Imigani: umwami n'igisizimwe ( umwami yari aguye mu mutego azira inkumi)

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 6 сен 2024
  • Mu migani y'ikirundi harimwo inyigisho zikomeye. Muri uyu mugani herekanwa ubutwari bw'umwami n'intege ashobora kugira . Harerekanwa kandi umwami adahangarwa, umuhangaye n'aho urwanywa na benshi canke na vyinshi. Abakuru n'abato ni mwumvirize muzirikane

Комментарии • 4