Kylian Mbappé ngo yoba yafashe kunguvu umwana akiri muto

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 15 окт 2024
  • INDUNDI SPORTS : 15.10.2024
    ____________
    -Intamba mu rugamba : Patrick Sota aravuga ibibazo biri muri uwo mugwi nserukira gihugu
    -Intamba mu rugamba z’abatarenza imyaka 20 zibandanya imyimenyerezo
    -Imyiteguro yigaruka rya Primus ligue,Kayanza United ugiye gukina n’umugwi Ngozi City mu rukino rwa kivandimwe
    -Inkino za Pax Cup ku bahungu ndetse no ku bahungu zaraye zibandanije
    -Urunani rwafashe urugendo rwerekeza mu nkino za Road to Bal
    -Volleyball : hagiye gutegurwa igikombe c’incungu
    Africa
    ---
    -Umugwi nserukira gihugu wa Nigeria waraye wugaranywe ku kibuga c’indege
    -Urwanda rugiye gukina na Lybia
    -Sénégal yoba igiye guhamvya Burkina Faso mu kuba umugwi wa kabiri ugiye kwitabira inkino za CAN 2025?
    I Buraya
    ----
    -Kylian Mbappe akekwa gufata umwana ku nguvu
    -Prezida wa Bresil ntiyipfuza umukinyi n’umwe akina hanze y’ico gihugu kuzoza aratumwako mu mugwi nserukira gihugu
    -Dani Olmo agiye gusubira mu kibuga hamwe n'abandi bakinyi batandukanye
    -Ukwo inkino zigiye kubandanya muri Ligue des Nations

Комментарии •