Umukubuzo mu gisata c'ubutunzi...

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 22 дек 2024

Комментарии • 14

  • @ngendakumanalewis1472
    @ngendakumanalewis1472 11 дней назад +2

    Courage cane Davy , utanga Informations neza cane kbsa

  • @JeanboscoNdabazaniye
    @JeanboscoNdabazaniye 10 дней назад

    Ndashimye ukuntu mutanga amakuru make muga y'akamaro

  • @richardebbe1370
    @richardebbe1370 10 дней назад

    Tres intélligent DAVID

  • @ManigiraNezahamisa
    @ManigiraNezahamisa 10 дней назад

    Hiiii eee ivyuburund nihatar simbona

  • @EricOnyamo
    @EricOnyamo 10 дней назад

    Ndayishimiye niwe musuma mukuru dufise ni gute vyokunda ko arwanya ubusuma? Natange imihoho!

  • @ArakazaZai
    @ArakazaZai 11 дней назад

    Ntivyoroshe muri Pentecôte abakunzi binda BAGUMA bazana bishasha birimwo agafaranga;ARIKO bazosanga iyo Pentecôte irangwamwo ibiturire niyindi micro mibi iheza muri gihonomu bitahozeho ; ndabaririra !!!

  • @patrickininahazwe7884
    @patrickininahazwe7884 10 дней назад

    Mugihe igihugu lidafise ico gishora ingoran ya devise izama ihar ikibazo suk brb ir muri presidence.en tous cas harabize economi muc mubitahura

  • @MedronundersonMkuyu
    @MedronundersonMkuyu 10 дней назад

    We have to stop all visit of leaders who visit in abroad using national budget

  • @EmileSinzoyiheba
    @EmileSinzoyiheba 11 дней назад +1

    Mbega uyomushasha mwicogisata yatwara munamanshingamateka yakoziki?? Nihatari nibareke kuducuranguza

    • @feregiz2479
      @feregiz2479 11 дней назад +1

      UTI "yakoziki??"
      GIRWAKO UTANGE UMUCO kuvyo ATAKOZE vyari vyitezwe muri ico gisata yatwara. Ahandi ho ni UKUJAJURA

    • @sofunnystars5557
      @sofunnystars5557 10 дней назад

      ​@@feregiz2479Ntakintu nakimwe yakoze.
      Muvyo yari gukora hari vyinshi atakoze:
      - Amahera arenga imiriyaridi 230 yanyurujwe munkwavu ntaco yakoze ngo babaze iyo yagiye, nibindi vyinshi.

  • @JeanLucRwasa
    @JeanLucRwasa 11 дней назад

    ❤❤

  • @AdolphMct
    @AdolphMct 11 дней назад

    ????