Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
Hezagirwa hezagirwa Imana ikomeze ikwagurire ibikorwa vyiza 👏👏👏💒💒💒
Terimbere 🇧🇮🇧🇮❤❤
None uyo mwubatsi tumukura he? Contact?
Biranseko ndagufolowinga kubera cameraman waw aterakana ivyo ibiba biriko biravugwa
Nukuri uba utari washatse gushigikira,Uguterera iciyumviro ciza, nogukoresha intoke ni bibiri bitandukanye 🙈😎
Izo kugatumba ndazishigikiye kuko nizo zizimbutse kubifise Mugabo twebwe dukeye nkizo mugisagara nka Buja,Gitega,Rumonge na Ngozi
Gusa namba ikibanza arije ndacironderera mugaca munca 39m canke 49 million Nimenshi kweli
Ko fabrice bamwandikira akanka kwishura kandi yabonye msg none?
Fabrice nta fcbk akoresha,urya ubona ngo ni fabrice siwe naje yarampakije habuze gato,
Safisana
Gira ahuba wubahwe. Umengo niko bawuca.
Cameraman ni fek ntatwereka ivyo arikuvuga
Hezagirwa hezagirwa Imana ikomeze ikwagurire ibikorwa vyiza 👏👏👏💒💒💒
Terimbere 🇧🇮🇧🇮❤❤
None uyo mwubatsi tumukura he? Contact?
Biranseko ndagufolowinga kubera cameraman waw aterakana ivyo ibiba biriko biravugwa
Nukuri uba utari washatse gushigikira,
Uguterera iciyumviro ciza, nogukoresha intoke ni bibiri bitandukanye 🙈😎