Ijambo ryashikirijwe n'Umukuru w'Igihugu mu masengesho yo gushimira Imana

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 29 дек 2024
  • #Burundi: Mu nyigisho zatanzwe n'Umukuru w'Igihugu mu masengesho yo gushimira Imana, yamenyesheje ko iki gihe Uburundi bugeze mwo ari igihe co guhagarara magabo kugira ngo Abarundi bubake bongere bateze imbere igihugu. #Amasengesho2024

Комментарии • 16