Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
AMEN, IMANA NI UMUVYEYI.
Imana ni inyakigongwe iraziko dufise intege nkeyi,tuyisavye ikigongwe tubikuye kumutima irayirekurira, kuko iyo utaraba ikigongwe wumva urutima ruguma ruhagaze wagerageza kuvyikuramwo bikanka. Mugabo iyo ugize amahirwe ukagenda mu ntebe yo kwitega uca wumva uremurutse ko ataco uciyagiriza
Uri mwiza caaane Mukama Yezu kandi ndagusavye gumana nanje
Kristu shemezwa
Ninahazwa Mukama