Uburundi Mu Kirundi
Uburundi Mu Kirundi
  • Видео 68
  • Просмотров 470 896

Видео

Umwami ari he? - inanga ya TOROBEKA Yozefu//inkuru y'igihe Mwezi anyegezwa abazunguUmwami ari he? - inanga ya TOROBEKA Yozefu//inkuru y'igihe Mwezi anyegezwa abazungu
Umwami ari he? - inanga ya TOROBEKA Yozefu//inkuru y'igihe Mwezi anyegezwa abazungu
Просмотров 7 тыс.Год назад
Umwami ari i Muramvya, mw'iteka rya Mbuye, i Kiganda i Fota, .... ari he akangabira akanganza? Iyi nanga yigana igihe Mwezi Gisabo asagirizwa n'abazungu, agahishwa baba abazungu canke igihugu ntibamenya aho ari. Nimwiyumviririze namwe mumenye aharangwa umwami n'ukuntu igihugu caba coro kitabona umwami.
Turerere Uburundi - inanga ya Donasiyano//umukobwa yishima, yambara atikwiza atukisha abavyeyiTurerere Uburundi - inanga ya Donasiyano//umukobwa yishima, yambara atikwiza atukisha abavyeyi
Turerere Uburundi - inanga ya Donasiyano//umukobwa yishima, yambara atikwiza atukisha abavyeyi
Просмотров 15 тыс.Год назад
Muri iyi nanga NINTERETSE Donasiyano ahamagarira abavyeyi kurera neza , abana nabo kuzigama indero. Harerekanwa ubworo bw'umwana w'icanke agenza ibintu ukwo ashaka .
Ugusaba umugeni : ijambo ry'usaba umugeni, Kinyange na Torobeka babaye bamwanaUgusaba umugeni : ijambo ry'usaba umugeni, Kinyange na Torobeka babaye bamwana
Ugusaba umugeni : ijambo ry'usaba umugeni, Kinyange na Torobeka babaye bamwana
Просмотров 104 тыс.Год назад
Ijambo ry'ugusaba umugeni ni ijambo rya gishingantahe, barivugana ubwenge kandi rikaryoha kwumviriza. Muri runo rugero twatanze, Kinyange asabira umugeni umuhungu wiwe atakirya, atakiryama ari ukwiyumvira umukobwa wa Torobeka . Kinyange na Torobeka baheruka gusabana ubumwe, igihe bayagira mu mbaramake banama akajambo kamwe ari ko kazinduye Kinyange uno munsi. Emwe Torobeka nk'aho umenga iyo nku...
Inanga y'ibisuma - Torobeka Yozefu// ndakambura abamvyaye sindayisigaInanga y'ibisuma - Torobeka Yozefu// ndakambura abamvyaye sindayisiga
Inanga y'ibisuma - Torobeka Yozefu// ndakambura abamvyaye sindayisiga
Просмотров 5 тыс.Год назад
Abasuma ari bo baronsi bafata ingeso yabo nk'ubuhizi. Iyi nanga yerekana ukuntu umusuma w'inka yigamba abo yasahuye. Abanditsi benshi nka NSANZE Gusitino (muri LE BURUNDI ANCIEN)na Rodegemu ( muri ANTHOLOGIE RUNDI) baravuga ku ngeso n'amayagwa vy'ukwiba inka. Ijambo amaronko rishobora kuba risigura ubutunze umuntu aronka yanyaze abandi, kuko ibisuma mukwivuga vyiyita abaronsi.
Gusaba umugeni: intore ziratoranye, umuhungu wa Kinyange yashimye umukobwa wa TorobekaGusaba umugeni: intore ziratoranye, umuhungu wa Kinyange yashimye umukobwa wa Torobeka
Gusaba umugeni: intore ziratoranye, umuhungu wa Kinyange yashimye umukobwa wa Torobeka
Просмотров 10 тыс.Год назад
Ubumwe bw'imiryango y'abarundi muri vyinshi bushingiyeko harimwo guhana abageni. Iri ni ijambo ritegura iry'ugusaba umugeni. Kumbure muhora muvyumva mu majambo y'ugukwa bavuga bati : " ..hari akajambo twayagiye mu mbaramake" baba bashatse kuvuga ijambo nk'iri. Kinyange afise umuhungu, atakirya atakiryama kubera yashimye umukobwa wa Torobeka. Ico ni catumye Kinyange ahaguruka agana Torobeka ngo ...
Igisagara kiraryana - inanga ya Donasiyano NINTERETSE//..inyota nyinshi , Donavina ahishijeIgisagara kiraryana - inanga ya Donasiyano NINTERETSE//..inyota nyinshi , Donavina ahishije
Igisagara kiraryana - inanga ya Donasiyano NINTERETSE//..inyota nyinshi , Donavina ahishije
Просмотров 80 тыс.Год назад
Iyi nanga irimwo agahinda n'amaganya. Nkako ngo ishingiye ku magume Uburundi bwaciyemwo . Muri iyi nanga Donasiyano yigana amarushwa y'Umurundi ari kure y'umuryango, yishwe n'intuntu kuko igihugu cari mu magume, imiryango ntibonane . Aranegura kandi utugeso tumwe tumwe nk'ubururyarya bw'ukurya ingero ntushitse amasezerano ( nk'ukwurutsa imodoka uwarishe utaramushikana iyo aja),... Donasiyano ar...
amasumo y'i Kareraamasumo y'i Karera
amasumo y'i Karera
Просмотров 319Год назад
amashuhaamashuha
amashuha
Просмотров 207Год назад
Burundi gihugu cizaBurundi gihugu ciza
Burundi gihugu ciza
Просмотров 127Год назад
Kireko n'inkumiKireko n'inkumi
Kireko n'inkumi
Просмотров 1,7 тыс.Год назад
igisigo kizirana n'amaguruigisigo kizirana n'amaguru
igisigo kizirana n'amaguru
Просмотров 5 тыс.Год назад
bakobwa isigure !!bakobwa isigure !!
bakobwa isigure !!
Просмотров 706Год назад
abakobwa nibikwize, hari abagabo bagwaye igisigo kizira hejuru y'amavi//Donasiyano akebura atwenzaabakobwa nibikwize, hari abagabo bagwaye igisigo kizira hejuru y'amavi//Donasiyano akebura atwenza
abakobwa nibikwize, hari abagabo bagwaye igisigo kizira hejuru y'amavi//Donasiyano akebura atwenza
Просмотров 20 тыс.Год назад
Abarundi bacuye ibikorwa, barakiranura ibicurarangisho bagaterama bacuraranga. NINTERETSE Donasiyano ari muri iki kiganiro ni intahetwa mu gucuraranga inanga. Yabigize umwuga, ageze ku bikorwa 48 vy'agahore. Muri vyo ku rubuga rwacu murahasanga : Rya kete wampa mukobwa, Igisagara kiraryana, Turerere Uburundi . Muri iki kiganiro Donasiyano arigana ukuntu inanga yamumariye vyinshi: yamufashije ku...

Комментарии