Alvella MUHIMBARE-Abba Data feat. Pin Pajo (Official Music Video)

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 7 сен 2024

Комментарии • 656

  • @dayanasasa9945
    @dayanasasa9945 Год назад +4

    Murampezagiye muragahezagigwa incuro ibihumbi kandi Erega mwarahezagiwe ndagukunda Arvella ❤

  • @jeannenimpaye6066
    @jeannenimpaye6066 Год назад +3

    Mukobwa mwiza turagukunda komezurugendo uririmba neza mukobwa wacu yezu abandanye aguhezagira

  • @thedyogbdi7003
    @thedyogbdi7003 Год назад +53

    ❤❤ndagukunda abakunzi buyumwigeme like hano

  • @odetteirakoze9210
    @odetteirakoze9210 Год назад +2

    Uragahezagirwa mwiza Arvella wacu turagukunda cane Imana ishishikare kukugiriraneza ubandanye kuduhezagira

  • @irambonaalainnova8956
    @irambonaalainnova8956 Год назад +2

    Ntangazwa n ubuntu bwawe
    Wangiriye Mukiza
    Mfise vyinshi
    Vyokumuvugako
    ...

  • @nadiamugisha2913
    @nadiamugisha2913 Год назад +3

    Hallelujah, niwe vyose dukeney kand niwe atanga amahoro

  • @jilu1095
    @jilu1095 Год назад +2

    Hejuru cane mukobwa wa NDIHO nukuri ndabifise vyinshi nomuvugako uyo kristo❤❤❤

  • @rahimaksa4422
    @rahimaksa4422 Год назад +3

    Ameeeeen🙏🙏🙏🙏🙏 Ababonye kasirida mwiyindirimbo mump mubarikie

  • @HabibintwariDavid-eq1dr
    @HabibintwariDavid-eq1dr 11 месяцев назад +4

    Aho mukunzi wimana shishikara kunduhezagira natwe mwibohero waranduhezagiye nturakurikirana ibikobwa vyawe impanuro mwandusigiye nturacazigendera

  • @nishimwealaine3451
    @nishimwealaine3451 Год назад +2

    Mbegondiririmbo nziz😢,Yesu wac n munini🥰🥰🥰

  • @djfernando_aye
    @djfernando_aye Год назад +19

    Buca nkizwa ibivyiza vya Yesu nanje ntivyoncika, merci ALVELLA MUHIMBARE this is love from BAMANOTI TV

  • @gracenkengurutse6558
    @gracenkengurutse6558 Год назад +2

    Ni gitondo ciza kuri jewe mvyutse nkabona indirimbo iryoshe nk'uku reka ndayirirweko. Uhezagirwe mukobwa w'imana . Uhezagirwe . Mubagukunda ndimwo.

  • @beracaigiraneza2055
    @beracaigiraneza2055 Год назад +3

    Hejuuruu caaaaanee🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉

  • @cococlaudia9352
    @cococlaudia9352 Год назад +7

    Wooow abba data nimuhezagirwe rwose amavuta yuhoraho abane namwe 🎉🎉🎉
    Murampezagiye kabisa. Vyukuri YESU Ni MUNINI 🎉🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙌🙌🙌

  • @bamanotitv
    @bamanotitv Год назад +3

    Mubisanzwe umuntu avuze indirimbo mpimbaza Mana (Gospel) ni nkiyi tuba dushaka kwumva, this is love from BAMANOTI TV

  • @hahajah7189
    @hahajah7189 Год назад +4

    Yooo ndazindutse nukuri abakunda ibikorwa vya muhimbare mump link ♥️ ❤️

  • @Andasphotography257
    @Andasphotography257 Год назад +44

    Mbaye uwambere mumpe ayoma like. Abba data 🔥🔥🔥🔥

  • @user-le6nv5zu5k
    @user-le6nv5zu5k Год назад +3

    🎉 indirimbo nziza cane nukuri IMANA igushoboze uritanga cane

  • @nduwimanagoreth7807
    @nduwimanagoreth7807 Год назад +2

    Muhe courage umurundikazi wacu Alvella ndakwipfurije kure cane gose mukobwa wa Yesu

  • @laetitianzoharirwa
    @laetitianzoharirwa Год назад +3

    Amen amen ndahezagiwe bishobotse iyindrimb muyindonse muhezagirwe cane kd imbere nihez

  • @divineingiriyeneza8493
    @divineingiriyeneza8493 7 месяцев назад +3

    Yesu niwe byose dukeneye Kandi niwe utanga amahoro❤️😢

  • @amanibw
    @amanibw Год назад +2

    Abba Data turi m'urukundo nayo Alvy ntiwigera utenguha abakwizerera muvyawe much respect

  • @emmanuelnshimirimana8923
    @emmanuelnshimirimana8923 11 месяцев назад +3

    Mfise vyishi vyokumuvugako, Yesu ni munini, Amen

  • @BonfilsShalom
    @BonfilsShalom Год назад +4

    URI KUGIKORWA VREMA UHORAHO AKUZAMURE

  • @user-ot4mw8vk8y
    @user-ot4mw8vk8y 8 месяцев назад +2

    Reka Imana Iguhe umugisha Alvella ubandanye uvuga ubutumwa bw'Imana mundirimbo zawe.God bless you

  • @alees4907
    @alees4907 Год назад +2

    ❤❤mbeg vyiz😢 numv nuzuy ivyishim 😂❤️💗💓yarakoz kudukund tutabikwiriy uw Mwam 🙏👏🗣🗣🗣🗣🗣

  • @kumurundi6120
    @kumurundi6120 Год назад +2

    Je natangaye numvise indirimbo zawe muri #zambia , courage

  • @jeannenifasha6823
    @jeannenifasha6823 Год назад +1

    Indirimbo nziza cane nukuri Urukundo Rutangaje Yankunze ndumunyavyaha Antera Iteka ryo kwitwa Umwana wiwe kandi nikondi Merci bcp my sister Alvella et mon frère Pajo

  • @mutoninishimwe8227
    @mutoninishimwe8227 10 месяцев назад +3

    Amen mfite amashimwe yuzuye umutima wanjye yo gushima uyu mwami wacu 😭🙏🏾 ❤❤

  • @user-md1sp5js8h
    @user-md1sp5js8h 7 месяцев назад +2

    💖💓 iisraeri mbonyicyambu wiburundi mukobwa mwiza komeza mwiyinzira ninziza cane ongera gira gose Kandi ubikora neza cane nomumafiri. Atandikanye wagiye uzaurakinamwo ntamakemwa ndaku bonana ndagukunda cane

  • @cococlaudia9352
    @cococlaudia9352 Год назад +1

    😭😭mfise vyinshi vyokuvuga
    Nindirimbo nama ndirimba kenshi ikanyuzuza
    Napenda huu wimbo jamani
    Muhezagirwe cane🥰🥰🥰🥳🥳

  • @josianeuwajeneza5105
    @josianeuwajeneza5105 Год назад +20

    Hallelujah 🙏🙏 and love from 🇷🇼🇷🇼

    • @user-eh6fm5xh6y
      @user-eh6fm5xh6y Год назад

      Alvella Imana ikuyobore munzura yayo Kandi bawe ugerageze kuyumvira no kureka ibidahesh Imana icubahiro woye gusa nabasani kazi Kandi uraberewe cane nogusokoza apana gusukisha amapantaro ntabwo arinyamparo yabakobwa bavugImana uyahebe Yesu azoguteza I'm are hezagirwa ndi fans agukunda ari muri Zambia Emelyne

    • @user-eh6fm5xh6y
      @user-eh6fm5xh6y 11 месяцев назад

      Hezagirwa Murundikazi werekane ubwiza Bw Imana kw isi

  • @MenedolaNiyibona
    @MenedolaNiyibona 5 месяцев назад +2

    Hallelujah yesu ni munini 🙏alvella ndagukunda Cane urampezagira cane

  • @KwizeraTheophileTv
    @KwizeraTheophileTv Год назад +17

    Be blessed my Lovely sister , from Rwanda we Love your songs ,
    Don't give up 🇷🇼

  • @HabonimanaPascaline-vb2gs
    @HabonimanaPascaline-vb2gs Год назад +4

    ❤❤❤❤❤ wubahw kbx nukuri ndiho agukomez 🎉🎉

  • @josettenzoyisaba7155
    @josettenzoyisaba7155 Год назад

    Ukwiye gushigikirwa Abo Yesu yahay amafaranga muhaguruke mu supporting uyu Mwigeme Alvela Abarundi twisubereko vrema natwe twige gutezany imbere

  • @hahajah7189
    @hahajah7189 Год назад +1

    Nukuri ndafashijwe muhezagigwe can alvella et pin pajo mukomere can ndabakunda courage

  • @iradukunda3699
    @iradukunda3699 8 месяцев назад

    Inkuka n'amashikanwa ntiyabishatse, yamara Imana yacu ishaka dukore ibijanye n'ubugombe bwayo. Mana twongerera inkomezi zo kugendere mu bikorwa vyiza waduteguriye.

  • @noellanishimweofficial7292
    @noellanishimweofficial7292 Год назад +10

    Ooohhhhh hallelujah 😭😭😭🙌🙌🙌 si ikinyoma ndafashijwe🙏 keep shining mine😘😘 it is amazing song

  • @moniqueuwimana6586
    @moniqueuwimana6586 8 месяцев назад +1

    Albella ,Yesu amuhe umugisha mwinshi ,iyi ndirimbo irimo amagambo y,inkomezi cyane

  • @JosephineKarikurubu-xv9jp
    @JosephineKarikurubu-xv9jp Год назад +1

    Sha n'ukuri iyi ndirimbo iraryoshe muhezagigwe nkuko muduhezagiye

  • @ascherbuntu8361
    @ascherbuntu8361 Год назад +1

    Igikorwa ciiza caane kiduhaye uguterwintege iyo twibutse ko twahawe kuba abana b'Imana ABBA Data

  • @hakemelyne6107
    @hakemelyne6107 Год назад +1

    Murampezagira cane rwose patrick na Alvella Imana Ibampezagirire

  • @user-ny7ep8xm2h
    @user-ny7ep8xm2h Год назад +1

    Yesu numunini niwebyose ndijenyene

  • @DativeNDAYIKEZA-uw1dd
    @DativeNDAYIKEZA-uw1dd Год назад +1

    Urukundo rutangaje wankunze ndumunyavyaha wanteye iteka ryo kwitwa umwana wawe kandi nikondi❤

  • @FannylaNiFa
    @FannylaNiFa 8 месяцев назад +2

    Hallelujaaaah..... Urukundo rwae ruratangaje❤

  • @annabellaakimanamurengeran9927
    @annabellaakimanamurengeran9927 Год назад +1

    Imana ikunzigamire alvella. Ize iguhe bimwe vyose wipfuza

  • @egidelighttv1952
    @egidelighttv1952 8 месяцев назад +1

    Ndabona pajo harico ariko aragufasha gikomeye Can knd mubandanye mwiyonzira

  • @Elijah12823
    @Elijah12823 Год назад +7

    Yesu Ni Munini👏Halelua🗣️ Love From Arcy Lucky #Ntitwisondeka

  • @meharumohammed67
    @meharumohammed67 Год назад +1

    Imana ibongere inkomezi 🇧🇮🇿🇦 yes abazimbere

  • @user-jq8rn7ij3c
    @user-jq8rn7ij3c Год назад +2

    Amin nivyishi adukorer terimber ❤❤❤

  • @MenedorNiyibona-zp4lz
    @MenedorNiyibona-zp4lz Год назад +1

    Alvella sijentanga ijuru ariko ndarikwipfuriye guko indirimbozawe ziranyuzuza

  • @Andasphotography257
    @Andasphotography257 Год назад +12

    Yesu ni munini , hallelujah 🎤🎤 love from Andas photography

  • @jsgckfhb613
    @jsgckfhb613 Год назад +1

    Nimunini cane kristo😭😭😭😭amen ashirwe hejur🙏🙏🙏🙏

  • @noellangendakumana7809
    @noellangendakumana7809 Год назад +1

    Ndanyuzwe gose,Iman ikwonger amavuta

  • @estellaniyishigikira3602
    @estellaniyishigikira3602 Год назад +1

    Amen Amen ntamajambo tworonka yo kumuvuga ni munini cane

  • @jackson_izerimana12
    @jackson_izerimana12 Год назад +1

    Muhezagirwe cane iyo ndirimbo imez neza can✍️✍️❤️🥰

  • @pellancilendihokubwayo
    @pellancilendihokubwayo 11 месяцев назад +1

    Ndakundiyindirimbo yawe vrmt. Iragujana mwumwuka ukisanga ariyuri

  • @Fote40
    @Fote40 11 месяцев назад +2

    Hallelujah Jesus Christ

  • @shumbushaperes9330
    @shumbushaperes9330 Год назад +1

    Waooo Yesu akomeze kuguhezagir by jolyne artiste

  • @ArseneNiyonkuru
    @ArseneNiyonkuru Год назад +1

    Imana iguhezagire Vrmt ndafashijw niy song kandi iteguye neza caane .

  • @hakizimanagerardine5666
    @hakizimanagerardine5666 Год назад

    Daniella na James bo muburundi disii💃💃 mukomez muhezagirw beza Ndiho abamper umugisha Abbas Data 👏👏👏👐Harahnt munkuye vrt

  • @annonciatteuwimana371
    @annonciatteuwimana371 Год назад +1

    Mfise vyinshi kl vyokumuvugako aho yaray ankuy 😭😭😭hallelujah hallelujah 💃💃💃💃👏👏👏courage ma chérie Alvella 💪💪💪🙏🙏🙏🙏❤️❤️❤️💃💃💃💐💐💐

  • @niyongaboreverien
    @niyongaboreverien Год назад +2

    Umve iyi louange mukama wanje!Oh Glory to Jesus🙏.Uranshize muri mood vyukuri.

  • @user-lu1om1ep6z
    @user-lu1om1ep6z 5 месяцев назад

    Alvella ndakwemera ukunu wagitinga neza uzinoguhimbaz Iman kweri ndagukunze cyan p

  • @UwimanaJoyce-sw6nn
    @UwimanaJoyce-sw6nn Год назад

    Hallelujah hallelujah indirimbo nziza cyane nibyishi twamuvugaho uhoraho ni munini

  • @barakamfitiyecelestin8617
    @barakamfitiyecelestin8617 Год назад

    Iyi ndirimbo ntimwayikoze mu mubiri kbsaa ,mwari connected 😢😢😢kbsaa ,zurakora nkizi ooooooo my God sinumv noreka kuyumviriza

  • @dondelicesdushime345
    @dondelicesdushime345 Год назад

    Amen vyukuri Yesu nimunini niwe atanga namahoro peee god bless u pajo and alvella

  • @leonhavyarimana7450
    @leonhavyarimana7450 Год назад +4

    Mfise vyishi vyo kumuvugako, yesu ni muni🙏🙏🙏
    Good song , good performance, be blessed

  • @inesfloriane7460
    @inesfloriane7460 Год назад

    Iyi ndirimbo ndayikunze kurusha izindi waririmvye ,good job Alvella

  • @hakizimanaeuphraim
    @hakizimanaeuphraim Год назад

    🎉ntiyabuze incuro ijana Maze kuraba ino ndirimbo bivanye nukuntu inyubaka wubahwe bwana alvella

  • @ezechielniyimubona7247
    @ezechielniyimubona7247 Год назад

    Mpwemu w'Imana abwiririkana nimpwemu yacu KO turabana b'Imana Yesu numunini cane Halleluuujaaah niw adutakisha ng Abba data mpise ndayibona

  • @NiyibonaMenedor-uq4xy
    @NiyibonaMenedor-uq4xy Год назад

    Alvella iyindirimbo iranfashije Nukuri Imana igushoboze igushikane kure

  • @sandramugisha5401
    @sandramugisha5401 Год назад +1

    Mbega I ndirimbo iryoshe kand ifasha cane😢😢

  • @abelnduwayoofficial
    @abelnduwayoofficial Год назад

    Wao.mbegindirimbo nzizawe Imana iguhezagire mukobwa wacu

  • @user-qc1hp1gw9z
    @user-qc1hp1gw9z 4 месяца назад

    Yesu agukomereze iyo ngabire mukobwa mwiza❤❤🎉🎉

  • @davidndayishimiye-js2lr
    @davidndayishimiye-js2lr Год назад +4

    Belle chançon de guerison Dieu vous benisse pour continuer à faire d'autre chançons💚💚

  • @ChanceTuyi
    @ChanceTuyi 6 месяцев назад

    😢wow this song it’s on another level for real 😮 😢 #lovefromrwanda 🇷🇼

  • @Emegadsonjunior2180
    @Emegadsonjunior2180 Год назад

    Indirimbo ijana mu mwuka 🙈🙈 ndakiye agakizaaa neza neza so nice song,nice voice👌👌👌 Imana ibahe umugisha

  • @nubashelouise6723
    @nubashelouise6723 Год назад +1

    Iyindirimbo imisi yose ndayumvirije numva guhinduka ukundi

  • @djgordien3180
    @djgordien3180 Год назад

    Niwe adutakisha abba data.
    Waaaoohh halleluyaaa, twaramubony akora

  • @tuyisengeolivier1996
    @tuyisengeolivier1996 Год назад

    Be blessed all of you halelluya dufise byinshi byogutangaza ko Yesu Ari mugari

  • @bobojohn257
    @bobojohn257 Год назад

    Ndujujwe kabisa, hongera sana dada

  • @utujejosiane1416
    @utujejosiane1416 Год назад +1

    Amen nukuri Imana irakomeye 🙏 yesu niwe utanga amabahoro nukuri❤❤ congratulations Alvella Imana ikomeze ikurinde muribyose 🙏

  • @Celia-zf8pj
    @Celia-zf8pj 8 месяцев назад +1

    Kandi courage courage uhezagirweeee

  • @KiruhuraPitie
    @KiruhuraPitie Год назад +2

    The Lord is all of u need every day God bless you forever ❤❤

  • @theonesteahimana9657
    @theonesteahimana9657 Год назад +2

    Congratulations 👏 Alvella love from 🇷🇼🇷🇼

  • @soleilmuco
    @soleilmuco Год назад

    Waoooooh welcome my favolity song twari tukurindiranye igishika kidasanzwe pee

  • @mcblizzo2577
    @mcblizzo2577 Год назад

    Iyi yo tumye nkiizwa irya3 💥💥💥💥💥YESU NI MUNINI

  • @kennyhavyarimana257
    @kennyhavyarimana257 Год назад +1

    Ishimw ni irya Yesu🙌

  • @STEVEANDFLAVIA250
    @STEVEANDFLAVIA250 Год назад

    Ohhhhh wow muhezagirwe love from Rwanda.

  • @Nickdripmedia
    @Nickdripmedia Год назад

    Nanje nzokizwa tu... 👌

  • @MechackNimbona-vm5ov
    @MechackNimbona-vm5ov Год назад

    Mfise vyishi vyokumuvuga yesu nimunini amen 🙏 nikiri arakiz

  • @johnhkz3529
    @johnhkz3529 Год назад

    Powerful worship Imana ibakomez vrt muranyujuj🙌🙌🙌🙌

  • @yvetteirankunda4201
    @yvetteirankunda4201 Год назад

    Mfise vyinshi vyo kukuvugako mwami wanje 🙌🙌

  • @EmmaNkunzi
    @EmmaNkunzi Год назад

    Ndafashijwe ,Yesu ni munini ni muremure.

  • @fannylavineofficial1360
    @fannylavineofficial1360 Год назад +1

    Abba Data🙌

  • @user-kj6tx4qg7h
    @user-kj6tx4qg7h 9 месяцев назад

    Amen Amen mukobwa wa Ndiho Yesu ateyubwoba kbs❤

  • @theresenkunzimana6604
    @theresenkunzimana6604 9 месяцев назад +1

    Yesu Abahezagire ndabakunda

  • @ndikumanzeuphraim6547
    @ndikumanzeuphraim6547 Год назад

    Nukuri mwadukorey umuti imana ibakomeze mwakoze neza caaane