Ubucuti mu muryango: Menya ico mupfana mu muryango nturenge imiziro, ntiwisenge ufise nyogosenge

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 5 сен 2024
  • Ko baca umugani bati : "uwutagira inasenge arisenga" canke ngo "i bunyokorome uhashikanwa na nyoko" , utazi nyogosenge canke nyokorome uzobigenza ute?
    Mu muryango ntihari abo gusa( nyogosenge na nyokorome), hari ba sowanyu, nyokwanyu, abahungwawe, abakobwawe, abishwa canke abasengezana, ...., ba nyogokuru, sogokuru, nyogokuruza, sogokuruza.. Imana iguteye iteka ikagutereka, uzogira abahungu n'abakobwa, abazukuru n'abuzukuruza.
    Ni vyiza kumenya umuryango, abo bose twadondaguye hari ibibaranga, bitandukanya umwe n'uwundi: umwishwa bamuziririzako vyinshi, inasenge w'umuntu ni umuhanuzi akaba n'umuburanizi w'abasengezana( ntabanga bamuhisha),.... Sekuru canke Inakuru w'umuntu ni umwigisha w'ubwitonzi, yuzuye urukundo rwihangana, ari uw'i bunyoko hoho ntatanga araganura.

Комментарии • 19