LIVE INDUNDI SPORTS :URUNANI BARITWARA NEZA KURI JTK||IVYA THOMAS TUCHEL BIRAHERERA HEHE ?

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 15 окт 2024
  • INDUNDI SPORTS DU 16.10.2024
    ____________
    -Ayavurwa mu mugwi nserukira gihugu Intamba mu rugamba :
    🛑 Uburundi bwabandanije mu kindi gice butakinye urukino rwa mbere mu kurondera itike rya CHAN
    🛑Abatarenza Imyaka 18 bamaze kumenya Abo bagiye guhura muri Demi finale muri Tanzaniya
    -Uwahora arongoye Le messager Ngozi yatanze mihoho inyuma y'amezi 3 atowe ngo arongore uwo mugwi.
    -Alfred yahora mu mvune agiye kugaruka mu mugwi wiwe wo mu ntara ya Cibitoke
    -Umugwi Urunani muri Tanzaniya mu Nkino za Road to BAL,igihe c'isaha 12(18h) baza kuba bagiye mu kibuga
    -Inkino za nyuma mu gikombe c'incungu zigiye gusozerwa
    -Mw'ihiganwa Nyerere Cup, Rukinzo yaraye utakaje imbere ya APR wo mu Rwanda
    AFRIKA
    ___
    -Urwanda rwaraye rwitwaye neza Imbere y'abakunzi babo inyuma yo gutsinda na Bénin,babasubirije mu nkoko.
    -Ibihugu 6 nivyo bimaze gukatisha itike yo kwerekeza muri Maroc 2025
    -Mu Rwanda championnat igiye kugaruka
    EUROPE
    ___
    -Yari yitezwe muri Man utd ariko birangiye yemerewe Umugwi nserukira gihugu w'ubwongereza.
    -Inyuma y'igihe kitari gito,David Alaba agiye kugaruka mu mugwi Real Madrid
    -Militao na Lunin bagiye kubura mu rukino rwa Celta Vigo
    -Ayavurwa Kuri Wissam Ben Yedder umusatirizi wa AS Monaco
    -Fc Barcelone igiye kugaruka k'umusi w'Imana
    -Ukwo inkino zarangiye ku mugabane wa Buraya, Espagne waraye wigishije umupira w'amaguru Igihugu ca Serbie

Комментарии •