Ubuhanuzi buteye ubwoba mu Burundi🇧🇮/Mupfukame Muririre Igihugu/kurangira kw'ingoma iriho/Ntakibihag

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 15 сен 2024

Комментарии • 144

  • @nadegekaneza3731
    @nadegekaneza3731 11 дней назад +7

    Imana iturengere Ubu buhanuzi tubufise kuva kera turindiriye ko busohora

    • @PabloNininahazwe
      @PabloNininahazwe 8 дней назад

      Vyaraheze kuba bwabundi abavugabutumwa babaho dushake tuyemer

  • @user-md3cl4yj8k
    @user-md3cl4yj8k 13 дней назад +7

    Iturabe ryiza nukuri Imana turayishaka goseee itoranye gosee🙌🙌🧎🏿‍♂️🧎🏿‍♂️🧎🏿‍♂️🧎🧎

  • @pelagiesurwigano8750
    @pelagiesurwigano8750 10 дней назад +4

    Umushaha Utartyoye wa Bikira Mariya weguriwe Uburundi ucikishe ubusa ubuvugishwa bwose burutse kuri Sekibi. Ni mw'Izina rya Yezu ndabisenze. Amen.

    • @ChristopheNiyonzima-q5x
      @ChristopheNiyonzima-q5x 8 дней назад

      Ngo u urundi mwabweguriye umushaha was mariya😢😢😢. Aho hoho numva bwaranaramvye kuko mwizeye ibinyoma. Murabaza Zebiya iyagazubu.

    • @ChristopheNiyonzima-q5x
      @ChristopheNiyonzima-q5x 8 дней назад

      Ngo u urundi mwabweguriye umushaha was mariya😢😢😢. Aho hoho numva bwaranaramvye kuko mwizeye ibinyoma. Murabaza Zebiya iyagazubu.

    • @user-bk1ei4mt4l
      @user-bk1ei4mt4l 8 дней назад

      Uy​@@ChristopheNiyonzima-q5x
      Uyumunsi nyene ni umwe muri itanu Ya mere y' ukwrzi aho abizeye Ubwo muvyeyi bamwoza ako gasuziguro mumwereka. UwaMumenye akamwambaza Neza yarahiriwe, kuko nta Yezu w' impfuvyi abaho.
      Isi igiye guca mubicika, ariko amaherezo uwusugura wese Bikira Maria, imisi isigaye ni ni Mike ngo yitore ikose.
      Umuvyeyi W' Imana n' Uwacu Bikira Maria, turiko twibuka ko Yavutse Atagira inenhe akanaguma uko kugexa Yurijwe mw'Ijuru, Adusabire

    • @Kristoaganze
      @Kristoaganze 3 дня назад

      ​@ChantalMboningabiranawe Kristu akubabarire uvuze nabi

    • @Kristoaganze
      @Kristoaganze 3 дня назад

      Nta Burundi bweguriwe uwundi atari Yezu, niwe nyene igihugu cacu kandi azogityorora

  • @LéonidasNZOYISABA
    @LéonidasNZOYISABA 12 дней назад +3

    Murakoze cane bavyeyi
    IMANA yongeye kudusubiza mwintege ibakoresheje.

  • @ModesteNgabo-s1m
    @ModesteNgabo-s1m 13 дней назад +3

    Baraka TV , turagukunda ariko uzashake ahantu heza hogukorera hatari urusaku ,biratubangamira bigatuma tutumva neza ubutumwa bwiza bw Imana.

  • @CalinieKanehure-yy2vd
    @CalinieKanehure-yy2vd 13 дней назад +4

    Imana idutabare tugeze aho umwansi ashaka! Urakoze kuturemesha! Bandanya udusengera !

  • @BatamurizaBeatrice
    @BatamurizaBeatrice 6 дней назад

    Ntabaruburundi Mana yiburundi iryo nisezerano dutegereje kuvakera niyo ihidura ivyananiye abami nabatware murakoze❤❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @EmileHarerimana-u9p
    @EmileHarerimana-u9p 9 дней назад +1

    Amin caneee ok turarindiye cane ic imana yavuze uburundi buri mumasezerano akomeye yesu aje gutorishegero erega ntabishasha birimwo umuhanuzi beba yarabohanuye tuvuiteze nitwiyeze

  • @jeremiehageringwe3069
    @jeremiehageringwe3069 11 дней назад +2

    Son Exc. Kagame P. yarabiyanganiye cane. Abahanuzi bibinyoma bari bakwiye guturirwa ahubwo. Mukure Uburundi murako kanwa kanyu gacira ubumara nurupfu.

    • @evelynekamariza6296
      @evelynekamariza6296 11 дней назад +1

      None nkawe ubahoyik?barek bavuge nimba koko ari Imana yabivuze ntituzopfa tutabibonesheje amaso yacu!Imana ibahumugisha bavyeyi!iyuriko urakorera Imana satani ntako adakora mukukurwanya!

  • @JospatKarishaga
    @JospatKarishaga 10 дней назад +2

    Burya abanyarwanda nimwe mwubaha Imana tuvuganye ukuri kturusha jewe nibaza ko ico Imana igomba arico kizoba nayo ivyipfuzo vyabantu vyamaho

  • @joelnzeyimana7791
    @joelnzeyimana7791 7 дней назад +2

    jewe sinemera ubuhanuzi kuko ivyo muvuga nivyiyunviro vyanyu kuko muvuga ivyo namwe mutazi

  • @KigaliRuhango
    @KigaliRuhango 8 дней назад +2

    Komutavuga ibyiwanyu mu Rwanda muve kuburundi

  • @user-md3cl4yj8k
    @user-md3cl4yj8k 13 дней назад +3

    Yoo from Burundi ❤❤❤Imana idutabaree gose muvyeyi ndagu❤❤

  • @JospatKarishaga
    @JospatKarishaga 10 дней назад +2

    Nico gituma Kagame ariko arabiyamiriza nimureke Gatabazi Mechack akorere Imana arafise ubwenge nk'ubwumuvugishwa Natani mugihe ca Dawidi

  • @ezechielndikumana
    @ezechielndikumana 12 дней назад +4

    Imana ibongere amavuta yo kuyikorera

  • @JeanneMASEZERANO
    @JeanneMASEZERANO 8 дней назад +1

    Amen abafise amatwi barumvise abatumva nakazi kanyu

  • @alphonsine122
    @alphonsine122 10 дней назад +1

    Murakoze bamama beza kongera kuduhumuriza Yesu abahumugisha

  • @norahniyomwngere3565
    @norahniyomwngere3565 8 дней назад +1

    Kabisa turashaka ko Imana igira ivyo ihindura pe

  • @EtienneNiyobuhungiro-of9zg
    @EtienneNiyobuhungiro-of9zg 8 дней назад +3

    Mu banyarwanda nta mpunzi zikibaho ? Kuvuga Ivy 'uBurundi biroroshe.Kuko ivy'uRwanda wobizira kuko RIB ntibakina.

  • @barutierikkaganza2748
    @barutierikkaganza2748 4 дня назад

    Aba bakozi b,Imana ndabona buzuye mwuka w,Imana nabasirikare batavangiwe Imana igiye gutabara Abarundi.

  • @horimberepeace7376
    @horimberepeace7376 10 дней назад +1

    HALLELLUAA HALLELLUAA HALLELLUAA HALLELLUAA HALLELLUAA HALLELLUAA HALLELLUAA HALLELLUAA HALLELLUAAAAAAA URAKOZE GOOOSEEE YESU CHRISTO 👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏📢📢📢📢📢📢📢📢📢📢📢📢📢📢📢📢

  • @victorntakirutimana3535
    @victorntakirutimana3535 11 дней назад +2

    Ubwo n'ubuteka mutwe,iyo muri mu nkambi i mahama mwabonye abana
    banyu binjiye ishamba muca mwibaza ko arizo nguvu baronse,reka guswaganya

  • @user-qg6rk2vp7b
    @user-qg6rk2vp7b 11 дней назад +1

    Uwiteka Imana yoyo,ituboner ibiri imber n'irangure, ishaka ryayo, kko ivyoitugombako n'ivyo vyiza,
    Bibe nkuko ibishaka

  • @MukeyeAime
    @MukeyeAime 8 дней назад +1

    Amen

  • @YahwehYawehYaweh-qo3gr
    @YahwehYawehYaweh-qo3gr 5 дней назад

    Amen hallelujah hallelujah 🙏🙏

  • @ChantalIRAKOZE-ce8dh
    @ChantalIRAKOZE-ce8dh 10 дней назад +1

    Que la volonté de Dieu soit faite

  • @AngeliqueUwingabiye
    @AngeliqueUwingabiye 10 дней назад +1

    Nanj narose inzozi ibujumbura hariko hatwarwa namazi mabi cane ava hejuru kumisozi asenyuka amanuka ashway igisagara cose imana idutabarire

  • @NduwimanaLevis-o3x
    @NduwimanaLevis-o3x 5 дней назад

    Mukomere Mu Mwami Wacu Yesu Kristo

  • @JospatKarishaga
    @JospatKarishaga 10 дней назад +1

    Urwanko mutwanka ntakintu mwari mukwiye kuvuga k'uburundi mur'abanyarwanda nkaho umengo ntabandi Imana yotuma ariko namwe mumenye ko hagowe uwuvugako Imana yavuze itavuze namba

  • @NiyonizigiyeDieudonné-e7y
    @NiyonizigiyeDieudonné-e7y 2 дня назад

    Imana y'abarundi wunvise icicaro mu Rwanda ???

  • @WillyKado-mm9ts
    @WillyKado-mm9ts 8 дней назад +2

    Kobikaze

  • @VYIZIGIROFiston
    @VYIZIGIROFiston 13 дней назад +7

    Ariko burundi warigorewe imana yoba iturenga abarundi icisha message mubanyagwanda ntibereke ivyabo ikabereka ivyuburundi kand biri mubakozi bimana murwanda burundi ihorer mama turabukunda

    • @nyiragasanialice2998
      @nyiragasanialice2998 12 дней назад

      😢yewe nanjye binyobere

    • @NtawitaziMaurice
      @NtawitaziMaurice 11 дней назад

      Abo ni abasazi ntimukabyiteho!

    • @leodomirndumugabo9076
      @leodomirndumugabo9076 9 дней назад +1

      Hariya kubera gutinya kuvuga u rwanda batinya RIB bavuga Burundi donc ahari Burundi hashyire rwanda

    • @user-uc2qc6vc9x
      @user-uc2qc6vc9x 9 дней назад

      Bene imana nimana nimubita basazi no kuri nowa vyaruko ariko kubatuka sivyiza tworindira ivyo bavuga koberetsw kobizohora

    • @ChristopheNiyonzima-q5x
      @ChristopheNiyonzima-q5x 8 дней назад

      Natwe abarundi turabizi kuko ikoresha uwigomba.

  • @AppolonieNihazi-c4w
    @AppolonieNihazi-c4w 10 дней назад +2

    Nibitaba uzoja he ? Uzobesha ibiki sonza wireme kura ubu escro ngaho

    • @NduwimanaLevis-o3x
      @NduwimanaLevis-o3x 7 дней назад

      Vuga Make Haraho Vyoba Uza Waranavuyeho.Arik Ivyo Avuze Nukuri kukwije Condition.Aba DD nikwaheli.

  • @EsperanceNduwayo-mz8ty
    @EsperanceNduwayo-mz8ty 9 дней назад +2

    None hokorwa iki? Mbe ni ryari , nk' indirimbo ya hoziyana ngo" mbe Mwami ni ryari".

  • @gervaisntirenganya470
    @gervaisntirenganya470 13 дней назад +5

    Arikoko mwagiyemureka kubesher'IMANA ubumuburundi nihomwabonye bakoranabi kurusha abafungisengero kagame nihabiyamiriza ntabesha

    • @omegachristine7102
      @omegachristine7102 10 дней назад

      Kagame ajye afunga insengero zose z'aba escrocs

    • @LystaMyleneIRAKOZE-eg1gu
      @LystaMyleneIRAKOZE-eg1gu 10 дней назад

      Nubundi niba situation urimwo ataco ikubwiye ufise ubugugu ndemanwa gus iyo mitariko murandik ibintu bizim muba muhora vyob vyiza mb kuvuga kagame eck Kagame arateje inyuma igihigu ciwe nk Neva????naho yokwugara amasengero ubundi wee arabona ikibereye igihugu ciwe

    • @JanvierNgabire-z6g
      @JanvierNgabire-z6g 4 дня назад +1

      Abobaswaganyi kagame yabiyamirije none bararonse iyobadwahwa

  • @krypton9405
    @krypton9405 13 дней назад

    Much respect Gentleman Bsraka❤❤

  • @ndayishimiyerose1307
    @ndayishimiyerose1307 12 дней назад +1

    Monsieur Georges, écoute bien: tu as un coeur divisionniste mais tu n'aboutiras à rien. Dieu n'est pas un homme, il utilise qui il veut. Que tu le veuilles ou pas, Dieu accomplira son plan et tu le verras.

  • @NkomokoBurima
    @NkomokoBurima 6 дней назад +1

    Ariko jewe nunva umenga muriko muvuga ugwanda😂😂😂

  • @bwengejeanbosco2610
    @bwengejeanbosco2610 4 дня назад

    Imana yagenye abahima n'abatutsi gutegeka uburundi?

  • @ni17207
    @ni17207 13 дней назад +2

    Amen amen idutabare

  • @fabricenindagiye1143
    @fabricenindagiye1143 11 дней назад

    Mana ndakwinginze, niwaduha umuyobozi, uzoduhe uwukunda Burundi ataruwuje kuburya nkuko abo nabonye bameze! Ndakwinginze uzoduhe uwo abarundi baririra akabumva agatahura ahava amarira yabo. Ntidushaka uwutuzanira 1/2 y'ibigize gouvernement bigatwarirwa mu nzu yiwe. Urakora nk'lmana Mana😢😢😢😢n'ukuri abawe turarushe!!

  • @nijimbereconcilie7896
    @nijimbereconcilie7896 11 дней назад +2

    Mbega ubuhanuzi buba kuburundi gusa?

    • @nkurunzizajeanpierre1958
      @nkurunzizajeanpierre1958 7 дней назад

      Eee Burundi ni isiraheri Imana yishiriyeho,KK imanirikungoma

    • @JeanvierHakizimana
      @JeanvierHakizimana 7 дней назад

      Ubwobuhanuzi ndabuheruka 2015 yegereje rero baburabe neza ubwobuhanuzi.

  • @songamberetv2219
    @songamberetv2219 12 дней назад +3

    Iciza nuko mubihanura mutari muburundi murashonje muronderera views mubwo butubuzi abanyafirika uwabaroze ntiyakaravye

    • @fabricenindagiye1143
      @fabricenindagiye1143 11 дней назад

      Amahoro mon frère. Iyo bavuga niba utabihamvya uraja winumira. Uzohava uca uruguca amateka imbere y'lmana.

    • @songamberetv2219
      @songamberetv2219 11 дней назад

      @@fabricenindagiye1143 abanyafirika ninde yabaroze kuki abanyarwanda arimwe mwama muhanurira ibibi kuburundi nimwe musenga gusumvya abandi ko batohanurira kagame ace abaniga

  • @AlphonsineAKIMANA
    @AlphonsineAKIMANA 12 дней назад +1

    Murakoze cane

  • @mukantagarachantal721
    @mukantagarachantal721 6 дней назад

    Amin, Imana ikwongere amavuta nimbaraga

  • @ezechielndikumana
    @ezechielndikumana 12 дней назад

    Imana idukomereze imitaka yubutabazi kurivyo bihe bigoye bitwimirije

  • @pascalndayiragijepascal1393
    @pascalndayiragijepascal1393 3 дня назад

    Ze murahishurirwa kugihugu canyu basha,kagame ko mutamwerekwako?Uburundi nibwo mwabonye.

  • @Pascaline-k2o
    @Pascaline-k2o 8 дней назад

    Uwiteka Imana mushobora byose ibampere ubushobozi kandi ibongere Amavuta turi mumasezerano nukuri uwiteka aturabe ryiza peee!!!!

  • @fideskaneza7947
    @fideskaneza7947 7 дней назад

    Ntasoni kubesha ? Vuga ivy'iwanyuu
    Imana ikunda uburundi cyane

  • @JanvierNgabire-z6g
    @JanvierNgabire-z6g 4 дня назад

    Ijambo ryimana riravugako mumisi yanyuma hazoza ibigira abavugishwa Nimana none nivyo turikubona none se Imana yariyabuze umuntu numw muburundi ansenga ikumva kuburyo izagutuma abanyarwanda? Emwe kagame yugaye amashengero yanyu hageze pe

  • @ackleokwenda5959
    @ackleokwenda5959 13 дней назад

    Amen Amen, thinks mère general.

  • @EliasSindayigaya-v2t
    @EliasSindayigaya-v2t 12 дней назад +3

    Arikingomayuburundi.niyoyabayembikwisiyose.kurushamugwandabugayinsengro

    • @JustineNizigiyimanajustine
      @JustineNizigiyimanajustine 12 дней назад

      Ego nukuri niwacu honyene niho honyene atekereza kwicumuntu mugitondo kumugoroba akaba arafuye kandi ntihagire uwugukwirikirana ahubwo Rəna İmana yomwijuru dusenga yururuke Kuko abantu turarushe

    • @peggys.4125
      @peggys.4125 7 дней назад

      Insengero se bazifunze zose, kuki mutumva impamvu bazifunze, nizuzuza ibyo leta isaba zizafungurwa. Ntabwo ari ubwambere kandi zifunzwe. Iziri i Burundi zo zimaze iki niba Imana ibagaya amacakubiri? Namwe bazifunge ntacyo zimaze.

  • @AlineKamikazi-y6i
    @AlineKamikazi-y6i 11 дней назад +1

    Twavumvis kuvakera ariko ntacahindutse ahubwo bitera bikomera nagatoro kariho karabuze.murek kutubesh rero

  • @dieudonneirakoze6835
    @dieudonneirakoze6835 5 дней назад

    Jewe mumbabarire sinatahuye neza none iyo egiputa murikuvuga nuburundi?

  • @JoselyneAkimana-p9r
    @JoselyneAkimana-p9r 12 дней назад +2

    Sinz impamv mba ndikwumviriz ib bintu

  • @EmmanuelNiyongabo-rv9xk
    @EmmanuelNiyongabo-rv9xk 10 дней назад

    Murakoze mukozi w'Imana

  • @JeanvierHakizimana
    @JeanvierHakizimana 7 дней назад

    Ubwobuhanuzi ndabuheruka twegereje 2015 bwaratumye abantu bahunga kubera ubwobuhanuzi butaribwo.

  • @pascalndayiragijepascal1393
    @pascalndayiragijepascal1393 3 дня назад

    Burya kuzamurazana lbinyoma ngo mweretswe,Burya mwe ntimubeshera lmana?

  • @AnemarieAnemarie-m2m
    @AnemarieAnemarie-m2m 8 дней назад

    Imana NDA mzigo ifite iyo iwuze biramba yategekabigakomera

  • @SingiEspe
    @SingiEspe 12 дней назад

    Muhezagirwe bakozi b'Imana.

  • @ndikuriyopfocas
    @ndikuriyopfocas 10 дней назад +1

    IMANA izobikora ntinanigwa

  • @BizimanaJeanmrvianey
    @BizimanaJeanmrvianey 9 дней назад

    Amen IMANA iidutahuze

  • @horimberepeace7376
    @horimberepeace7376 10 дней назад

    MURAKOZE CAANEE GOOSEEE BA MAMA 👏👏👏👏👏👏📢📢📢📢📢📢📢📢📢📢📢

  • @EliasSindayigaya-v2t
    @EliasSindayigaya-v2t 12 дней назад

    ❤❤❤..imanairacakunduburundi❤❤

  • @deobiho
    @deobiho 6 дней назад

    Madame, wanyoye ikigage? Wanyoye Primus ?
    Uburundi burimo bwubakwa sha kandi bwubakwa na Abarundi batuye hanze, kandi bose barimwo bataha.
    Jya kiri RUclips wandike UMUKUBITO maze urebe ibiganiro bus ba ingénieurs muri Architecture, urabe ko Uburundi butariko bwubakwa ?
    Iyo Mana ijya i Rwanda gutanga report ku Burundi yoba ari agatsiko ka FPR kari i Bujumbura kuko benshi mwarahabate kiva 1957 kugeza 2000.
    Murakoze ariko kuri izo ndoto.

  • @HakizimanaJosue
    @HakizimanaJosue День назад

    Ngahozahanure ibyurwanda bakwereke namarangamutima

  • @ackleokwenda5959
    @ackleokwenda5959 13 дней назад

    Amen Amen Amen !

  • @EricMwirabure
    @EricMwirabure 11 дней назад

    Abarongonzi bumviriza ibibintu kuko abavugishwa bamwe bamwe baba bumva ibintu bagahitamwo kubitangaza babicishije mubuvugushwa kuko nkubu uyu mufasoni arazi Mose azobarokora ( nkeka umuntu wese muburundi tuzi abayita abana b'lmana muburundi turabazi ) aramuzi.Leta igabe kk uyo Mose wogucungura abarundi batwawe nuwo badashaka .umugani wuwuraho icishe igihugu nuko:" lyari insazi yahinduye igatwarinka."

  • @DanielMuia-ex6nt
    @DanielMuia-ex6nt 10 дней назад

    Amen Amen

  • @Niba708peace
    @Niba708peace 12 дней назад

    Umwami Imana abahezagire, ibongerereze imbaraga.

  • @InnocentBihanga-b2u
    @InnocentBihanga-b2u 7 дней назад

    'ndababajwenamwe mutazivyo muvuga uwibinyoma ntakoresha bibre mwagabanijamajambo mugasenga mwabapingayimxe

  • @user-em6lj6hx2c
    @user-em6lj6hx2c 12 дней назад

    Turarushe cane Imana Idutabare

  • @WaswaDani
    @WaswaDani 11 дней назад

    Bikore mama yacu bikubahishe ugutwara nukwawe

  • @JESUSMARIENIYONSENGA-m3k
    @JESUSMARIENIYONSENGA-m3k 8 часов назад

    Mana ntacowadusezeraniye kitashitse Habwicubahiro Mana turarushe

  • @user-yv1pd8hj2y
    @user-yv1pd8hj2y 6 дней назад

    Yesu aguhezagire cn

  • @MarcManirambona-xf5zb
    @MarcManirambona-xf5zb 7 дней назад

    👍❤❤❤❤

  • @user-md3cl4yj8k
    @user-md3cl4yj8k 13 дней назад

    Amen🙏🙏🙏🙏

  • @IgiranezaRucie-ze9qc
    @IgiranezaRucie-ze9qc 8 дней назад

    Yewe mubivuga murabizi?

  • @KC-wj7yh
    @KC-wj7yh 10 дней назад

    Kagame yarabiyamyw none mwihaye Uburundi. Baza isengwre igihugu cawe

  • @ndayishimiyerose1307
    @ndayishimiyerose1307 12 дней назад +1

    None wewe uca imanza nka nde? Imana ntiwari uzi ko ivuga? Kagame nuko mumurwaye, urazi ko ataho muhuriye. Gufunga insengero biriko bikubabaza kubw'urukundo ukunda Imana? Niyaba yarazugaye nta mpamvu Imana izomwibariza, ariko ntibikuraho ibihano ku barundi. Ni ibihugu 2 vyigenga, kimwe cose kizobazwa ico vyononye

  • @bwengejeanbosco2610
    @bwengejeanbosco2610 4 дня назад

    Nawe KILLING MACHINE FPR yakogeje ubwonko? Ivugire ivugire n'urwanda rutegekwa na kagame Paul yarasiye Imana ku Murindi. Banyarwanda n'abanyamulenge mwiririre n'abana banyu uburundi mubuveko.

  • @johnhagerimana1639
    @johnhagerimana1639 3 дня назад

    Uwiteka abyumve amanure amahoro atangwa nawe ahumurize imitima y'abana be

  • @DorothéeBUHANGARE
    @DorothéeBUHANGARE 11 дней назад

    Mana tabara uburundi n’abarundi bararuqhe

  • @venustemuco9813
    @venustemuco9813 8 дней назад

    None KO mudahanura ivyiwanyu niho aramahoro twebwe ntamoko dufise muburundi umwansi dufise nubukene kandi nawene tuzomutsinda

  • @veroniquekubwayo5169
    @veroniquekubwayo5169 10 дней назад

    reka kuzamubesha nicogituma kagame arikufunga ayomasengero nuko mwunviseko bagonba kubaka igihugu

  • @GeorgesByabagabo
    @GeorgesByabagabo 13 дней назад

    Quand il s'agit de parler de tout ce qui ne va pas au monde les banyamurenge choisissent le Burundi pour se défouler , jamais un autre pays c'est inimaginable chaque fois quand les élections approche c'est tjrs ainsi que Dieu les pardonne puisque elles ne savent pas ce qu'elles parlent

  • @douceukuri6128
    @douceukuri6128 12 дней назад

    Ubundi se hari ingoma itarangira?

  • @WaswaDani
    @WaswaDani 11 дней назад

    Muhezagirwe kandi

  • @NkomokoBurima
    @NkomokoBurima 6 дней назад

    Hahaha abanyagwanda batwitayeho mukuduhanurira

  • @ThomasBukuru-hj6ly
    @ThomasBukuru-hj6ly 7 дней назад

    Kagame ko yabirukanye turagowe. Ubu ntakindi mugiye kuvuga ataruburundi.
    Nka wewe warukwiye kubanza ukaja kwiga gusoma nukwandika.
    Uburundi bukwiye kuzitira mutaraba benshi murajwishinga no kubutyoza.
    Ubwo atarugutukimana, ubona yotuma umuntu nkawe ngwashire ubutumwa igihugu?
    Genda urabe aho uruhukira kuko biraboneka yuko ufise ibibazo vyinshi. Ahubwo reka tugusengere imana ikugirire ikigongwe.

  • @dieudonneirakoze6835
    @dieudonneirakoze6835 5 дней назад

    None nimba arikiganiro bohoka Africa,mbabaze Africa igizwe nuburundi bwonyene?

  • @user-gq7rg2fm6f
    @user-gq7rg2fm6f 3 дня назад

    Turagutwenze 😂😂 urwanda rurizerimana gusumvya uburundi KO mudahanura ki Rwanda

  • @AppolonieNihazi-c4w
    @AppolonieNihazi-c4w 10 дней назад

    Wa mwangushi we aho ubeshera Imana yuzuye impuwe mbe abarundi ntibari mubo christu yacunguje amaraso? Nti wohanura ivyiwanyu ahi wivanga muvyo ibindi bihungu

  • @amelialewis7887
    @amelialewis7887 9 дней назад

    Ivyo twarabirambiwe😄😄

  • @elyseenduwamungu1445
    @elyseenduwamungu1445 9 дней назад

    Jew ndikwibaza, Mwese mwahawe msg imw?

  • @irishura5
    @irishura5 11 дней назад

    Ni ho President kagame yugaye amadini amwe, yarabonye ko bikenewe.
    Abatetsi b'imitwe nta handi wobasanga atari mu Rwanda.

  • @nk.p.9503
    @nk.p.9503 11 дней назад

    Hamwe umuntu yofata umwanya nk uyu avuga ngo ni Imana yamutumye itamutumye....koba ari akaga gakomeye.🙄

  • @JeanvierHakizimana
    @JeanvierHakizimana 7 дней назад

    Murwanda hoho niho abayobozi baho batitwara nabi.

    • @peggys.4125
      @peggys.4125 7 дней назад

      Ubwo ushaka kuburana n Imana muzahura. Si wowe utegeka Imana icyo ivuga, n aho ikivugira n uwo ikibwira. Ahubwo niba hari ibyo wumvise by ukuri, usenge niba ukunda igihugu cyawe, niba babeshya Imana ishimwe.

  • @Imana2021
    @Imana2021 8 дней назад

    Muvuy mugwanda muj muburundi😂

  • @victorntakirutimana3535
    @victorntakirutimana3535 11 дней назад

    Nta muntu ari hanze y'igihugu yoza gutwara igihugu
    kuko ivyo bisigura abateye bavuye hanze abo nabo uyu munsi nta nguvu
    bafise kuko ivyo uburundi burimwo sivyo bikomeye mw'isi kuburyo imana ariho
    yohera.