Chorale ABAHIZI B'INKOMEZI yasubiyemwo indirimbo Petero NKURUNZIZA yakunda gutamba

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 15 сен 2024
  • Abana b'Indongozi zitandukanye z'igihugu c'Uburundi bahurikiye muri Chorale ABAHIZI B'INKOMEZI basubiyemwo indirimbo UWIZIGIYE IMANA bahora baririmbana kandi bagatambira hamwe n'uwahoze arongoye Uburundi Umuhisi Petero NKURUNZIZA. Hari kuri uwu wa kabiri i #Gitega mu mugirwa w'ukumugandukako n'ukwibuka umwaka umwe uheze yitavye Imana.

Комментарии • 95

  • @FrankRichard-rl1ho
    @FrankRichard-rl1ho 3 месяца назад +1

    Nkurunziza hata kama umelala nakupenda sana,Frenk R Tanzania

  • @christthekingtv5683
    @christthekingtv5683 3 года назад +18

    Ndi umumyarwanda ,ndi umushumba wishengero ,ariko iyi ndirimbo nyireba incuro zitagira ingano ,sinjya nemerako irangira,gusa amarira ambana menshi iyo nibutse Umugabo wImana President Pierre Nkurunziza ,naramukundaga bitavugwa hamwe na Mme we Bucumi Denise Nkurunziza ,mbese Na Neva wamusimbuye mbona azabanira neza Abarundi

    • @mpmp3195
      @mpmp3195 3 года назад +2

      Imana igukomeze cyne🇷🇼🇷🇼🇷🇼

    • @mpmp3195
      @mpmp3195 3 года назад +2

      Urumu cyuti mwiza Wuburundi

    • @agatikateretswe5830
      @agatikateretswe5830 3 года назад

      Abo bana yabasigiye irage jyiza

    • @maombijuslene7087
      @maombijuslene7087 3 года назад

      Cyane nange ndumunyarwnda ark iyindirimbo irandiza nibutse Nkurunziza weeeeeeee naragukundagape

    • @rebeccauwimana5457
      @rebeccauwimana5457 3 года назад

      😭😭😭😭😭

  • @alexisbulimwengu1743
    @alexisbulimwengu1743 3 месяца назад

    Pumuzika salama mzee wetu tayari tume anza kukumbuka

  • @doodooofast8760
    @doodooofast8760 3 года назад +8

    yooooooiiiiiiii nkurunziza ndizeye wicaye aheza watambiye imana nukuri

  • @africanishomeland7840
    @africanishomeland7840 3 года назад +9

    Ndibuka uburyo yajyaga ayitamba kweli yoooo imana imuhe kuruka mumahoro

  • @chazyadam9772
    @chazyadam9772 10 месяцев назад

    😢😢😢😢i just missing nkurunziza

  • @nshimirimanafabrice6567
    @nshimirimanafabrice6567 3 года назад +8

    Président NKURUNZIZA tuzogukumbura

  • @baoulamlohnsotia2878
    @baoulamlohnsotia2878 3 года назад +17

    cette belle melodie me rappel du president nkurunziza.depuis lome togo je dis bonsoir a tout les burundais....

    • @irakozeissa5802
      @irakozeissa5802 2 года назад

      Salut mon frère 🙏🏼

    • @baoulamlohnsotia2878
      @baoulamlohnsotia2878 2 года назад

      @@irakozeissa5802 bonjour mon frere! jzdore le burundi...surtout le president nkurunziz pierre rip.......suis togol.......moi

  • @alinaalina3089
    @alinaalina3089 3 года назад +9

    Munyibukije byishi kwiyindirimbo ntabyishi novuga atari intimba gusa

  • @KazimaImanainkunda
    @KazimaImanainkunda 16 дней назад

    iyindirimbo inteye amarira

  • @naftalnshimirimana5817
    @naftalnshimirimana5817 Год назад

    Mumaso ncanibuka imbere yabobana harumuhisi prezida Nkurunziza arikwaratayaya umwosori ukanyirenga mbere nabifashe nkingwara ngwaywe, Nubunde njakurema mbonye koyadusigaranye samuragwa.

  • @josephgahungu2708
    @josephgahungu2708 3 года назад +2

    Ndavye ingene yatambira Imana sans doute sogokuru wacu yibereye kumwe nayo in Paradise.

  • @63291
    @63291 Год назад +2

    Iyi ndirimbo inyibutsa umusaza Nkurunziza😢❤Imana Imuhe iruhuko ridashira.

  • @alinaalina3089
    @alinaalina3089 3 года назад +3

    Nguwudasize umwana ngo asiga umugani ntibabeshe iyindirimbo itwibutsa byishi kazi yamungu hayina makosa aca mungu aitwe mungu ubugombe bwimana burakimeye pe

  • @theophilebigohe4239
    @theophilebigohe4239 3 года назад +6

    Je suis congolais de la RDC ,se trouvant à Goma.j'aime cette musique.

  • @alinendayishimiye7028
    @alinendayishimiye7028 3 года назад +5

    Uyumuvyey ntazibagirwa yadukuye habi 🙏🙏🙏

  • @samial-khusaibi772
    @samial-khusaibi772 3 года назад +5

    Yoooooo yarayitamba gasha😭😭😘🇴🇲🇴🇲🇴🇲🇧🇮🇧🇮

  • @niyongabojonas4760
    @niyongabojonas4760 3 года назад +2

    Ndabakunze cane bana ba mama

  • @samblessings1358
    @samblessings1358 3 года назад +5

    Iyindirimbo yarayikundacane

  • @jabbiemamadou5611
    @jabbiemamadou5611 7 месяцев назад +1

    Repose en paix, on aime pierre 😢 depuis la Gambie ❤

  • @nduwamungufribert4461
    @nduwamungufribert4461 3 года назад +11

    If was his favourite song 🇧🇮 R.I.P I ‘m sure he is in paradise 🙏🏽🇧🇮.

    • @allantim6609
      @allantim6609 Год назад

      What’s the name of this song? I love the song.. Love from Uganda 🇺🇬

    • @afrolinetv250
      @afrolinetv250 11 месяцев назад +1

      ...u are sure😂
      How😂

  • @renildensabimana2139
    @renildensabimana2139 3 года назад +3

    Imana yacu ikora ibikomeye, ni serukundo niyo ikiza. Hari abibaza ko sogokuru wacu yapfuye, aho ari aradusabira kandi uburundi bwacu buzotera imbere kubera Ambassadeur wacu sogo yagiye kudusabira imigisha.Niwiruhukire sogo tuzokwama tukwibuka

    • @ndayishimiyerichard5680
      @ndayishimiyerichard5680 3 года назад

      Imana yo ntibayiyorobekako sha ubuhanga buri murusizi n'imivyimba iri muri za buringa no kurusizi azoyisanga kwirembo ryijuru ntizomwemerera kurengana.ivya Césaire mubihe Césaire ivyimana mubihe Imana.ntawukorera Imana na Satani.Satani yaramaze kumwiyegereza ntankeka.nzibuka ijambo yavuz ngo abatavyemera nzobarungika mwijuru ahandi ngo bazohera nkifu y'imijira abatamwemera ari busige batarahera.Ewe Afrika wuzuye abadayimoni beshi.les malhonnêtes et les hypocrites.nabo bamuninahaza beshi barazi amabi yakoreye abarundi

    • @raissafabien4285
      @raissafabien4285 3 года назад

      @@ndayishimiyerichard5680 nn kwatariw utanga cnk wimane idyo juru. Ibi bikuruhirijik uvyandik?

    • @avidan-deonntihanabayo5247
      @avidan-deonntihanabayo5247 3 года назад

      Umucamaz arabonetse

  • @sshh5464
    @sshh5464 3 года назад +2

    Yooooo abarundi twarabuze peeee ntawundi muvyeyi akunda uburundi nkabarundi nkawe ntituzomwibagira 😭😭😭😭😭😭 haruwuraho wewe ngo ni evariste mana ntituzorica ndakurahiye 😪😪😔😔😔

  • @mpayakamara5028
    @mpayakamara5028 Год назад

    R.I.P Pres. Pierre Nkurunzina.

  • @bizimanarobert6897
    @bizimanarobert6897 Год назад +1

    Yesu ugira neza,agakiza kawe ugaha Bose,Ndagushima ko waduhaye Umukuru w Igihugu yakubaha akagukorera akagutambira nka kumwe Dawidi yagutambira,ndasavye Mana umpe inkomezi zokugukorera ndagutambire ,iyo mbona abahambaye bagutambira nje mwana w umuntu muto cane ntarwitwazo ruhari rwombuza kugutambira n abahambaye bagukorera,Izina ryawe rishirwe hejuru Yesu Kristu .

  • @ghhhhy1812
    @ghhhhy1812 3 года назад +3

    From 🇧🇮 Saudia miss you nkurunziza atakama umetuashia shetani evarise tu nateseka san uk wa rundi😭😭😭

  • @ibrahimcompaore8534
    @ibrahimcompaore8534 2 года назад +2

    Très triste lorsque je regardes cette vidéo que Dieu vous facilite prési ! J'aime ce peuple depuis le Burkina Faso !!

    • @irakozeissa5802
      @irakozeissa5802 2 года назад

      Salut mon frère Ibrahim

    • @ibrahimcompaore8534
      @ibrahimcompaore8534 2 года назад

      @@irakozeissa5802 bonsoir cher issa j'imagine que tout le monde se porte bien chez toi !?

  • @jeannettenzokirantevye6329
    @jeannettenzokirantevye6329 3 года назад +6

    The oldman said that a hero never die but they are sleep R.I.P our hero🙏🏽

  • @uwayesuemmanuel3960
    @uwayesuemmanuel3960 3 года назад +4

    Amen amen Imana yacu irakomeye kdi niyo kwizerwa.

  • @ahamedvavamariam881
    @ahamedvavamariam881 Год назад

    Rip my president

  • @panacool978
    @panacool978 Год назад +1

    ASSIMI GOITA et Ibrahim Traoré suivent les pas de cet grand homme Nkurunziza Pierre, tous dignes fils d'Afrique avec leur Grand frère Thomas Sankara

  • @voyagemakile3223
    @voyagemakile3223 3 года назад +7

    😥😭💔i miss him

  • @aishaburundi7058
    @aishaburundi7058 3 года назад +3

    😢😢😢😢 I miss you 😘 burnd🇧🇮

  • @cococlaudine9903
    @cococlaudine9903 3 года назад +3

    😭😭😭😭 Imana dusenga Imuhe Iruhuko ridashira Sokuru wacu Nkurunziza urabona nabo bana ko ata moral kweri ntanguvu bayitambana ariko Mana Waduhishije byinshi niwubahwe

  • @iga2023
    @iga2023 3 года назад +4

    Imana yacu uyizigiye ntukorwa n'isoni

  • @sarahbarahomoka7469
    @sarahbarahomoka7469 9 месяцев назад

    Nashukuru Mungu kwa maisha ya Mtumishi wake PN. BURUNDI ENDELEA KULIITIA JINA LA BWANA ATAWAITIKIA NA KUWATENDEA MAKUU.Imana ikola ibhikomeye.

  • @twiganicyongereza2196
    @twiganicyongereza2196 3 года назад +2

    Il me manque! Ruhuka neza mubyeyi.

    • @julesigirukwishaka224
      @julesigirukwishaka224 Год назад +1

      Qui est ici encore en 2023,pour cette belle chanson qui nous rappelle l'homme fort. R. I. P our president🙏

  • @trophywilson7211
    @trophywilson7211 3 года назад +5

    NEVA muvyimana wapi??

  • @AimableImani
    @AimableImani 6 месяцев назад

    Ce bien

  • @sabatofuraha7913
    @sabatofuraha7913 3 года назад

    Asante sana nyimbo inanifariji sana

  • @نادينمدري
    @نادينمدري 2 года назад

    Umuvyey sogo wacu yoo yaragatamb gasha yubahwe ahari hose🙏🙏

  • @fidesinimahye5376
    @fidesinimahye5376 2 года назад

    Komeza kuruhukira mubwami bwimana Mutama wacu. Tuzokwama tukwibuka 🙏🙏🙏😭😭

  • @MunezerJaquelinne
    @MunezerJaquelinne 6 месяцев назад +1

    Papa Burundi ahuryame imana iguhe uburuhukiro bwiza kabisa iyi ndirimbo inyibukije byishe ryama amahoro papa buntu

  • @florahakizimana7557
    @florahakizimana7557 3 года назад +1

    Irakomeye,irahambaye cane

  • @lilianeerica3318
    @lilianeerica3318 3 года назад +4

    Amen

  • @yousufyousuf1320
    @yousufyousuf1320 2 года назад

    😭😭😭😭😭😭😭😭😭Itwibutsa umuvyeyi wacu yitahiye😭😭😭😭😭haraho yankuye😭😭😭😭

  • @cvzx-2968
    @cvzx-2968 6 месяцев назад

    Mutamawa. Cu. Uwamwi. Che. Imana. Imubabatire. Yadusize. Murira. Adahera😂😂😂

  • @yousufyousuf1320
    @yousufyousuf1320 2 года назад

    😭😭😭😭😭😭😭😭Umuvyeyi wacuuuu😭😭😭😭😭😭😭😭😭❤️❤️❤️

  • @jennifersandi2806
    @jennifersandi2806 Год назад

    Imana imwakire mubwami bwayo u will forever Be in our heart

  • @esperancenahimana70
    @esperancenahimana70 3 года назад

    Komeza wiruhukiramahoro Muvyeyi ndarize,ariko ntuzibagirana namba washize hasi icubahiro cawe ushira ic'IMANA HEJURU URAYIHIMBAZA URAYITAMBIRA,RUHUKA AMAHORO NTAKUNDI.

  • @ndayikezemireille2467
    @ndayikezemireille2467 3 года назад

    Arik Mana uzi ivyihishij mumitima yaburi muntu wese ivyutugirira nivyo vyiza twariyakiriye😭😭nabo Bana nta morale ariko kazima yasize iragi

  • @goodsamaritanchannel4255
    @goodsamaritanchannel4255 3 года назад +1

    RIP Man of God

  • @kamikazi6161
    @kamikazi6161 3 года назад +1

    Nkunda ukuntu murimba

  • @alexkimindamaina4927
    @alexkimindamaina4927 2 года назад

    Why did he had to die he was the best burundian president rest in peace your excellency

  • @01KV01
    @01KV01 3 года назад

    Amen, in life you cannot please everyone. I hope PN is in the paradise

  • @trophywilson7211
    @trophywilson7211 3 года назад +1

    Wow

    • @lubegadidier4287
      @lubegadidier4287 3 года назад

      Nice song and I have a feeling for my motherland Burundi its now 13 outside Burundi

  • @kabazig.beline4767
    @kabazig.beline4767 3 года назад

    Amen Amen

  • @esperancenahimana70
    @esperancenahimana70 3 года назад

    Blessing

  • @niyoprosper6823
    @niyoprosper6823 3 года назад

    R.I.P baba wa Taifa

  • @niyitangayohanibscontagand4254
    @niyitangayohanibscontagand4254 3 года назад +1

    Arimwijuru ntimushidikanye

  • @esther8032
    @esther8032 3 года назад

    Nic

  • @rebeccauwimana5457
    @rebeccauwimana5457 3 года назад +1

    😭😭😭😭😭😭

  • @kamikaziange5100
    @kamikaziange5100 3 года назад +1

    😢😢

  • @cedricirankunda784
    @cedricirankunda784 2 года назад

    Nib

  • @fleuryrukundo8945
    @fleuryrukundo8945 5 месяцев назад

    So ? !

  • @beatricenindungitse7897
    @beatricenindungitse7897 Год назад

    P

  • @samblessings1358
    @samblessings1358 3 года назад +2

    Amen

  • @rebeccauwimana5457
    @rebeccauwimana5457 3 года назад +1

    😭😭😭😭😭😭

  • @erianne494
    @erianne494 3 года назад +1

    😭😭😭😭😭