KIRIKOU AKILI yatatse DJ PAULIN😳😳Sinokwirarana IRAFUSWE Kuri YOUTUBE ya Double Jay Uko vyagenze vyos
HTML-код
- Опубликовано: 24 окт 2024
- @kirikoua-kili4591 @DJPAULIN @djpaulinbuja #djpaulin #bujumbura #hittoptv1 #burundi #landrypromoter @LandryPromoter #congo
Ibi nabivuze Muri Ikino kigàniro nakoze 👉🏽ruclips.net/video/yThzIO3ccgs/видео.htmlsi=D3_s7_C6bHHmTGnl
Akantu bad man avux ngotwubahn ariko ntagutinyana tugahurijehi🎉🎉🎉
Mutananirwa ni zina ry'Imana niyo yonyene itananirwa ,umwana w'umuntu yama afise intege nke.Iryo zina worireka kuryiyita.
Bad man namuturekere
Wew uvuga ngo haheze amezi atanu ayifise Kuri RUclips nawe akavuga KO haheze amezi cumi 😂😂😂😂😂
Nakubari san kirikou
ABA bahungu baratukana kuko dj paulin numugabo yikuriye atohangarwa nabakiri bato landri zurahanura abo bana
Nibamureke bad Man
Pol arikurengera
Nibarab basaban imbabaziii basubire bayisubize kur you Tube
Pauline nave kwaba bahungu kl
Aacaaaaa irikooooooo irahariiii
Paulin nagabanye ishari😢
Dj Paulin nareke kubishiramw inzigo kuko ntamuntu yaremye iryo terabwoba narigabanye kuko nabonyen bazoshika ahagez cnk banaharenge ni burundi bwejooo
Dj pol afise ishari ryuko aba bahungu bariko baraduga cane kk produc yahembwe na boss waba kiriku vyiza ni bumvikane bareke ishari kk twaramaze kuyibika
Umusiguzi w’Igiswahili 😂
Rek kubesha nubu ndiko ndayiraba sinokwilalana. Nimana yoguhana
Nakureko turayifis mur fone ikind naho biliman boy ntaco bahomba bar gukorera I dollars🤣🤣
Bad man mumurek 🥹🥹
Nimuje gusaba Asile mwabahungu mwee muvugeko umutekano wanyu ubengamiwe muzoca mupfurwa eeww kirikou Dj Paulin abahaye cadeau yikiganiro kuri you tube nuko abana bu Burundi dupfina jewe naba ngeze gusaba ubuhungiro Belgique pee ni mugende muronse occasion ntuu mwe na Double Jay
Iyi Occasion ni special kumuntu avugako usubiye iwanyu upfurwa kanura bahungu
Kirikou rekan nab baneger
Nunva ivyobintu bigoye gutorera repose mutama 😢
Umudimudimu ntabwo tumushka mugihugu ashka gucinyiza abana bigihugu ntabakunda naw ntumushigikire
akakamayibobo kubahuka nani
Mureka gutukan
Pol arikurengera