Umushikiranganji wambere arasigura imvo Reta y'Uburundi yadugije igitoro
HTML-код
- Опубликовано: 15 сен 2024
- #indundinews: Inyishu Ku kibazo c'iduzwa ry'ibitoro n'uruhara gwa Reta y'#Uburundi nkuko bidhikirizwa n'umushikirangaji wambere #Gervai_Ndirakobuca
Imana idufashe😢😢😢
Nuko nyakubahwa nacanamanuka icogitora muzotubwire nubwo ataho ndabibona muburundi
Ramba
Ati ivyankenegwa birazimbuts???.Mbega abarundi bararonka ayomafaranga mwita make??.Abarundi bararushe hagezeko amajambo muvuga ave mumajambo aje mubikogwa.Abarundi barashonie ntahobakura amafaranga uokugura ivyokurya.
Ntubeshe inzara irahari ariko reka dukovye dukore kuko sinibaza KO harumuvyeyi yonezerwa abana bamusonzeye mumaso uwo cambu ca never wacu yoba arumuvyeyi gito
Wewe niwidugirize ukwushaka kuko ntakiguhanze
Muratubariza Abo ba bakuru duhora tubon Ama photo yivy bimbuye mbeee bihora bishorwa heh cnk barabifungura vyose kumengo aba ar Ama Toni nama toni
Muga muratwenza none ushaka bazoze barashora iwawe?
Uratanga commande kugira uze urabibona none gasha KO wewe utabera hose icarimwe wobibona gute mugihe batabishoye aho uherereye?