Merci beaucoup Lionel. Hari ama podcast atari ama vidéo twagize aha nyene kuri RUclips mbere no kuyandi ma plateformes nka Spotify, Googlepodcast... hinge nce ndaguha liste de lecture aho tubivuga neza cane, aho twagize ico twise ama combinaisons(abantu babana badafise ama tempéraments amwe), ama tempéraments y'abana hamwe nuko dukunda kubona Imana bivanye n'ama tempéraments yacu. Mu dukino nivyo ntidushobora kubikina vyose.
Imana ibahezagire nukuri.Murabigisha beza
🙏🙏 urakoze cane
Wow 👌 iy'inyigisho ni nziza, n'ukuri Papa God arakiza ibikomere umuntu akagubwa neza muri we.
Merci beaucoup mon frère
🙏🙏🙏 amen amen
Olivier na Nathalie ndabakunda cane ntimwovyibaza!!❤️❤️ Igihe cose ndiko ndaraba ikiganiro canyu numva nanj ubwanj ndiko ndakira ibikomere kuko nguma nitahura uwo ndi. Ikimfasha gose nuko bimpa motivation yo kwameliora uwo ndiwe. murakoze cane mur abakozi b'Imana koko kuko muradufasha cane. Muhezagirwe ❤️
Urakoze cane nukuri kuba uvuze uko kuko niyo ntumbero yacu. Ko Imana itabara imitima yacu
🙌🙌🙌🙌 amen amen
You’re amazing 😘.
🙏🤗🤗
Soyez richement bénis🙏 Merci pour vos enseignements.
Merci à vous. 🙏🙏
Ndabakunda 🥰
🙏🙏🙏🙏🥰
Uhoraho akomez kubakoresha💞💞
🙏🙏 amen amen
Merci beaucoup Olivier et Nathalie!
Avec plaisir🙏🙏
Shiramo dukire😂😂😂😂
😂😂😂
Merci beaucoup kandi courage cane hariho benshii muriko murafasha benshii.. *Suggestion : Mwodufasha mukwagura ou mukwigisha muburyo bwagutse kubijanye n'ama tempéraments? Hama gute abantu bokwakirana mubudasa bwabo mukudahuza tempéraments kuko kenshi usanga bitoroshe kw'aba sanguins & flegmatiques baba abagenzi canke bakirana bivanye n'uko umwe wese ameze nivyakunda... Muzodufashe mwagure ico ciyumviro muburyo bwagutse bizodufasha cane.. merci beaucoup encore que Dieu vous bénissez🥰
Merci beaucoup Lionel. Hari ama podcast atari ama vidéo twagize aha nyene kuri RUclips mbere no kuyandi ma plateformes nka Spotify, Googlepodcast... hinge nce ndaguha liste de lecture aho tubivuga neza cane, aho twagize ico twise ama combinaisons(abantu babana badafise ama tempéraments amwe), ama tempéraments y'abana hamwe nuko dukunda kubona Imana bivanye n'ama tempéraments yacu. Mu dukino nivyo ntidushobora kubikina vyose.
ruclips.net/p/PLxNO5S59ST3nt4q5O-pZBTyWeBNxGvSnD
ruclips.net/video/-nQBAkFOJB8/видео.html
Mrcii🌹
🥰🙏🙏
None iyo wivye canke wishe ukabinyegeza gusa ukabibwira imana haca nk'umwaka bikamenyekana ko babikoze wabikoze, ntibica bikwica 2 ?