DJ PAULIN atwaye mubutungane DOUBLE JAY//Ubusuma yakoze//Ingeso mbi zabo//Ikibabaje nuko KIRIKOU

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 24 окт 2024

Комментарии • 32

  • @JonasRbt-ob3jy
    @JonasRbt-ob3jy 8 часов назад +5

    #Bigfizzo ntako atari yaragerageje kugira abo bahungu babe professional kugira bareke kuza baraba manipulated mais n'ubundi bavyigenzamwo nabi....none ngabo bamwe mubabagumuye ngo bazobafasha nibo bagomba kubicira carrière....much respect kuri #BantuBwoyint kuko bigaragara kwatakabi kabo..... shoutout kuri Dj Paulin kubikorwa akorera aba artistes bamwe bamwe......

  • @confitbienius6903
    @confitbienius6903 7 часов назад +2

    Très bonne question... Juste Gaël
    Inyishu nziza aussi kwa Paulin

  • @nimubonaeric8074
    @nimubonaeric8074 7 часов назад +7

    Kugira talent ni kimwe, discipline ni ikindi, ntaho bazoshika ata discipline bagira

  • @jospainumurtyorozi8737
    @jospainumurtyorozi8737 8 часов назад +3

    Paulin avuga neza

  • @Balalacanasi_
    @Balalacanasi_ 9 часов назад +3

    Honnêtement si tu as raison ou pas tant ke mutanditse imbere yamategeko barera… muzoze murandike pour vos propre sécurité…nakantu kari banale mais ça protège andika hajeko signature

  • @JacksonMukire
    @JacksonMukire 10 часов назад +3

    Number one mumpe like🙏

  • @Diego83Official
    @Diego83Official 4 часа назад

    DJ paulin ari mukuri cane

  • @CesarBizirindashi-ip5dj
    @CesarBizirindashi-ip5dj 4 часа назад +2

    Ikibazo dufise abaririmvyi bacu benshi ntibaciye kuntebe y'ishure ngo bahatebe ikintu kijanye n'amategeko ni zero, n'abayiciyeko ntibashaka kwicara ngo bahanurwe, iyo ashikanye views 1M ho wogira ngo ni ba Michael Jackson bazutse

  • @vansarah480
    @vansarah480 Час назад

    Aba bahungu nibagende bisabire ubuhungiro baratomboye occasion yokugenda ugapfurwa usubiye iwanyu nageze Europe noca ntera ngenda gusaba Asile yihuta pe Double Jay kanura iki kiganiro ni cadeau Dj paulin aguhaye yagusa kumu you tube . Nivura ndagiye

  • @ndarishikijejeandedieu8860
    @ndarishikijejeandedieu8860 3 часа назад

    Yitwariye mubutungane ntiyatwaye mubutungane!

  • @VanessaNdikumwenayo-b5h
    @VanessaNdikumwenayo-b5h 15 минут назад

    DJ Paulin nawe ivyo vyomubako???
    Igihe ca BigFizzo nab Kiliku&Double Jay Paulin yoba yibuka ivyo yavuze???
    Gusa induri zomuri industry🇧🇮 mukwiye kuzigabanya mugakora nkabanyamwuga

  • @CesarBizirindashi-ip5dj
    @CesarBizirindashi-ip5dj 4 часа назад

    Umu artiste afise alimentation mu Rwanda ni King James

  • @BimenyimanaChadrack-ml7bl
    @BimenyimanaChadrack-ml7bl 10 часов назад +3

    ❤❤❤❤❤❤

  • @Memba257
    @Memba257 3 минуты назад

    Aho bilimaniboy irazimye.

  • @Dreamer-s3d
    @Dreamer-s3d 9 часов назад +3

    Mutama wubahwe

  • @ericknduwimana3715
    @ericknduwimana3715 7 часов назад +1

    Uburyarya bwabamusicien babarundi.

  • @Ibiyago250
    @Ibiyago250 Час назад

    Abantu mwaravye prison break,namwe murabonako DJ Paulin asa na Linkon Balozi??

  • @ndayakila
    @ndayakila 3 часа назад

    Guhanura no guhana birajaana.

  • @AlexanderNimbona-lj4ln
    @AlexanderNimbona-lj4ln Час назад

    Kwabarundi mwiyita abatunzi murindyarya bigeze hiyo

  • @julesigirukwishaka224
    @julesigirukwishaka224 57 минут назад

    P Diddy w burundi 😅

  • @jumamecha
    @jumamecha 8 часов назад

    Nichogituma umuziki wuburundi atanaho wushika inzigo urwanko nihatar

  • @Toptimetv-d1p
    @Toptimetv-d1p 32 минуты назад

    Uwomugabo anyibutsa mb data ukuntu yamuhamvye akazuka none ugira uje kwabo nabo ayomajambo ata nayiki nimba yaritwaye ?narindire batunganirize ikindi ururimi rwumwe rukamwa ifyufyu uzorondere manager hakeem moza atange umuco kuko ivyuwo muzotinda mubimenye ikindi aragayana nkuko umengo atahari ntamuziki?

  • @OdaNzeyimana-z4x
    @OdaNzeyimana-z4x 9 часов назад +1

    Urabahindutse none

  • @Joshuaclassic
    @Joshuaclassic 10 часов назад

    Indera ukora gose guys

  • @bigjohnnevergiveup
    @bigjohnnevergiveup 7 часов назад

    Dj Pauln mumurabe neza ari mubantu badifuza umuziki wuburundi uduga hejuru mumurabe neza nigipinga

  • @boscoconkunze1068
    @boscoconkunze1068 10 часов назад

    Paul reka kuguma uburagiza abo bana bigihugu witwaje amahera

  • @abdullahnishimwe
    @abdullahnishimwe 10 часов назад +1

    Ni yubahwe uyo mutama wacu

  • @ismaelntare3850
    @ismaelntare3850 6 часов назад

    PAFU DADY WA BURUNDI, ABARIRIVYI BABARUNDI BARANUKA ARIKO KA DRAMA T KARAMOTA😂😂😂😂😂😂😂😂😂

  • @boscoconkunze1068
    @boscoconkunze1068 9 часов назад +2

    Gusa paulin nawe umenga yibaza ko babageretsek amabuye errga umuntu wese afs ukwimana yateguy ubuzima bwiw knd aracar Muto azoshika kure kuko nawe ahur ntiwaruz kuzohashika tureke kuba twishira hejuru mugucinyiza Burundi bwejo narengana kuko mbon iryo terabwoba rirenze peeee

  • @AlexanderNimbona-lj4ln
    @AlexanderNimbona-lj4ln Час назад

    Kwabarundi mwiyita abatunzi murindyarya bigeze hiyo