I Muramvya, basomye igitabu ca Ntahe bumviriza inanga

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 15 янв 2025
  • Kw’igenekerezo rya 4 Nyakanga 2019, inzu y’amanama ya Croix Rouge Muramvya yari yanishe, yakira urugendo rwo kumenyekanisha igitabu "Abakenyezi b'Intwari bibagiwe". Mu bitavye harimwo n’abanyamuryago b’iryo shirahamwe. Bose biyemeje guharanira amahoro.

Комментарии •