Waow vous êtes vraiment inspirants, j'ai vraiment appris des basiques pour être un bon partenaire; que votre amour dure, et qu'il soit solidifié par Christ. Vous êtes vrais et naturels et super beaux ensemble.
Ndakunze cane uko bahejeje, kubisanzwe however much they could give you a worldly view on how to have a fruitful marriage. A FACT IS, These are 2 servants of God, that have a God that united them for a reason and God has put light on that reason. To serve God till death do us part. Ibindi Imana ice ihezagira, urwo rukundo, ukwo kwumvira, ni kubera bafise Imana bumvira. ❤ Keep sharing that Wisdom to us Lovers, I don't doubt that God is making his way through you to deliver many marriage from destruction. God bless you❤
turakunda ubitenge stp. you guys just spit facts. I can only encourage you guys. birayoshe kubona abjeune marie bakundana uku. Just hope u guys grow old together. ✌🏽
Ooooh mbega abantu bazima weee...mbeg urukundo ruvuga...rubonekaaa....Yezu abame imbere....mwame mutsinda ibitero...muri ivyete bisomeka...ndabakunze caaaane...
❤
Nukuri ndaryohewe gose nokubona famille ikundana gose nkuku. Umukama abahezagire yongere akingire urugo rwanyu.
Big up kumu presenter wacu dukunda gose mubandanye muduhereza ibindi biganiro bitesa gose. Muhezagirwe
Merci beaucoup, nawe ugire umugisha
Amaury&Mireille ndbkundaaa cneeeeeee😘😘😘😘😘😘😘
ikiganiro cizaa cane thank you so much
Waow vous êtes vraiment inspirants, j'ai vraiment appris des basiques pour être un bon partenaire; que votre amour dure, et qu'il soit solidifié par Christ. Vous êtes vrais et naturels et super beaux ensemble.
❤
jewe murazi ko ndi umu fana wanyu wambere😅😅😅😅 bisouuuus ndaryohewe kubabona kuri pam channel tv
Turashimiye abateguye ikiganiro hamwe n abatumire
La presentatrice arazi kubaza ibibazo beza félicitations
Wooouw ❤❤❤ndabakunze murankomeje cane Imana ishishikare kububakira 💃🥰
Amaury ukwiye kuba umu conferencier 😂😂 ikiganiro kimaze umwanya muto
Ikiganiro ciza cane. Ndashimiy uwagitunganij kumwe n'abatumire Amaury-Mimi. Merci pour le témoignage!
Yooo iki kiganiro giheze ntashaka😩😂 kubera ab'abantu bavuze amajambooo yubaka kandi ngir'akamaro👌🏾😍, Ndabakunzeee gose🫂🥰..
🤌🏾Umugabo wewe il paraît q ashobor kuba ari umu Psy...😂😂😂 kubera ukuntu avuga nivyo avuga.
Sexy Love🙏🏽🙏🏽🙏🏽❤️😍.
Muhezagirw mwese🤗.
Ikiganiro ciza caane, Imana ihezagire iyo Famille❤❤❤❤
Bon couple merci bcp pr l'émission tuhigiye vyinshi
Ndakunze cane uko bahejeje, kubisanzwe however much they could give you a worldly view on how to have a fruitful marriage. A FACT IS, These are 2 servants of God, that have a God that united them for a reason and God has put light on that reason. To serve God till death do us part. Ibindi Imana ice ihezagira, urwo rukundo, ukwo kwumvira, ni kubera bafise Imana bumvira. ❤ Keep sharing that Wisdom to us Lovers, I don't doubt that God is making his way through you to deliver many marriage from destruction. God bless you❤
🙏🏻🙏🏻🙏🏻
Fact
Mrciiii BCP kubatumire nikiganiro cubwenge muhezagirw
Ikiganiro ciza cane,merci Pam TV kutuzanira iyo couple,muzobatumire kandi
Good interview
❤️🔥Awwnh top cane limaaa wanyu arabafise kumutima ❤️🔥May God bless you beautiful family❤️🔥
turakunda ubitenge stp. you guys just spit facts. I can only encourage you guys. birayoshe kubona abjeune marie bakundana uku. Just hope u guys grow old together. ✌🏽
Ma chérie Mimi nukuri ndabakunze ukundi vrt hhhhhhhh Merci kuri conseil mwaduhaye turarindiriye part 2 Yesu akomeze kububakira ncuti
Imana ibishimigwe cane gose 💯💥💖
Ncuti zanje nukuri kw'Imana mugire part 2 niko ndiga nkuko sexy abivuze arakabuze barikutubwira mes couples nemera cane Amaury na Mireille (Mimi)nizeko vyinshi cane kandi nari nkeneye kumenya merci beaucoup kuriyi sujet mwazanye ninziza cane
Merci bcp,mukomez urwo rukundo,nukwubahimana,nwaganiriy jeza gose
Imana ibakomeze ndabizeye abana bimana❤
Mbega ikiganiro kiryoshe 🤩🤩🤩
Famille amaury et mireille Ndabikundira cane muhezagirwe🎉❤
Merci beaucoup ndahakuye inyigisho ikomeye
Tu fut mon ancien élève à l EIB Amory ! Warakuze nari nakuyobewe! Umukama abakomeze 🙏
Ooooh mwareze abakura. Ndabibuka cane
I always think that what make marriage work is when you take time and study each other’s it help,you have to know what you partner hate or like
🔥 intéressant 🔥
Impapuro Nziza
Courage mes enfants allez de l'avant
Iyo couple iratesa😂😂❤❤
Amaury komeza kutuvugira🙌🏾
Top
Qu'ils sont sages!😊❤❤❤
Woooowww❤️❤️❤️❤️❤️
Ohhh wouhhh😩 une autre partie 2 vrm
proud of you❤
👌🏾 ibiganiro nkibi birubaka! Keep it up ❤️
Bonne émission!!
Instructive, inspiring, very very tooop👌🏽
All the pleasure is our
Ndiho abakomeze
Muratesa cane big up
❤
ni hatar kwl
Muzogaruke peeee❤❤
😂😂😂waouuhh ikiganiro ciza
Ikiganiro niciza surtout pour les amoureux qui vont s'engager
Amoury utuvugire Sha turaremvyeeee
Ndagerageza
❤❤❤❤❤
Waauh quelle sagesse🙏❤️
❤
Woow❤
Ndabakunze cane 🙏
Merci,
Turigishijwe
😍👌🤩😍
❤Bien
Nta comanter sanzeho ndahovye
Oya mwiza ntuniganwe ijambo .serura ico ufise kumutima
🎉❤❤
Ikiganiro ciza cane c'ubwenge
Muri beza
Murakoze cane
Bonne émission!!
❤❤❤
❤❤❤❤