muhira bayagura ni mutaha beshi mumutima uko biza kugenda nti mubizi ico muzi nugushiririza aho mworondeye gukemura ibibatandukanya nabo mushaka gushiririza ngo twubake uburundi tuticura umwansi mwebwe mukomeza ugwanko gwo gushiririza imana ntishiririza ishaka kowewe ubona wereka mugenzawe inzira nziza sugushiririza❤
Ariko kubera iki abantu twama tubona amoko , ubwicanyi , kuri burijambo umuntu aba avuze ! None turi bantahomfatwa !? Inzigo yica nyeneyo , Kandi nimba umuntu yishimye Jewe mbona ntakibazo !
Namenga nukonyene abo bashiririza harinaho usanga banabivuyemwo
Ibinibisazi 😊
Much love from Dar es salaam! We wish all the best our brothers and sisters
Muzobashiririza
Safi sana👊👊
✊🏾🇧🇮
Mbaye uwambere mumpe like zanje💪
Murigutuma turibwaribwa💪💪💪
😂😂
oya humura gatambire aho uri Karinjira tu❤
Ndabakunda cane mukomere yuri inyuma ya
Muzabashiririze rwose mubavanemo akanyaro👍🏽💪🏾😍
Iyavamwazana ivvyuka mwarimuzikwihagararako
Cyakoze abarundu muyobowe nikigoryi. Kandi ibi bintu biba bihishe ikindi kintu
👏👏👏👏👏👏
President wanyu azigire gukina comedy kuko nibyo ashoboye
Umuvyeyi wacu yubahwe
Ntawuzoduhagarara imbere
Cndd fdd oyeeeeeee
Imbonerakure Day
Komera!!!!! Jewe nihweje uyu mugambwe urashoboye!!! Kuko ntawundi mugambwe woshobora Gutwara Burundi ❤ wa Africa.aba bantu Bose ntanunwe yagiye muriryokoraniro kugahato kumwe abatwara uyu mugambw utaratangura Gutwara barinda kutwaka amasuka ngo tuje gusanganira abatwara.jeho ndavyibuka.Ramba.
Ntanumwe azoduhagarara imbere tuzobahinyanyura!
Mukomere cane
Komere!
Komera komera
Nivyiza cane
Komera
Komer mwese
Komera mazs😂😂❤❤
Nimwirambireee ebeshi turinyuma yanyu
Ndo maana kiongozi hamna wallah
😢
Ngo muzabashiririza🤔🙆 bande se 🤷
InyankaBurundi 😉
Ramba
Utazi umujinya wase Akoma kumabunoi yanyina
Muzobashiriza c 😂😂😂 twibuka umuronko utukura ntarengwa nyaboneka tutazabona nkako m23 yakoreye congo bata
Muzashiriza bande mwabigoryimwe Kandi mbona mwebwe mwara maze gushya
👍👍👍❤️❤️❤️🙏🙏🙏🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇱🇺🇱🇺🇱🇺
😂😂😂
🦾🦾🦾🦾🦾🦾🙏
Umuntu uzaboshya ngo muhangane nurwanda muza mfa mwex
Uyu mugabo se arigutamba gushiririza njye numvaga arakaririmbo keza karirimbiwe Imana ,none nizanzozi bahora barota ,hhhh ba president baragwira p
Murabicanyi
kiragusoka yamara inkona ntiyaruzwa kirazira
😊😊
Les detracteurs ne dorment jamais🤔😆
Cet homme est fou!! Il danse seul?!!
Nugharur gusa ntakindi
daftness is real. that's the perfect example of mixing stupidity and ignorance. Yesu kristo ati abantu bazohona kubera ubujuju.... ndabona namwebw muri inyuma yayo mabingira abahimbirako ahaz namwe mukabafasha kuvyina igikurikira nuko muhona....sinzi ko propagandes babagaburira ko haraho zizobashikana.
😂😂😂
you Mountain Gorilla 🦍
Why don't you learn Kirundi instead of misunderstanding nd ridicule our President?
Ni Kuki Ijambo Ry Ikirundi Ugushirira canke Ugushiririza ribuza Amahoro Abantu batumva Ikirundi???
Iyo ubaza Insiguro yaryo vyarikugutwara Iki?
Ukubahuka ugakoresha Izina Yesu???
Do you know you are the most Ignorant Christian to call up on Jesus name???😢😢
Imbonerakure ni bantu ki? Si bamwe bica abatavuga rumwe n' ubutegetsi
Iyi ndirimbo numvaga ari Gospel nne birangiye hajemo gushiririza abantu! hhhhhhhhhhhh
Harya uwavuze ngo tuzobamesa we si uwabo? Yasize ameshe bangahe harya? Ibyo muri Edeni Nako kanani ndabona bikomeje gufata indi ntera ! Umunsi umwe ati mana y'abarundi undi munsi ATI nzabashiririza amasengesho ye niyindirimbo buriya biriguhura se?
😂😂😂😂😂😂😂😅@@vm-qo1jr
Kwiyambika urusato rwintama 4:46
Gushiririza bisigura kubajijura binjire muri cndd-fdd
For the Cheap Sits:
All Rwandans nd Violence lovers :
Mutazi Ikirundi ko mutabaza aho kuza mwigaragaza Imitima Mike Yuzuye Imyobo???
Kuva ryari Gushiririza ari Ijambo ribi???
Kirundi is not Ikinyarwanda 😴😴😴
Aho niho muburira ubwenge.
Mu Kirundi
Gushiririza Ijisho bisigura
*kugona Uri maso
*Gukanura wibangiriye
*Gukanura wama ugavye
*Ukudasamara
*Ugukerebuka
*Ukwiv Inyuma
Bivamwo Imboberakure
Abanyarwanda barahinduye Ikirundi bakigira Ikinyarwanda knunguvu
Iwanyu mu Rwanda Gushiriza Amaso bisigura Guturira ukoresheje Amaso canke ibindi... that's Kinyarwanda
Kirundi is not Kinyarwanda
birasana ntibisa!
Why you always think of Violence??
Ntago narinziko kwisi hariho umiperezida wokigoryi ubyina ibintu nkibi ninjoji nyuma yizindi zose nzabayeho
Uragirango agende yibyimbije imbere yabaturage se
Eeh mwamaze Gushika muza gusuzugura abo mutatoye canke muhe Amajwi!?
😆😆😆
Nama nzi ko mutihanganira Abinezererewe😅
Umutim uzoguturikan mugenz. Orosh mumutw shaaaah.
Uko umuntu yoyobora kose ,ico womenya n'uko nta muntu numwe yicara ku ntebe yubu peresida Imana itabisgatse, utwara nabi canke neza Uhoraho avuze ati jaho, biba bishize!! uko wogitwara kwose ni Uwiteka abikira, kumugaya rero canke kumukunda ntago bihindura ico Uwiteka aba yemeje! Burya Imana ikora ivyo ishaka! rero kuba Imana yakoze ivyo wewe udashaka Evariste ntumurenganye yagiyeho nk'abandi bagiyeho kandi nubu bakijaho ku jewe ubu naratekanye kuko uwojaho wese akoze neza sina shida kuko nta bwoko butagiramwo ibigoryi bose bahashitse bamera nkabandi .
@@NdayisabaPierreclaver-pg1rp None uremera nk Abanyarwanda ko ari Ikigoryi??
Nta Mu President afise Ubwenge nka NEVA n uko abo atwara bagoye!
Bazashiririza abanyarwanda hari abandi bavuga se?
Ivyo wabikuye he🤔🤷🏽♂️
😂😂😂
😂😂😂😂😂😂😂 ba murata umwanya muzoshiririza bandeee ????? Ba muriremesha
Vyumva banyene kuvyumva
😂😂😂😂 uyu ni umupagasi si Président
Gupagasa s ukumenja.ntangorane
Umututse neza cane😊😊
Gupasa Oye✊🏾
NEVA Fun Club
❤✊🏾🇧🇮
Uri igihoni bazabamanyure abarundi oyeeee
@@hatangimanagodelive2197 genda was pumbafu we.
Bari he se wa gicucu we, nushak uzaz ubaherekej uturutse mri Ayo mashyamba ya Congo.
Ngo muzoduturira??? Igihugu mwaramaze kugisubiz'inyuma ngo muriko murahinyanyura ivyo muhinyanyura😢
Ivyo Guturira ubikuye he????
Utazi Ikirundi ba ubaza wirinde kugaragaza ako kababaro wuzuye😊
😂Burundi kweli😂 Ninde bazoshiririza c jye kontari kumva neza iyi ndirimbo😂😂
For the record:
Kubantu b InyankaBurundi nkawe mutazi Ikirundi.
Hashirira Ijisho
Gushiririza Ijisho ni Ugukanura ubangiriye atakiguca mu ryahumye
Mu Congereza:
."Observe Thoroughly"
Imboberakure ikanura Ishiririje.
I don't understand why you Peaple always think of Violence?????
Hari uwundi Munyarwobo yavuze ngo Ugushirira Ni Uguturira😢🤔🤦🏽♀️
Where do you Peaple get that
Why are so Wicked.
N iki mwankira Abarundi babatwaye baze bakibarihe!
Muradusuzugurira President,muraryoza,Atwenze,nikijuju,Aririmba Ni injiji
Abwira Abarundi muraribwa.
None President si Umuntu mubandi?
Ntatwenge;ntatambe, ntatarurimbe nk uko iwanyu aba presidents bakoroka kwvIjuru atari abantu bameze nkabandi😢
Abanyarwanda ni abaraba Ivy Rwanda
Abanyrwobo ni Abisuka mu biraba Abarundi.
Ba Mubaza mureke kugaragaza Imitima y ububi ataco dupfa😉
Komera