#Saudia

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 27 янв 2025

Комментарии • 78

  • @Amna-rf7el
    @Amna-rf7el Месяц назад

    Marira yawe Imana irayabona kubyeyi😢😢😢 Ihangane

  • @Aminah_nsabimana
    @Aminah_nsabimana Месяц назад +1

    Hemwe za murakoresh Western union canke mani Gram amahera ntazi mira ariko izo karata Benshii baba arabasuma

  • @EdigeMpawemana
    @EdigeMpawemana Месяц назад

    Ni hatari. 😭😭😭😭😭😭 Ndababaye. Mushikanje arambabaje PE PE PE !!! Bantu Bari I Bujumbura Bantu Mur hafi yuwo muntu canke umuntu wese yogira ico atashije amufashe .birababaje

  • @Butoyififi
    @Butoyififi Месяц назад

    Yoooooo pole maman nukuri umuruho nyene duhura nawo

  • @DuwayezuAgnes
    @DuwayezuAgnes Месяц назад

    Narabivunze nkivyuva ayomafoto kwatarayiwe nigorane😢😢😢😢😢😢😢

  • @rosettendayizigiye4627
    @rosettendayizigiye4627 Месяц назад

    Ndarize biranka,ariko Burundi fasha uwo mu mama, vyukuri birambabaje cane😢😢😢😢😢😢😢

  • @clarisseclarisse3736
    @clarisseclarisse3736 Месяц назад

    Pole nukuri mana yanje numuruho urino nibagufashe birambabaje 😢😢

  • @UdhdhDhdhhdjdb
    @UdhdhDhdhhdjdb Месяц назад +1

    Nihatari nivyoroshe kweri bamuhe amahera yiwe kweri Nihatari nivyoroshe

  • @anmarisamatha135
    @anmarisamatha135 Месяц назад

    Yoooo!! Mana nukuri tabara uyu muvyeyi aronke amahera nanj ndariz kwer

  • @SibomamanaHashim
    @SibomamanaHashim Месяц назад

    Imana niyizi uwurimukuri
    Kandi imana irafasha uwurimukuri
    Nubwo harigihe biteba

  • @JjshHh-wp6rp
    @JjshHh-wp6rp Месяц назад

    Mpore mamy nukuri nibamufashe ayaronke kuko umuntu akuririye amahera yino nukuri abakwudhe basiii😭😭😭

  • @جناتجاني
    @جناتجاني Месяц назад

    Nimumufashe basha aronke ayomahera yiwe 😢😢😢😢

  • @kwizerayvonne1950
    @kwizerayvonne1950 Месяц назад +1

    westunion niyo itabesha, nibace aho

  • @RizanieBucumi
    @RizanieBucumi Месяц назад

    Nibamufate bamubohe numwicanyahubwo😢😢😢

  • @AlexNduwimana-r8f
    @AlexNduwimana-r8f Месяц назад +1

    Ababishoboy nibagire icobamufashij vraiment

  • @ManirakizaJacquelyne
    @ManirakizaJacquelyne Месяц назад

    Nn gash kakoresh fot atariziw bizogoran ukobazomutor nub aracabandany yib ahubw icombon nuk twozan amafot yose akoresh uwuzokwibonamw mbay mafot azokwivug uz ukunt bibabaz😭😭nomufat sha

  • @RizikyPoro
    @RizikyPoro Месяц назад

    Yooo mana vugira uyo muman

  • @nununuora8274
    @nununuora8274 Месяц назад

    Yoo ihangan twebwe ngah twarumiwe Uzi Ayo baduheraniy kungen angan aha twararize twarihanaguy inam nokugira nyimba ufise icemezo kowayamuhay mwitwarire azoyagusubiza sawa

  • @AmeliaSharon-v2q
    @AmeliaSharon-v2q Месяц назад

    Pole sana chr nukuri numva namarira uyomugore arimajahe?

  • @AHMADAhmad-vy3dw
    @AHMADAhmad-vy3dw Месяц назад

    Munguwe 😢😢😢😢

  • @ndikumanadiane3684
    @ndikumanadiane3684 Месяц назад

    Nukur abantu barya amahera yacu duhangayikira ino bamenye ko nabo bazohangayik kumana nomuvyobakora bazogume baziko ko amarira yac arinyuma yabo😭😭😭

  • @DelphienUmurundi
    @DelphienUmurundi Месяц назад +1

    Nububeshi iyo video yobwira nuwuri muri office akayimuha yiberey Burundi non mwiyovideo koyerekanye ibitanda vyonyene aterekany ifoto yiwe ngoyiyerekane neza kwariw

  • @Ariella-k6e
    @Ariella-k6e Месяц назад

    😢😢😢😢😢😢😢😢

  • @IgIv-e3g
    @IgIv-e3g 11 дней назад

    Wihangane imana irabona amarira yawe kandi niyashu yawe bazobigufashamwowo bizogenda neza wihangane

  • @عائشه-ت4م
    @عائشه-ت4م День назад

    Ple amahera yino nayuburuhe arakuvunyamaboko ntafoto yiwe mbe warusanzwumuzi

  • @mmkk-bh4vb
    @mmkk-bh4vb Месяц назад

    Nayamuhe.nukuri😢😢😢😢😢😢😢

  • @wre1565
    @wre1565 Месяц назад

    😭😭😭😭😭

  • @GguGc
    @GguGc Месяц назад

    Uyo mugore yibwe nakwereke iyo carte yakoresheje mukayashirako hama turabeko uwoba avyihishe inyuma kuko beshi ubu ibintu badukore ntibisobanutse

  • @ZakiyaZakiya-t9u
    @ZakiyaZakiya-t9u Месяц назад

    😭😭😭😭😭😭Utumye ndira😭😭😭😭😭

  • @سولان-ب2ه
    @سولان-ب2ه Месяц назад

    Nukur mumufashe kuko tuyaronka twarushe

  • @حسنعلي-ث6ظ5خ
    @حسنعلي-ث6ظ5خ Месяц назад

    Nigorane😭😭😭😭

  • @اليزابث-م7ل
    @اليزابث-م7ل Месяц назад

    Mana yanje ababantu turabizera ariko nabo barakora amakosa bemeye kudufacha nibaze bakorecha umutima wakimuntu birateye agahinda kweli

  • @kwizerayvonne1950
    @kwizerayvonne1950 Месяц назад

    arambabaje uyu mumamma yahemutse koko ! mana ! uwo virginia bamurondere yemwe , areke kurenganya uyu mu mamma!

  • @kwizerayvonne1950
    @kwizerayvonne1950 Месяц назад

    navuge irindi zina ryiwe bamuhige koko! police imuhige ! ibi bisa nakumwe turungika amahera yacu dukorera ino bagaca bayirira . naho aba mwene wanyu , arayarimura! abarundi turi ingorane! ntidukundana ! Mana yacu!

  • @ndikumanadiane3684
    @ndikumanadiane3684 Месяц назад

    Birababaj nukur umuntu agutwar amaher yukwez kos ningene ukwez guhera umuntu arimuguturika😢

  • @NdikumanaJackson-f4j
    @NdikumanaJackson-f4j Месяц назад

    Jew numviseko.bamufashe none vyagenzegt

  • @RetaAlreta-y9n
    @RetaAlreta-y9n Месяц назад

    Nurir uhor imana izoguh ayandi jew nkishika ino umugenzi wanj tubana twakorera abavukana arampenda ampa ikarata tubana ndayishirako amahera yamezi ane yaciye avugango ikarata bayugay aca ava muri kontra aratoroka murayo mahera yanj turay hamwe yari yarigez kungurana ndamubarir ati ayamaher bayampemvy ntaw noyaguran aca arashavura rer acayiga umugambi wokuyanyiba arik imana irahinyuza haciye nkamez abiri poric yaciy imufata agiye ijaza ica imusubiza muburundi atamugamb numw aringer akor nih yaragishik ino rer amarir yumuruh turuhir ino iman ntizoyihanganir kubaturiza ww nogusab mwihoz vyihoz iman izoguh ayand gus kanura uce ubweng

  • @RobertLwambi
    @RobertLwambi 15 дней назад

    Nimwumwumvirize basha turaruha kugira tuyaronke amarira yiwe abatere ikigongwe

  • @MariroseMukeshimana
    @MariroseMukeshimana Месяц назад

    Kotwumvise baramufashe

  • @BAYUBAHEChantal
    @BAYUBAHEChantal Месяц назад

    Nne Virginia yamuhaye gte?

  • @DelphienUmurundi
    @DelphienUmurundi Месяц назад

    Uwo Virginia nibamuhige amuhe amahera yiwe

  • @JanetWimanaa
    @JanetWimanaa Месяц назад

    Kwatiyerekanye muriyovideo gotubonekwariwe ayonamanyaga

  • @MichelineIradukunda-p3o
    @MichelineIradukunda-p3o Месяц назад +1

    😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢

  • @abdullahalzwid1669
    @abdullahalzwid1669 Месяц назад

    😭😭😭😭😭😭💔💔💔💔

  • @sozvin1869
    @sozvin1869 Месяц назад

    Aniki wew ntukomeye😂none😂uri mumaki😂

    • @MugishaNibogora
      @MugishaNibogora Месяц назад

      Uwomusazi nibutse amahera yanje yase kundiha sha icomumpa

  • @DiomediNkunzimana
    @DiomediNkunzimana 26 дней назад

    Mugish wubahw

  • @IrankundaJClaude-z6f
    @IrankundaJClaude-z6f Месяц назад

    Pore muvyeyi imana ikube hafi kugira aguhe amahera yaw

  • @NdikumanaJackson-f4j
    @NdikumanaJackson-f4j Месяц назад

    Nukur ndarize mpatswe kumeneka

  • @EmelyneIrakoze-iv8xz
    @EmelyneIrakoze-iv8xz Месяц назад

    Nihatar non ukwo kunt batambatambish Amaher babikurah koko 😢

  • @niyonkuruAudace-t1u
    @niyonkuruAudace-t1u Месяц назад

    Uriz woburumusaz nabashire

  • @SibomamanaHashim
    @SibomamanaHashim Месяц назад

    Burya ibivugigwa kumitandao
    Bimwe nibinyoma zamuravyitondera
    Ariko imana niyo ihorera uwurimukuri
    Kandi abarundi baciye umugani ukuri kucamuziko ntigusha.

  • @RobertLwambi
    @RobertLwambi 15 дней назад

    Aya marira ndize azoyabazwe ntamuziii abahemu.muri babi caaane

  • @nununuora8274
    @nununuora8274 Месяц назад

    Iyo Niyo nama nokubwira Jew bandiye 3000Riyal bimaz umwak wose ntash nzomumes uwo nayarungitseko

  • @fyfh6211
    @fyfh6211 Месяц назад

    Ukuri wahora uvuga unomusi urihonyoye mbe kumuvugira uwo musuma canke yaraguhayeko aho wovugira uwomukenyezi ubonako yotanga amafoto yumuntu atazi ikindi naco harumuntu ari mwibarabara yoja kuri offec reka gushigikira ibintu bituvikana kare nakwemera ariko sivyiza hidukiza ururimi

  • @UwinezaWathy
    @UwinezaWathy Месяц назад

    Nihatari kwel

  • @GozynGoog
    @GozynGoog Месяц назад

    😰😰😰😭😭😭😭😭

  • @christainc.5217
    @christainc.5217 Месяц назад

    Nibigugu nkaho yitanga nimero zuwo yabivye bakamurondera none ayo😂marira acamuronka

    • @mariamsakora2818
      @mariamsakora2818 Месяц назад

      Nimero arafise kuzihindura

    • @christainc.5217
      @christainc.5217 Месяц назад

      @mariamsakora2818 wewutanga foto ziwe gamukavuga naho aba dokimatations imufata mumwanya muto

  • @DiomediNkunzimana
    @DiomediNkunzimana 26 дней назад

    Por san dad bazomufat tat

  • @kwizerayvonne1950
    @kwizerayvonne1950 Месяц назад

    ubuhemu gayemwe!

  • @clarisseclarisse3736
    @clarisseclarisse3736 Месяц назад

    Umunt arya amahera yumuruho umuntu yakoreye ary umuvumo

  • @AlexNduwimana-r8f
    @AlexNduwimana-r8f Месяц назад

    Numuswa yiriza hhhh

  • @ntungwanayoodette752
    @ntungwanayoodette752 Месяц назад

    Nn ufise basazawe ntibomugira imuhira bakamukubita nagasho akakinjira

  • @Sara-i3b6l
    @Sara-i3b6l Месяц назад

    Hewe kobaribavuzeko bamufashe

  • @yvonnenimpaye3604
    @yvonnenimpaye3604 Месяц назад

    Nibatohozebukebuke bazomufate

  • @Tescomo-p9h
    @Tescomo-p9h Месяц назад

    Ivyovyonakasamutwe pe sha nongorane

  • @M.GOGO741
    @M.GOGO741 Месяц назад

    Birababaj kwl umuntu yiyumvir kury amaher ataruhiy lmana imurab

  • @ManirakizaJacquelyne
    @ManirakizaJacquelyne Месяц назад

    Nn mukwiba kakoresh izofot gash nn bizogend gut kugir tuzomeny nyakur nyen kwib nn amakeng yiy video katisizemw tumurab wosang bamufotorey nah ngah bakahamuh akaca avugir kwiy video

  • @CecileIrampaye-k2o
    @CecileIrampaye-k2o Месяц назад

    Ibibintu birababaj ariko twebw igihe twumvubutumwa murgrp ndimw bukey bwaho þwakiriy odio yumuntu wumugab ivugako uwomugore yafashw uwibwe ngwavuguk bigenda,munyum twakir video yuwomugore avugwako ariw yivye avugak arisaoudia atarataha none dufatiki natange nimero kugruwomufata acaronkuk amuronder bavugane,nukur izikarata nyishi murizo źiriba muvyarawanje bamwivye umushahara wamezi3 ntivyoroshe kbx

  • @SaidiNtiranyibagira-lk1kz
    @SaidiNtiranyibagira-lk1kz Месяц назад

    Nonekoo.uwomugoreyibwe?noneyobayamenyeizinaryiwegute?harigiheayomafotoyayafqsheagombaatahekugiraazeayerekanekoarimuriarabiya.kugiraivyoazo vugavyosebikunde..

  • @SibomamanaHashim
    @SibomamanaHashim Месяц назад

    Imana niyizi uwurimukuri
    Kandi imana irafasha uwurimukuri
    Nubwo harigihe biteba

  • @Amna-rf7el
    @Amna-rf7el Месяц назад

    😢😢😢😢😢

  • @SibomamanaHashim
    @SibomamanaHashim Месяц назад

    Imana niyizi uwurimukuri
    Kandi imana irafasha uwurimukuri
    Nubwo harigihe biteba

  • @AliceNiyokwizera-r1p
    @AliceNiyokwizera-r1p Месяц назад

    😭😭😭😭

  • @GaominaGirl
    @GaominaGirl 24 дня назад

    😭😭😭😭