Kadie Kay - MON LOGO - ft We Love Muzika (OFFICIAL VIDEO)

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 26 апр 2024
  • Mon Logo by #KadieKay ft #WeLoveMuzika est disponible sur toutes les plateformes digitales.
    Réalisateur video: ‪@johnelarts‬
    Producteur audio: One Way
    Retrouvez-moi sur:
    Instagram: https: // kadie_kay257
    Facebook: claudine.kab...
    Tiktok: https: //www.tiktok.com/@kadie.k0
    Nos vives remerciements :
    - aux artistes: Groupe We Love Muzika
    - aux acteurs:. Anselme Karekezi
    . Jeanne Mediatrice Nkurunziza
    - Orlane Sarah Karekezi
    - Fabien Spencer Katubadi
    - Marie Ciella Gateka
    - DJ Zénobino
    - DJ Philbyte
    - Cadeau du ciel
    Styliste: -Kay Mars
    - Wasafi
    Maquilleuses: - Danella Makeup & Ella
    A nos supporteurs logistiques: - Lomamy
    - Major Rufyiri Pascal (Rupas)
    - RTDJs
    Mon Logo lyrics:
    Verse 1.
    Dès que mes yeux se sont posés sur toi
    J'ai su et j'ai compris que le logo de
    Ma vie sera toi, que mon bonheur et ma
    Réussite dépendront de toi mon logo(×2)
    Impossible to forget the smile which makes me crazy
    Numva nogushira hejuru cane kugira umurikire all my area(×2)
    You are my power, you are incredible(×2) Logo of my life
    R/ Muri tenue militaire, ata make up uri naturelle
    Atana ka bijoux, wantunguye umutima
    Umutima wawe, ubwitonzi bwawe, vyahinduye ubuzima
    (×2) ooh! Bituma butesa, busosa like a sweet cake
    Mwiza reka nkwite mon Logo, eeh…aah mon Logo
    Verse 2.
    Uko nabibonye, uko nabi feelinze,
    Niko wabibonye, niko wabi feelinze
    Sans faute ni wewe wambereye umugisha
    Umbera umwizigirwa, sans hypocrisie ooh nana!
    Mumahoro n'urukundo, nagize amahirwe sans effort
    Wambereye umuvyeyi, Ma!, w'ibibondo vyanje sans effort
    Harukuntu Imana yakuremanye ubwiza n'ubwitonzi
    Butuma ubuzima bwanje butesa
    Harukuntu Imana yakuremanye ubugwaneza
    Butuma ubuzima bwanje bwakaka
    R/ Muri tenue militaire, ata make up uri naturelle
    Atana ka bijoux, wantunguye umutima
    Umutima wawe, ubwitonzi bwawe, vyahinduye ubuzima
    (×2) ooh! Bituma butesa, busosa like a sweet cake
    Mwiza reka nkwite mon Logo, eeh…aah mon Logo
  • ВидеоклипыВидеоклипы

Комментарии • 868

  • @mowkanzieofficial990
    @mowkanzieofficial990 Месяц назад +419

    Abantu banje😍🥹❤️ Mama Youpi na Papa Youpi 😍 Kadie K Félicitations cane u’re so talented❤️🔥🔥💯💯Keep it up 🔥🔥

  • @Elie_Marley
    @Elie_Marley 10 дней назад +9

    Sinahora nkunda kwandika comments on RUclips ariko kwiyi song numva ntorengana ntavuze incuro nayikunze❤ uko ntoye fone nkiyumvira umuziki numva mumatwi ngo #mon_logo🤦‍♂️
    Nice song vrt🔥🔥 kd courage

  • @muhozabenitresor
    @muhozabenitresor Месяц назад +159

    Ukaba usomye iyi comment, ukaba wemera ko iyi ndirimbo ari hit, ukaba umaze kuyumviriza akarenga kabiri, Gira liké ngaha.

  • @sisterj6515
    @sisterj6515 9 дней назад +7

    Iyi song sinigera ndayihaga ndayumviriza .akenshi gashoboka Love From Sister J

  • @NimbeshahoJeanine
    @NimbeshahoJeanine 11 дней назад +6

    We love music murarenze kbx ❤❤❤

  • @DevrainButoyi-sm5jg
    @DevrainButoyi-sm5jg Месяц назад +68

    We love muzik murashoboye kl. Nyimba washimy iy song mpa like wigire

  • @IbreezyOneWay
    @IbreezyOneWay Месяц назад +93

    ANOTHER BLESSED HIT SONG 🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥 LOGO OF MY LIFE...🔥🔥🇧🇮🇧🇮🇧🇮🎸

  • @EricNduwimana-yy2kz
    @EricNduwimana-yy2kz Месяц назад +96

    Ababaye nkanje bagenze kuncuro yakane bayumviriza amaboko yejuru🙌🙌🙌🙌 iraryoshe caaane ' 🙌🙌🙌

  • @KwizeraLyliane
    @KwizeraLyliane 14 дней назад +4

    ❤❤❤❤ kurecan niyombifurij ban bigihugu

  • @TreyZoRappyBoy
    @TreyZoRappyBoy Месяц назад +57

    Que du nyim nyim seulement...🔥🔥🔥

  • @EricNimbona-gq3ef
    @EricNimbona-gq3ef 16 дней назад +5

    We lov music big up ndabakunda❤❤

  • @MetuJohnny
    @MetuJohnny Месяц назад +126

    Uwumaze kuyumviriza nkanje incuro zirenga umunani ampe like duhite twimanukira🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

    • @andre-jeremie
      @andre-jeremie Месяц назад +1

      Kari zike zew mpaz kuyumviriz icur zirenga mirogwitatu

    • @aimablekwizera1550
      @aimablekwizera1550 Месяц назад +1

      Jeho ndayunvise uyumusi ndake ntunseke😅😅😅

  • @epitasnshimirimana6657
    @epitasnshimirimana6657 11 дней назад +7

    Nipe likes nyingi wimbo ni mzuri sana

  • @IngabireTina-xo6sk
    @IngabireTina-xo6sk Месяц назад +22

    Much love from Rwanda 🇷🇼 ndabakunda guys 🥰💗💗❤️🥰💕💕❤️🥰💗

  • @IrankundaChanelle-mx9iv
    @IrankundaChanelle-mx9iv 15 дней назад +3

    Mubataye fone igisohoka mbaye uwambere🥰♥️🇧🇮

  • @ladislasmasabarakiza1012
    @ladislasmasabarakiza1012 5 дней назад +3

    Uwayikunze nkanjeee❤❤❤ ampe like

  • @ChrisMB
    @ChrisMB Месяц назад +71

    The love story 🥺♥️♥️audio and video 🤌🏾👌🏽

  • @bayinganasteven8751
    @bayinganasteven8751 Месяц назад +14

    Mbega ingoma nziza. Like’t. From 🇷🇼

  • @kewen_official
    @kewen_official Месяц назад +31

    Uwemezanya nanje kari hit ikaze ampe like🇧🇮💥

  • @IrakozeInes-oi5bi
    @IrakozeInes-oi5bi 12 дней назад +5

    New generation muriko mubikora neza amashi menshi

  • @user-bq2fi1fj7o
    @user-bq2fi1fj7o Месяц назад +49

    Iyindirimbo iraryoshe kabasi abavyemera mumpe likes

  • @NizigamaEraste-hn9em
    @NizigamaEraste-hn9em Месяц назад +15

    Uburundi hejuru cane 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮 kuko imiziki muriko murakora igiye guhitinga kwisi yose so congratulations les🇧🇮🇧🇮🇧🇮💯💯💯❤❤❤❤nkunda ivyiwacu Kandi nzobikunda kugeza gupfa

  • @belislandrymarechal4375
    @belislandrymarechal4375 Месяц назад +15

    Fernando yoca akwica🔥🔥🔥🔥🔥💯💯💯🎉😄😄😄
    We love muzika hejuru sana 💣💣 good job

  • @antoinettenikiza3869
    @antoinettenikiza3869 26 дней назад +13

    Ninde arihano mwiki gitondo amp like we love Muzik Hejuru cane

  • @ApollinaireKarenzo-wj9fo
    @ApollinaireKarenzo-wj9fo 10 дней назад +4

    Eg vraiment naho nagendeye sinari bwumve indirimbo ziryohera umutima wanje nukur ❤❤❤❤❤❤ mwibanga

  • @ArcadeCalva-il9xc
    @ArcadeCalva-il9xc Месяц назад +20

    Iheze vuba nari ntanguye gutamba..arik ndayisubizamwo too.. a nice song..respect kadie kay☑️ WE love muzika☑️☑️

    • @BlaiseNkeshimana
      @BlaiseNkeshimana Месяц назад

      Yaaaaa nukukur Rihanna urukwavu aravug ko kwiruk nukur song irarenze kl

  • @user-mm4dd8ce5c
    @user-mm4dd8ce5c Месяц назад +32

    Ababona nkanj ko iyi song iri hit hejuru can👍

  • @BukuruZablon-sq4cd
    @BukuruZablon-sq4cd Месяц назад +33

    Abanyagwanda bayikunze shireko Like hano

  • @Jo-kx8le
    @Jo-kx8le Месяц назад +18

    Okay, this is going to be my favorite forever😂😂😂 and my favorite part is "muri tenue militaire ata make up uri naturelle"🎉
    I'm a soldier and happy to be one.🇧🇮🇧🇮🇧🇮
    Thank U for this, ndagatuye abigeme b'abasirikare bagenzanje❤🇧🇮

  • @ameame9588
    @ameame9588 24 дня назад +9

    Iyi song sindayihaga wlh,abaguma bagaruka kuyiraba nkanje mumpe utu likes❤

  • @fabriceharagakiza1668
    @fabriceharagakiza1668 Месяц назад +13

    We love muzika.nukur ntihagir abasubir kuvuga ngo ntimushoboye.the best song.

  • @Umweranda_BIHOME
    @Umweranda_BIHOME Месяц назад +6

    Sintahura igituma ntari bwayirabe iyindirimbo😢😢😢........iciye inryohera bushasha maze kubona ko ari True story ❤

  • @alexisnbdi257
    @alexisnbdi257 Месяц назад +9

    Sindi kuyihaga wallah🙆🔥🔥🔥🔥🔥🔥🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @kewen_official
    @kewen_official Месяц назад +35

    New hit❤nyimba tuvyemeranya mumpe ama like👍

  • @ClovisDusabe-xl7mv
    @ClovisDusabe-xl7mv Месяц назад +12

    Ndakunda umurwi wanje❤❤nguma nsengera umugwi mwiza #we_love_muzik ntuzotandukane kuko uwoo murwi kbxx usanasana imitima yabenshiii muri tenue 🙋🎉🎉🎉🔥🔥🔥

  • @PechatteGirukwishaka
    @PechatteGirukwishaka 6 дней назад +2

    Muzonyica nsindababesha raba mugezaho😘😘😘

  • @akesdon
    @akesdon Месяц назад +59

    Indirimbo iraryoshe cane gose kandi gose cane. Ariko ikibazo nuko tutabonyemwo Dj Fernando. Ariko kandi mélanine yaravyitwayemwo neza. Hama indirimbo irarenze cane kuko umuntu yoyitahura nubwo yobona amasanamu gusa hatarimwo ijwi yotahura ibigize indirimbo. 🙏🙏🙏

  • @annykellymigisha3724
    @annykellymigisha3724 Месяц назад +4

    Mon Logo ❤️congrat kadie

  • @user-kt5ly8qt3s
    @user-kt5ly8qt3s Месяц назад +9

    Hano hantu vyanse ko ndahava 😂😂Mwashizemw I Dawa ❤

  • @user-nu9it7ek8m
    @user-nu9it7ek8m Месяц назад +10

    Musigaye muri umunyu mu muziki wo n'Uburundi 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇷🇼

  • @stevetuyisenge8394
    @stevetuyisenge8394 Месяц назад +7

    ❤❤❤ WE ❤ music akokant reo ng mur tenu multaire.... 1M vieus nzozikwiza ndumwe

  • @larsonishimwe
    @larsonishimwe Месяц назад +32

    Muri ténu militaire 🥰🥰🥰🥰 mon logo💖💖💖

  • @AngeGrettaKezimana-qn1zz
    @AngeGrettaKezimana-qn1zz Месяц назад +23

    Ababony dj Israël amp like😅😅😅

  • @nkengurutsechristian473
    @nkengurutsechristian473 24 дня назад +4

    Thank you Siren Vibes, niyo itumye ndondera iyi hit❤

  • @PatrickKaramuheto-ip7tu
    @PatrickKaramuheto-ip7tu 18 дней назад +3

    Bellisima agira uturirimbo twiza rero❤❤from kgl🇷🇼

  • @dusabebellamarlene6644
    @dusabebellamarlene6644 Месяц назад +7

    Yieeeeeeh mon logo 💥hejuru cane

  • @EjoNejo
    @EjoNejo Месяц назад +8

    Incuro zirenga 10❤

  • @bigirimanaregis1770
    @bigirimanaregis1770 Месяц назад +4

    Uyu music vyanke bikunde bizorangira ubaye hit ntakomwa!!nikibazo cumwanyaaa gusaaa kuko uyumvirije ntuyihagaaa.

  • @AnastasieNTABANGIRA-cf9xz
    @AnastasieNTABANGIRA-cf9xz Месяц назад +3

    We Love Muzika are so talented kbx🎉🎉 UBURUNDI buratunze ndabarahiye

  • @Jellybriand
    @Jellybriand Месяц назад +4

    Nukuri muranyemeza abanyempano badasanzwe❤❤❤

  • @elvisniyongabo5466
    @elvisniyongabo5466 Месяц назад +5

    Mubirimwo nezaa cane iMana ibahezagire iconobasaba ntimuze muhendwe ngo mutandukane kuko vyotubabaza nkaba fana❤❤❤

  • @alexisnbdi257
    @alexisnbdi257 Месяц назад +146

    Hit song wallah umunt atayihaga nkanj amp like❤️🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @romeontamatungiro169
    @romeontamatungiro169 Месяц назад +8

    Abahanuzi b'Imana bahejeje kwemera ko iyi ndirimbo yoririmbwa mu misa zose aha mu Burundi kubera uburyohe bwayo!

  • @CharmentDc
    @CharmentDc Месяц назад +20

    Good song kbx abashak KO dukwiza 1M vues nimumpe izo likes

  • @Vanery2512
    @Vanery2512 Месяц назад +13

    No nudity pas de terme zabakuze juste simple et naturelle comme ça that's why nkunda we love muzika

  • @user-us8sk8gq2d
    @user-us8sk8gq2d 28 дней назад +4

    Yoooooo!abana bigihugu ciza dyoherwe!!!iyindirimbo maze kuyumviriza incuro nka 60.iradyoshe peeee🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉

  • @CiellaNdayishimiye-fp5gh
    @CiellaNdayishimiye-fp5gh Месяц назад +5

    Bon ça y est, on a notre chanson de l’été😍 et en passant très belle plume Kadie Kay😉c’est juste incroyable🔥👌👌

  • @fleuryniyimfasha2351
    @fleuryniyimfasha2351 Месяц назад +9

    Maman youpi na papa youpi hejuru caaaaaaane bari soo cool nibo bavyeyi twaridukeneye mr bujacity 😅❤

  • @Nizonnike
    @Nizonnike Месяц назад +5

    None harahagisigaye hatarasha???j mbona bahatuririye rimwe hose🔥🔥🔥thx xan kadie kay❤ we love muzika mukazi kose hejuru cane✊✊

  • @ndayikezajuvenal9115
    @ndayikezajuvenal9115 Месяц назад +7

    Umuziki mu Rundi urasubiriye gusosa🇧🇮

  • @adrayndoricimpa4358
    @adrayndoricimpa4358 Месяц назад +6

    None kwiryoshe tugire gut💥💥💥reka twinjoyinge ntakundi

  • @ndikumanadesire8043
    @ndikumanadesire8043 Месяц назад +5

    Indirimbo iraryoshe peee ❤❤❤❤

  • @kethiamuliri5231
    @kethiamuliri5231 Месяц назад +10

    🇨🇩🇨🇩🇨🇩🇨🇩 le Congo valide 😍😍😍😍😍😍

    • @user-iv6xv3hq8y
      @user-iv6xv3hq8y 14 часов назад

      Yoo we Congolese but our home in Burundi 😊

  • @iteritekabenjos-xr7yv
    @iteritekabenjos-xr7yv Месяц назад +5

    Hit🎉🎉🎉🎉❤ arikoo uyumuntuu yandika karenzee😂😊 we love muzika never disappoint me 🌹🌹🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮💯🔥

  • @HAVYARIMANAKenny
    @HAVYARIMANAKenny Месяц назад +6

    Waoohh mon logo 🔥

  • @KercyKakunze-kv9xi
    @KercyKakunze-kv9xi Месяц назад +4

    Ndayiravy plus de 5 fois🤗iy n song yumwak ndabarahiy🔥🌹♥️

  • @herveniyonkuru549
    @herveniyonkuru549 Месяц назад +6

    Mon logo nivyo kabisa

  • @NgendakumanaAmosi
    @NgendakumanaAmosi Месяц назад +5

    Amaboko je ndayamanitse indirimbo niz❤

  • @alicendayizeye4540
    @alicendayizeye4540 10 дней назад +2

    Iyi ndirimb ntiyamber 👌👌👌

  • @muhozabenitresor
    @muhozabenitresor Месяц назад +7

    Big up saaana, kadie k hejuru caaaane

  • @GLORIAGITATUZI
    @GLORIAGITATUZI Месяц назад +9

    Kadie Kay neverr Disappointt🔥🔥🔥😍😍

    • @jordyjoelbaroreraho1212
      @jordyjoelbaroreraho1212 Месяц назад

      Mr fabiano hhhhhh.... this niiga deserves an OSCAR HHH GOGOOOOO HHHHHHHHHHHHHHH

  • @sidibebouroundi
    @sidibebouroundi Месяц назад +5

    Philbyte
    Zenobino
    Kadie Kay
    We love muzika
    🤗🤗🇧🇮

  • @NdayikezeAimeTresor
    @NdayikezeAimeTresor Месяц назад +3

    Vyanse ko ndanayihimba kuva isohoka kand ntasiba kuyumviriza10fois kumusi gake burundi❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @tabarosamuel4442
    @tabarosamuel4442 Месяц назад +5

    Voilàaaa!! Ubu si bwa bubeshiii,😂😂 it's a real love story ❤️👌🏽

  • @patiencenzoyisaba2080
    @patiencenzoyisaba2080 Месяц назад +4

    quelle belle chanson!!!❤❤❤kadie kay hejuru caneeeeee

  • @japhetbizimana7471
    @japhetbizimana7471 Месяц назад +5

    Ijwi gusa riba ritesa nkewa 😅 babahe amashugwe yanyu 🎉❤️🇧🇮

  • @aime_lievinndayikeza7006
    @aime_lievinndayikeza7006 24 дня назад +2

    Iyi ndirimbo ntiwoyumviriza ngo urek gutamba pee 😂❤

  • @melanienizane652
    @melanienizane652 Месяц назад +5

    Jw iyi ndirimbo kumunsi ndayumviriza incuro zirenga 10 sans brague iyo ndirimbo iratexaaa kadie wubahwee urandika neza caneee

  • @NissirekanGashaka
    @NissirekanGashaka Месяц назад +9

    Numva nogushira hejuru cane🔥🔥mon logo🤍

  • @djcr7selecta827
    @djcr7selecta827 Месяц назад +5

    Mon logo hejuru🙌

  • @KingpatoNgabire-di2jr
    @KingpatoNgabire-di2jr Месяц назад +5

    Naturel sans bijoux sans Make Up nkuko mbikundaa😍😍😍😍merci WLM 🤗🤗

  • @user-wm6xx8uu8z
    @user-wm6xx8uu8z Месяц назад +5

    Burundian artist mubicuuuu💪💪💪

  • @nishimwearnaud8643
    @nishimwearnaud8643 Месяц назад +8

    Congz sana ir top vrt ino ndirimbo 🤞

  • @MedardTuyisenge-bg5fk
    @MedardTuyisenge-bg5fk Месяц назад +4

    Wimbo mzuri sana Hawa wajamaa hawatwangushi kamwe

  • @obrian_oliver
    @obrian_oliver Месяц назад +9

    This song deserves a big promotion guys🙏🙏 ntimugire negligence ndagusavye kbs

  • @jeromendayikengurukiye7004
    @jeromendayikengurukiye7004 Месяц назад +4

    Courage les grands frères
    Murashoboye kbx
    N'uwanka agakwavu
    Aremera ko kiruka

  • @Ogtravail-257
    @Ogtravail-257 Месяц назад +6

    Nindee? jewe ngaha Ndayumviriza incuro Zirenga 10 Day ✊🇧🇮

  • @benoitbukeyeneza2191
    @benoitbukeyeneza2191 Месяц назад +6

    Abana bigihugu babikora neza tukabandanya kugira iteka mukarere❤❤❤

  • @h3rondiofficial606
    @h3rondiofficial606 Месяц назад +2

    Good Song .So Komeze Imbere niheza cane.✊

  • @vvestinedushimirimana
    @vvestinedushimirimana Месяц назад +3

    We love u team WE love musikaaaa mwabana bigihuguuu j muranyemezaaaaaaaa❤ take yaur flowrss🥰🥰🥰🥳🥳🥳🥳💯💯💯✌️💃🙏

  • @IDUFASHE-FRANCK-TELANGA.
    @IDUFASHE-FRANCK-TELANGA. Месяц назад +3

    Ntavyishi mvuze kimwe ni we love muzika ❤❤❤❤

  • @agrippineniyonizeye4640
    @agrippineniyonizeye4640 Месяц назад +4

    Félicitation ma cher amis kadie kay❤ que dieu te bénisse et te donner du bonheur à ta famille💓🌹

  • @leonarddevinci2238
    @leonarddevinci2238 Месяц назад +3

    Hit na hittt🔥🔥🔥🔥

  • @AdelineAkimana-xx4ev
    @AdelineAkimana-xx4ev Месяц назад +5

    Top saaana👌💃💃💃💃

  • @apprentissageniyongabo3916
    @apprentissageniyongabo3916 Месяц назад +6

    Waoh. Je suis fier de vous chers membres de ma famille. Kararyosheee. Un couple exemplaire qui inspire les autres couples. Que des merveilles pour la famille.
    Sarah urarenze❤❤❤❤❤❤😂😂😂😂

  • @iradukundakevine5062
    @iradukundakevine5062 Месяц назад +3

    Gusto wacu sh❤❤nkunda nutu danses twawe wisangije

  • @AurlylorisNiyongabo
    @AurlylorisNiyongabo Месяц назад +4

    It,s gonna be a hiiiiiiit🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥

  • @edvardedrack9212
    @edvardedrack9212 Месяц назад +3

    💣💣💣💣💣🎧 muri imbere ya 🎤ntimwigera muta hasi reka tubite logo y music

  • @OlivierNkunzimana-ku2cc
    @OlivierNkunzimana-ku2cc Месяц назад +1

    Mon LoGo wallah🎉🎉🎉

  • @mhz-bclelie
    @mhz-bclelie Месяц назад +4

    Ooooiooh noo way🥵🥵🥵🥵 no way🥵🥵🥵 in muri chambre mon logo muri salon mon logo muri douche mon logo kukazi mon logo 🥵🥵🥵 mon logo became my life🔥🔥🔥 merci les gars🙏🏻🙏🏻🙏🏻🙏🏻🥰🥰🥰