Hahirwa ababa mu nzu yawe Mwami babasha kugushima ubudasiba.....ubu mu ijuru bizaba bimeze bite koko,Burundi mufite amahirwe yo kugira aba bakozi b'Imana...Uwazampa amahirwe yo guhurwa na bo....Murakagwira nk'ubwoya bw'inka
❤❤❤ Can't get tired of watching this from A to z , 4 times now Non stop. Burundi is blessed to have these amazing people in music industry. Burundi 🇧🇮 Mother of gospel Worship in the East African Countries . 🙌
Inkuru nziza ndagufitiye nuko nagiriwe ibakwe ryo kuyibone ubwambere muri projection ya Now Creative il ya deux...bne nvlle rero nuko hari uwo yafashije gushika ku gakiza et c'est ca l objectif...courage cane mn frère ubandanye👍🙌
Dudu, Uhoraho Agukomeze Kandi aguhezagire!!!! Il ya plus de 10 ans umbera umugisha!! Mu gakiza kanje Uhoraho yaragukoresheje caane kugira mbandanye simbivemwo! Indirimbo zawe ndabishingira Intahe ko ziri remplis par l'inspiration du Saint Esprit car zarankomeje caane! So pour tout ça!!! Merciiii Uri igikoresho ciza c'Uhoraho!!! Mercii!!
Guys don't laugh at me for I'm crying to watch my Idol DUDU. DUDU I think you still remember that, back in 2019 I told you this on Facebook. May God bless you and your family.
Thanks for sharing your gifts with the church and the country… Burundi is blessed to have you as her son. We are blessed to have you for a brother and fellow countryman. We respect and love you Dudu. Blessings to you, your family and ministry… I thank God for you… you’re an indescribable blessing to Burundi, Africa and the world. Love you lots
Oohh God ibihe vyiza mukubaho kw'Imana. The way rero batteur yisanga ariko adugiroza ibiganza Umwami kandi ariko aravuza😂😂habuze gato abireke. May God bless you children of God
Amen Imana reka uyu mutima woguhimbaza Christ wuzure mumitima ya Barundi Bose, merci bcp apostle Appolinaire and big bro Dudu murumugisha kuri iyi génération.
Jeeeeez what did I just witness?????? I have cried,laughed,smiled,sang,knelt down,danced yoooo!!! Mbega byiza, Dudu please come to the US and bless us, it’s very possible!!! Ndumiwe
GLOIRE À DIEU! À BURUNDI, LES TALENTS PORTENT DU FRUIT: MA GRATITUDE À DUDU T. QUI SE DONNE PAR AMOUR. BRAVO À L’ÉQUIPE MUSICALE PERFORMANTE, AUX CHORALES ET À LA FOULE PARTICIPANTE. RECONNAISSANCE À CEUX QUI TRAVAILLENT DANS L’OMBRE. L’ESPRIT-SAINT EST PRÉSENT!
Burundi people you are gifted ,talented and anointed, Dudu you are my favorite Gospel artist in the Great Lakes. Be bless man of God your music blesses nations. I honor the anointing that is upon you, this concert was🔥🔥🔥
Abarundi dufise ibirezi ariko tuja turibagira ko vyera kandi tubizi tunavyambaye. 🇧🇮 . Highly respect you bro Dudu, muri mubambere batumye nkunda ivyiryo banga rikomeye muguhicubahiro Uhoraho biciye mukwandika no kuririmba. No matter what Burundi 🇧🇮 will keep holding the Praise and Worship flag over EAC countries as we are the initiators of this holy thing
Be blessed Dudu knd caaaaaaaane iyi video yiyi concert nguma ndayiraba uko bukeye imbera shasha Yesu akugirire nezaaa caaaaaaane my big brother umbera icitekererezo nukur Yesu aguhe umugisha Dudu T Niyukuri mu bikorwa vyawe vyooooose.
I feel the tears whenever i watch this concert. This day i were there was my fist time to see my big bro DUDU worshipin' our Dear GOD as he did😭 thank u big bro i lent more from u big bro🙌😭
Mu Rwanda ariko dukunda cyane indirimbo z'Abarundi cyane cyane iza Gospel. Kuva muri 2009 playlist yanjye iba iriho indirimbo z'Abarundi nka 65% ugereranije n'i'AbanyRwanda za Gospel. Abarundi kuri Gospel muri hejuru, uzabihakana azandebe muhe ubuhamya. Dudu, David, Appolinaire, Redemption Voice bo ni ibindi bindi, hari n'abandi benshi nkurikirana cyane baririmba Gospel, you are super!
Thank you Jesus for your selfless love!! I am blessed once again as i listen to this wonderful concert! I wish you more & more anointing bro Dudu. The best is yet to come!
Thank you Man of God.....wama uduhera intege mu ndirimbo zawa be blessed abundantly Worshiper Dudu ✨✨✨(and Christian Kibamba is a beast on drum chapeau à lui 👌👌👌)
Be blessed Dudu and Pastor Apolinaire. You're a blessing for Great lakes region and whole Africa. This is from a soul you've always touched from Uvira_DR 🇨🇩
I can feel the presence of the Lord Warakoze Mwami… twifatanije nabo mwijuru gutazira umwagazi w’intama Yesu Christo…. Wera uri uwera… 😭😭😭😭 thx HolySpirit🙏🙏🔥🔥🔥
Wow 👏😮 I remember that day it was so amazing 🤗 Mungu wetu ni waajabu ameshusha mafuta mabichi fresh anointing siku ile. Be blessed 🙌 #Dudu ur'umurirmvyi wanje ibihe vyose
Mwene data Dudu na Apollinaire mwabikoze neza cane. Mur'umugisha ku barundi n'amahanga. Ndakunda uburyo uririmban'ubuhinga bwinshi kabisa. Uhezagirwe kurusha
❤❤abakiyiraba iy concert mump like
Imana ize ibahembere imitima mukiza😭😭😭😭
Hahirwa ababa mu nzu yawe Mwami babasha kugushima ubudasiba.....ubu mu ijuru bizaba bimeze bite koko,Burundi mufite amahirwe yo kugira aba bakozi b'Imana...Uwazampa amahirwe yo guhurwa na bo....Murakagwira nk'ubwoya bw'inka
❤❤❤ Can't get tired of watching this from A to z , 4 times now Non stop. Burundi is blessed to have these amazing people in music industry. Burundi 🇧🇮 Mother of gospel Worship in the East African Countries . 🙌
Dudu uri umugisha ukomeye kuri eglise pe IMANA ikomeze ikwagure saaaaaanaa
Asante brother! Nawe kandi!
Amen teacher
Inkuru nziza ndagufitiye nuko nagiriwe ibakwe ryo kuyibone ubwambere muri projection ya Now Creative il ya deux...bne nvlle rero nuko hari uwo yafashije gushika ku gakiza et c'est ca l objectif...courage cane mn frère ubandanye👍🙌
Imana ihabwe icubahiro...
Good news👌👌👌
Waouh
Oooh Lalalaaaaa! Imana ihabge icubahiro kabisa
Joi 😅😅😅 yup yu😅😅😅😅😅pxfgvjjuuuuoiopo😅 13:44 13:45 13:45
Kuba uri umurundi gusa bica binryohera kuba dufisz umu worshiper nkawe, God bless u
Yuuuuuu yaraciyinzira ubundimuzima yuuuuuuuu harahiye ngumandaba umenga ndikudugamukirrre warakoze dudu ndagukunda numuryangowewe na team yawe yoooose ♥️♥️♥️♥️♥️
❤❤amen
Dudu, Uhoraho Agukomeze Kandi aguhezagire!!!! Il ya plus de 10 ans umbera umugisha!! Mu gakiza kanje Uhoraho yaragukoresheje caane kugira mbandanye simbivemwo! Indirimbo zawe ndabishingira Intahe ko ziri remplis par l'inspiration du Saint Esprit car zarankomeje caane! So pour tout ça!!! Merciiii Uri igikoresho ciza c'Uhoraho!!! Mercii!!
Wooow plus de 10 ans!! Imana ishimwe cane kweli.
🙏🏾
Amen!
Ndumunyamugisha kuba naravukiye muruyu muryango wabana bImana muBURUNDI. Nokuba ndiho murikino gihe çaba bakozi bImana,🙇🙇Imana yabaduhaye ibadutungire💖💖
Imana ihabwe icubahiro mwijuru no mwisi ,birahimbaye kubona isinzi ryabantu bariko baratazira Imana.
Burundi Bwacu Burundi Buhire,IMANA Yakuduhaye Ikudutungire🙏🏾 Imana Ibahezagire cane kur'uyomwanya wokuYihimbaza mugihugu cacu,Ubwiza bwaYo bwuzur'Iguhugu cose n'isi yose🙏🏾💝🇧🇮
AMEEEN !
Dieu vous bénisse
Burundi you're highly favoured with this authentic worship
Hallelua
❤❤❤❤❤@@thierrybutoyi-uf8qf
Nanjye uwo mwami yarankunze, ubugingo bwanjye burimo kumva Imana binyuze muruku kuramya🙌🙌🙌🙌 i wish i could be there oh my God 🙏
Umusi ntazibagira mu buzima bwanje kuko narahaboneye Imana knd narahahezagiriwe caaaane le 7 / 7 / 2019 kuri jardin public i Bujumbura
Imana ihabwe icubahiro cane, mu Burundi turafise music nukuri 🔥🔥🔥
Guys don't laugh at me for I'm crying to watch my Idol DUDU. DUDU I think you still remember that, back in 2019 I told you this on Facebook. May God bless you and your family.
Ntamajambo mfise novuga atarukukubwira nti Imana iguhezagire cane kurikigikogwa Bu🇧🇮 kuba tugufise niikintu kidasanzwe.we love u DUDU❤️💯
Dudu T.Niyukuri ukoze umuti uvura kbx Wubahwe Man of God.
Amen dudu ndagukundacaane kwel ndagukund ndabisubiremwo.ndafashijwe caane ❤️♥️❤️👏
Urakoze mugenzi
@@DuduTNiyukuri murakozeeeecaaane🙏🙏🙏kutwishura ndabakundape caane iyomurigutazira mbanshak kuguma mbaraba imana ibakomeze ihabwicubahiro
Lord God Almighty God of the Heaven blessed be to you for ever and ever amen hallelujah hallelujah 🙏🙏
Thanks you.ndahimbawe cane muhezagirwe.
Halleluiaaaa halleluiaaaa halleluiaaaa halleluiaaaa halleluiaa. Imana irabereye guhabwa amatazirano yacu ava ibwina. Uhezagirwe Dudu, Imana ikomeze kugusiga kubwicubahiro cayo
Ameeeeen
Thanks for sharing your gifts with the church and the country… Burundi is blessed to have you as her son. We are blessed to have you for a brother and fellow countryman. We respect and love you Dudu. Blessings to you, your family and ministry… I thank God for you… you’re an indescribable blessing to Burundi, Africa and the world. Love you lots
Amen brother
Nta munezero uruta uwo gutazira. Thanks GOd.🥰
Abibesha ngw'isi itanga umunezero
Nibagaruke barabe abari muri yesu ukuntu hari ambiance idashira
Du Yesu akumpere umugisha mumpande zose kuberako akanwa karema na NDIHO avyumve. Amen
This drummer is too much!
Hezagigwa mwabantu banje nsanzwe ndabemera caane kandi muranyemeje pe ♥ UHORAHO ahabwe icubahiro
Turahiriwe kubagira mugihugu cacu ciza,kuko murubaka imitima yacu no mugihe isa niyasambutse maze igasubirana.Imana ibashitse Kure cane
Oohh God ibihe vyiza mukubaho kw'Imana.
The way rero batteur yisanga ariko adugiroza ibiganza Umwami kandi ariko aravuza😂😂habuze gato abireke.
May God bless you children of God
😂😂😂
Komera bro.
we ❤❤ so much.
dudu urakoze kuba warakoze concert nzinza nahontanje nzoza ikindi gihe rayjuvent imana nishimwe
Amen Imana reka uyu mutima woguhimbaza Christ wuzure mumitima ya Barundi Bose, merci bcp apostle Appolinaire and big bro Dudu murumugisha kuri iyi génération.
IMANA ishimwe Kubwawe Duu, indirimbo zawe ziradukora ahantu
Imana,ibandanye gushira Impwemu yo guhembura imitima ya benshi muri wewe,love u more ❤️❤️❤️💞💞
Ameen
Woooww What a great perfomance... &What a drummer boy... Turonke iyindi vuba
Amen Hallelujah
Murampezagiy cane,namwe nimuhezagiwre
Dudu my favourite singer
Jeeeeez what did I just witness?????? I have cried,laughed,smiled,sang,knelt down,danced yoooo!!! Mbega byiza, Dudu please come to the US and bless us, it’s very possible!!! Ndumiwe
I am willing kuza kabisaa!!
GLOIRE À DIEU! À BURUNDI, LES TALENTS PORTENT DU FRUIT:
MA GRATITUDE À DUDU T. QUI SE DONNE PAR AMOUR.
BRAVO À L’ÉQUIPE MUSICALE PERFORMANTE,
AUX CHORALES ET À LA FOULE PARTICIPANTE.
RECONNAISSANCE À CEUX QUI TRAVAILLENT DANS L’OMBRE.
L’ESPRIT-SAINT EST PRÉSENT!
Burundi people you are gifted ,talented and anointed, Dudu you are my favorite Gospel artist in the Great Lakes. Be bless man of God your music blesses nations. I honor the anointing that is upon you, this concert was🔥🔥🔥
Thank you boss. We appreciate
Abarundi dufise ibirezi ariko tuja turibagira ko vyera kandi tubizi tunavyambaye. 🇧🇮 . Highly respect you bro Dudu, muri mubambere batumye nkunda ivyiryo banga rikomeye muguhicubahiro Uhoraho biciye mukwandika no kuririmba. No matter what Burundi 🇧🇮 will keep holding the Praise and Worship flag over EAC countries as we are the initiators of this holy thing
Amen
Be blessed Dudu knd caaaaaaaane iyi video yiyi concert nguma ndayiraba uko bukeye imbera shasha Yesu akugirire nezaaa caaaaaaane my big brother umbera icitekererezo nukur Yesu aguhe umugisha Dudu T Niyukuri mu bikorwa vyawe vyooooose.
Amen ameeeeeen!! Imana ibihererwe icubahiro
Amen ndavyakiriye mw'izina rya Yesu Kristo
Mbarikiwe mungu awape mafuta kabisa
Wow!!! Mu bisanzwe concerts nizo kweliii
Uhoraho abakomereze umurimo wo kudufasha gutazira Uwiteka
Urampezagiracaaane imana ukwongere amavuta yokuririmba ibihetangabondwi
Legends be blessed I really respect anointing up you both Ap Apollinaire and Dudu love from Rwanda 🇷🇼 ❤
I feel the tears whenever i watch this concert. This day i were there was my fist time to see my big bro DUDU worshipin' our Dear GOD as he did😭 thank u big bro i lent more from u big bro🙌😭
Urakoze bro. Imana iguhezagire cane nawe
Yesu ni muzima ❤ no muri wewe dudu love so much 💖
Mana urakoze,ano mashimwe nayawe .Thank you Lord
Le 01/10/024
I play this song
Mana yanje wee!! Ntushobora kwibaza ukuntu nama niyumva iyombony ukuramukanya kwawe na Appolinaire ncanumva nsubiye kwibutswa urukundo rw'Imana. Igihe coose mbony iyo acte amaso numutima wanje vyuzura amarira yumunezero
Amen Amen Amennnnn || From Rwanda 🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼
Ubaye uwambere mbonye womu Rwanda akunda indirimbo zacu akabigaragaza
Mfite amatsiko yo kuzaza gusura Burundi umunsi umwe
Mu Rwanda ariko dukunda cyane indirimbo z'Abarundi cyane cyane iza Gospel. Kuva muri 2009 playlist yanjye iba iriho indirimbo z'Abarundi nka 65% ugereranije n'i'AbanyRwanda za Gospel.
Abarundi kuri Gospel muri hejuru, uzabihakana azandebe muhe ubuhamya. Dudu, David, Appolinaire, Redemption Voice bo ni ibindi bindi, hari n'abandi benshi nkurikirana cyane baririmba Gospel, you are super!
Ushaka kunsura waza Nairobi. Niho ntuye
Karibu tuzokwakira
Imber Y’amahanga Sinzokorwa N’isoni Amen
Thank you Jesus for your selfless love!! I am blessed once again as i listen to this wonderful concert! I wish you more & more anointing bro Dudu. The best is yet to come!
Hallelujah 🙌🙌 Yesu warakoze kuncungura nkakumenya
I'm proud of You Man of God , you are really anointed.
Be blessed for this concert it’s so beautiful to see people of God worshiping Him🤩🤩🤩💃🏽
Yahweh bless you, Dudu T. Niyukuri!
Amen Amen🙇♂️🙇♂️🙇♂️❤ 🇲🇴🇧🇮🇧🇮🇧🇮
😭😭 uri umugisha wacu Dudu
Amen kabisa
Igihumeka cose gihimbaze uhoraho. Thanks you DUDU bless you
❤️my country 🇧🇮.This is a beautifull moment !
Amaizing the guy on Drum
Dudu uri umugisha ku Burundi n'amahanga.uri ubumote bwiza bwa Christo. Tukwipfurije kurambana Ayo mavuta.imigisha yose ikubeko
Concert nziza cane ,niho narindi mais chaque fois nsubiy kuyiraba imbere nshasha..much blessings
Wowe ko wari uhari, iyi musique yose irimo niko yari imeze ntacyo bongeyemo nyuma?
Imana, Ibahezagire cane Dudu na Appolinaire ndetse n'Abo Bose babafasha canke babashigikira mu kubaka Umubiri wa Kristo, muri Umugisha kuri twebwe Ishengero rya Kristo, Kandi ibikorwa vyanyu ntibizokwibagirana mu mitima yacu, tuzovuandika kugeza aho Urunganwe ruzobaho mutakiriho canke tutakiriho baze bamenye ko mwabaye inkingi zikomeye mu gihe canyu. Aheza ni mw'Ijuru, niho ndabifurije ngo muze mugereyo! Murakoze
Amen amen kabisa
One of the greatest gospel singer in East Africa
Blessings to Burundians! Powerful God's praises flowing over your land. God bless Dudu, Apollinaire& the team.
Thank you Man of God.....wama uduhera intege mu ndirimbo zawa be blessed abundantly Worshiper Dudu ✨✨✨(and Christian Kibamba is a beast on drum chapeau à lui 👌👌👌)
Show bigoye ko izomva mubwenge nararyohewe bikwiriye🇧🇮🇧🇮❤️
haki dudu unanifurahisha Sana kwa nyimbo zako nzuri mungu akupiganiye
Be blessed Dudu and Pastor Apolinaire. You're a blessing for Great lakes region and whole Africa. This is from a soul you've always touched from Uvira_DR 🇨🇩
Burundi is blessed for sure we've got no word to Say coz this day was Supernatural we miss such moments in Buja!
You’re one of the greatest worshiper ever. Bless you servant of Jesus Christ.
Thank you Vanessa
Imana iguhezagire cane ,burya igihe cose numvirije indirimbo zawe ntizigera zinsiga ukonari,i'm so blessed🙏🙏
I can feel the presence of the Lord
Warakoze Mwami… twifatanije nabo mwijuru gutazira umwagazi w’intama Yesu Christo…. Wera uri uwera… 😭😭😭😭 thx HolySpirit🙏🙏🔥🔥🔥
Imana ihererwe icubahiro kugikorwa nk'ico yabakoresheje, Imabahezagire birushirije❤
Wow 👏😮 I remember that day it was so amazing 🤗 Mungu wetu ni waajabu ameshusha mafuta mabichi fresh anointing siku ile. Be blessed 🙌 #Dudu ur'umurirmvyi wanje ibihe vyose
Nagira ngushimire ncuti yimana dudu imana yibuke ibikorwa vyawe uyikorera musi yijuru izobiguhembere mwisi nomwijuru
Murivyirore batama natwe tugerageza kubikora neza iyo turi kubera mwebwe tubigiraho bayobozi
Ishengesho mwasenze riramfasha caaaane
Zaburi nshash kndi nukuri isirayeli iri I burundi uwutaravyemera aracahumye
Mwene Data,Yesu abandanye amushoboza.Allelua!
Amen
Come on ,@Christian Kibamba was so amazing on the drums ,🔥🔥🔥
Dudu wanje nkunda❤❤❤❤ Imana ikuzigame
Murampezagiye gose nciye nkumbura iwacu 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Dudu warakoze igikorwa nukri Imana igukoze kand yongere ikwagurire yoooooooo ndarengerwacaane nguma ndaba mamaweeee amen🔥🔥🔥♥️💪👍🩸🩸
Les hommes de Dieu, uhoraho abakomeze abongerereza inyota yokuyikorera.
Uko yari ejo n'ubu Niko Ari🙏🙏🙏🙏
Best concert ever in Burundi💝🎸🎤💥🔥je me souviens de cette glorieuse soirée de worship and praise comme ci c'était hier. Full blessing Man of God Dudu.
N’umwami wab’abami ntawuhwanye nawe 🙏
Waoooh ,,,,, imigisha myishi kubatwitangiye muri gospel Iburundi Imana ikomeze kubakoresha
wariiii watunyotejeee muzeeee ndakundu ukukora ibintuuu kwriii ur umuhinga wubahweeee icubahiro kib ic IMANA isumba vyoseeee
Our Dudu vrema ntavyinshi novuga gusa ndashima Imana kubwawe ukomeze gusirwa my Brother
Bon courage dudu j aime beaucoup tes chansons, Soyez vraiment béni !!!
Les mots me manquent...This goes straight to my heart...God bless you man of God and God bless Burundi!!!!!
Aba Woshippers Nubaha..Merci kwumvira Mpemu Yera...
May God keep his Goodness upon you
Mwene data Dudu na Apollinaire mwabikoze neza cane. Mur'umugisha ku barundi n'amahanga. Ndakunda uburyo uririmban'ubuhinga bwinshi kabisa. Uhezagirwe kurusha