Merci pour la belle mélodie burundaise, l'instrumentale moderne et le message qui invite à un patriotisme. Muga ndakubaze Piye, uwo muziki twumva, ni live canke ni instrumentale wakoresheje ordinateur ? (ikibazo nokibaza n'aba musiciens dufise muri kino gihe).
Et pourtant vous êtes les derniers au monde
Ndabakunda cane ingabo zicungera igihugu canje gusa Ndashaka inamba zuyu muundaji tuzoyage uyu mukuru w’Igipirisi aho nabonye mwabo twiganye munkambi Induta Tanzania 🇹🇿 murakoze from America
Komera komera uduhe n'utundi🇧🇮🇧🇮🇧🇮love from America
Repos éternel mon feu père que Dieu t'assiste toujours
Nk'ayandi mabanga yose wobona ucinjira ntiwobona ugisohoka. Uyo muziki n'izo ngoma nabishimye kabisa.
Ndadyohewe cane
Wonderful
Rwanda nirwo rurenze
Woe turikumwe
Nice Nice ,,,,ni vyiza cane Cinjire kweli kabisa .
Bravo kbx very nice song Kali
Biraryoshe
shirako izindi kandi abasoda nabo baririmbe ahahah ndadyohewe ngo moral iranyereza kumudugo ahahahah
Komera mutama ndagukurikiye ndihano Rwanda Kigali
Komera komera mon frère,long time!!!!
Tucinjire atamahera gihemba ntakuvumwa nabanyagihugu dukeney kuber igiturir nubusuma
Nimependa
Abarundi ntidukunda ibantu bacu baducungera umutekano urazi ukuntu nkunda iyi ndirimbo cinjire nimutange comment nyishi na za like
Merci pour la belle mélodie burundaise, l'instrumentale moderne et le message qui invite à un patriotisme. Muga ndakubaze Piye, uwo muziki twumva, ni live canke ni instrumentale wakoresheje ordinateur ? (ikibazo nokibaza n'aba musiciens dufise muri kino gihe).
Komeza murashoboye
Voici ma prémière chanson vidéo
Pierre NKURIKIYE very nice
Fucky your first song....
Mwitagatire muburundi
Cinjire
Nibaze dukorakazi
Inzego zacu murashoboye mwubahwe
Nahora nanka abapolisi ariko mbonanga umungo murabantu nkabandi ribayeiryambere munezereje ariko nimwebwe mwenyebe mumpimbaye abandibo nabagome
Coup d'echapo Pierre nkurikiye
Kinjire mumuriro
Wubahweee
Courag
❤❤🎉🎉🎉
Courage
Murachoboy kl niyo
❤❤❤❤❤
Mukomerezaho
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
🇧🇮🇧🇮🇧🇮👍👍👍👍👍👏👏
😁👍🏽🎩
Nice song
neza cane