Murakoze cane ku nyigisho mu kino gihe dufise imanza nyinshi, nagira just ncinshemwo couple imwe yandyoheye , bobo muri dress code banditse : Just Be smart
Aba Melancolique naba je m'em fou Oli Igumye...aba Sanguin nabo bashaka guperfectionna surtout Imbere Yabantu 😄😄😄😄😄😄😄😄😄Ikitogutangaza muhira suko canee... Kndi Dress Code mu ma gpe nkaya Bride Shower na baby shower ni discussion ndende caneee jew rro ndahora hama Umunsi ugeze nkambara izo mfse igikuru nuko mba naje nkagwitaba numutima Mwiza
Nagakunze vraiment birababaje kuja kugurana kugira use nabandi nubukene buhari, muciye munyibutsa umugenzi ashobora kwisiga verni ya gel kuri 10mil ariko bukeye akaba ariko agurana amahera ya déplacement 🤭 so courage muterimbere Hama Nathalie kutambaye agapira ka Baho 😂😂😂ni toujours gupinga?😂😂
Imana ibahezagire canee muradufasha gose
🙏🙏🙏
🤣🤣🤣Ndabafanaaa....vous êtes vraiment talentueux....Imana ibakomeze!
😂😂😂🙏
Utwo twiyumviro mucishamwo mutatubwirany turamara🤣🤣gusa ndikumwe na Nathalie vrt👌umuntu nugukora ivyo yiyumvamwo knd bimuteza imbere. Kko ingendo y uwundi iravuna🥰🥰
😂😂😂👍🎩
Merci vraiment muvugiy benshi 🤝👏🏼👏🏼
🙏🙏
Courage barimu beza!
Hama muze mwiyumvire ingene mugashira mugifaransa nabandi bapmpmbapmpmm
Turiko turabitegura
🙏🙏
Très intéressant comme toujours ! Murakoze kudukebura. D’accord avec Nathalie 👌🏿👌🏿
Grand merci🙏🙏
Twagakunze caaane.....full of wise advices.....
🙏🙏
Umwuka w'agasamo😂😂😂😂😂
😂😂😂
courage
🙏🙏
Great message.
🙏🙏
💯 👌
🙏🙏
hhhhhhaaaa..Imanza n problm mwiy minsi kweli...utazikoze umnga bos babibony
👍😂
Nukuri biragoye gutahura urugo nkurwo rwanyu mwikigihe,ariko urwo rwanyu Imana yarushizeho ngo ruhindure nizindi.Inyigisho mutanga zirafasha cane
🙏🙏🙏
Murakoze cane gooose kuri iyo thème, ariko jew simbona nizo manza z urutavanako zikenewe. Sosiyete yacu y uburundi yaramugaye n'ibintu tutazi iyo bije biva. None ivyo vya Baby shawa ni ibiki? Ivyo vy'amarangi y'impuzu ubwo ni akaraka kacu? Abantu nibabihebe ahubwo bashire hejuru gukora igikenewe. Abantu iyo baba bahitanana baja kuraba abagwaye mu bitaro, babe bahitanana baje gufasha uwugowe. Mugabanye imanza z urutavanako ndabasabe! 🙏🙏🙏
🎩🙏🙏
Kabisa muvuze ukuri hari benshi bikunze gutera complexe
👍🙏
ndasavye niwomoka uzompitane 🤣🤣
🤣🤣🤣🤣🤣 uranyeguye nukuri
😂😂😂 vuba cane
😂😂😂😂😂😂😂 ndabakunda pe
😂😂😂🙏
Murakoze cane ku nyigisho mu kino gihe dufise imanza nyinshi, nagira just ncinshemwo couple imwe yandyoheye , bobo muri dress code banditse : Just Be smart
😍😍😍 wowww
🥰🥰🙏
Olivier soit courageux comme Nathalie !! 😂😂
🤣🤣
Impwemu y agasamo karanyish 😂😂😂🤣
🥰🥰🥰
😂😂😂
Nathalie ma jumelle 😃😃😃, ntampamvu yokuvunika,Bana nabantu neza bivany n'uko uburyo bwaw bungana apana kwiyihura ngushimish abandi
😂😂😂🙏
Basha muvuze ukuri à 200% en même temps munatwenza🤣🤣🤣🤣 benshi turakeneye kuvyifatamwo nka Nathalie👌...
Uwo mu Yves yirirwa avuga imipira namumenye😅😅
🤣🤣🤣🤣🤣 uwo mu Yves nivyiza ko wamumenye?
🤣🤣🤣
🤣🤣
Ibintu vyamamanza Ubu nihatari kabisa🤣🤣mugani wa Nathalie bazohore baduha amahera yokugura izo twambara kwayo mamanza
😂😂😂
Ndashigikiye cane iciyumviro ca Nathalie. Basha je ntibakintumira baramenyesha gusa 🙊
🤣🤣🤣🤣 urakize umufuko
😂😂😂😂
Mana imanza ni nyinshi kweri
🙏🙏
😅😅😅 ndibonye mercii
😂😂😂
😅😅😅😅😅😅😅😅
😂😂😂😂
😂😂😂😂
Ntawo kwishinga ivyabashuha shuha , nukuba wewe nyene. Les moyens ntizingana basha
🙏🙏👏
Mutama mucece
🤣🤣
Aba Melancolique naba je m'em fou Oli Igumye...aba Sanguin nabo bashaka guperfectionna surtout Imbere Yabantu 😄😄😄😄😄😄😄😄😄Ikitogutangaza muhira suko canee...
Kndi Dress Code mu ma gpe nkaya Bride Shower na baby shower ni discussion ndende caneee jew rro ndahora hama Umunsi ugeze nkambara izo mfse igikuru nuko mba naje nkagwitaba numutima Mwiza
🤣🤣🤣👍
Nagakunze vraiment birababaje kuja kugurana kugira use nabandi nubukene buhari, muciye munyibutsa umugenzi ashobora kwisiga verni ya gel kuri 10mil ariko bukeye akaba ariko agurana amahera ya déplacement 🤭 so courage muterimbere Hama Nathalie kutambaye agapira ka Baho 😂😂😂ni toujours gupinga?😂😂
🤣🤣🤣🤣 oya vraiment si ugupinga nukuri
@@bahopodcast 😂😂😂