Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
Ubu arigukina inkinamico ntazi naho umugore arwariye...
Isengesho riruta ayandi yari gukora iyo asenga umugore wiwe ntabayarwaye Covid-19 irijoro nyene yaraye atwawe muri Kenya n'indege ya AMRF kwivuza kandi umugabo arimusenzi abwira abantu ngo ntibazokwandura barasenze isi yose yuzuye abanyavyaha kiretse aba CNDD-FDD gusa bazi gusenga.
Ewe man dukize abobanyonyezi
Ntaluntu wokwiyahura urarushe