Drama T - KOSHO (Official Video)
HTML-код
- Опубликовано: 28 апр 2024
- Director: @johnelarts
Producer: Real Beat
M&M: @joellhoughton & Bob Pro
Editor: Sani B & John Elarts
Colorist: @JeakMedia
Photographers: Guy Gael & Andy Sp
Gaffer: King, Freddy & Janvier
Costumes: @santibujat
Make up: Jenny Black Bird & Danella Makeup
Special Thanks: - La Coupe Restaurant Buja
- Oscar Fashion
LYRICS
Verse 1
Sinjya mbeshya abo nitamwo
I don’t know how to say it
Iyo umfatishije ndizana
Coz I’m a cheater
Siniyoberanya
Uku mba nipoweye
Simvyegereza umutima
Mba nigize intama
Sha nditonda
Wazana uburara mba nka Ossama
Nta Deal(ru) z’ama bara na nyamacoma
Im gonna treat you right and love you hard uzonyurwa
Prechorus:
Gusa gufana ikipe imwe
Ntivyonyorohera
Ninkucomoka
Ntuzumbaririze
Nkubwiye ko nd’umu player
Ntakunda umuntu umwe
Nkagucomoka
Ntuzumbaririze
Chorus:
Ngo amanyanga nyarusha kosho
Uzovyumva hose
Gusa uzoba unzi uko ndi
Abagusaza uzajye ubiyama
Uko nje niko mpagaze
Uzunkundire icyo Oohh yeah
Mfunga la tete
Ufunga Les jambes
Its Crazy relationship
Verse2
Nubona nkuha n’umunota
Uje unshimira
Hari indi bitch y’ubu mechant
Iba iri inyuma
I need you to understand
If I let you down
S’uko utari level zanjye
Uri mwiza sha
So far you’re my darlin
Trust me you are
Even if what you heard may be true I love you
vyose ni urugamba tuzorugwana
If I let you down uzuvyumve niko ndemwe
Prechorus:
Gusa gufana ikipe imwe
Ntivyonyorohera
Ninkucomoka
Ntuzumbaririze
Nkubwiye ko nd’umu player
Ntakunda umuntu umwe
Nkagucomoka
Ntuzumbaririze
Chorus:
Ngo amanyanga nyarusha kosho
Uzovyumva hose
Gusa uzoba unzi uko ndi
Abagusaza uzajye ubiyama
Uko nje niko mpagaze
Uzunkundire icyo Oohh yeah
@dramat1826 #dramaT #Kosho - Видеоклипы
Umuntu wese wumvako iyindirimbo ari hit anemo like kbs
Reka nta hit
Kbs
Je nguma ndayiyumviririza nayisubiyemwo incuro nyinsh ng ndabek nayifata❤
@@IbyimanikoraJob-xm7tpwihangane kabisa ni hit peeeee
Uwemera ki uyu muzigo ukubiye like kbx
OooH maman Ngo DRAMA-T yazimye : WASAZE? WACOMYE? canke UVUGA IVYUTAZI😂😂😂Nakubari Big star
Mut drama t nakubari kabx endrea nakazi unaweza
Sending LOVE from Rwanda 🇷🇼 ❤ niba nawe UKUNDA #DRAMA_T mpa like
🔥
@@1helloEntertainment 😂😂😂tx bruh
One love 💕
anna
Young King🤴🏾⚡️
❤❤❤
Abamaze kuyiraba 5fois mump likes song ni hit
5 times and above 😂😂😂☝️
Super Star🔥🔥🔥🔥🙌🏽🙌🏽🙌🏽🙌🏽
❤❤❤
This guy I love him so much 😢❤
❤❤
Ndakwemere drama . Love from kgl. Abanyarwanda dukunda drama t vyo gusara .mpa like niba uvyrmera
Daa sjuwi nimechelewa wapi ila naomben tu ata like 200 much love kwa drama t from dar 🇹🇿🇹🇿
❤❤❤
Umuntu wese wumvako iyindirimbo ari hit antemwo like 🇧🇮🇧🇮 proud of you brother 🎉
Uwumaze kuyisubiramwoo plus de 10 fois ampe like
Umuntu wese wayinkunze ampe like frm 🇷🇼🇺🇸🇧🇮
Hano murwand turakwemera boy urimo neza san abafana Drama T muntemo like 🇷🇼
🇧🇮🇧🇮kabis turakwemer aband ni barek wikorer 🇬🇦nimahang iriyo
Naombeni like zangu hata kumi jamani from kenya🇰🇪🇰🇪🇰🇪
Vuga ikirundi wakintu we😂
Siho
@@FirdausiHaziyommmmmmmmmmh aha wewe damamu urakivuga
Sielewi @@FirdausiHaziyo
@@egideniyonkuru9705 neza caneee
Wooow ikindi gitero East Africa Boom boom izo like zanyu kubakunzi ba Drama T a.k.a (mr Tiro ryacu)
I'm from Bujumbura-Burundi but living in USA ❤ u Drama so allies keep putting your likes down here 👇👇👇
Iratesa sana🎉😂❤
Abarundi bagira melodi nziza cyane mwn Uzakorane na Ray G from Mbarara🇺🇬 mwakora hit idasanzwe
BArundi ncuti zanj uwumva harico yamumariye kanda ngaho papa mama nkumi misore❤
Wakwanza leo kutoka Canada 🇨🇦 naomba like zangu ❤
Uba canada hehese wangu?
Let us take this good music from Burundi 🇧🇮 to the World🎉🎉love from Canada 🇨🇦🇨🇦 !!! abemera Drama t mumpe likes tuhaturire 🔥🔥🔥🔥 !!!
Any Rwandan 🇷🇼 here gimme like
Man ni bahembe😂😂
Wabonye abarundi bararenz kabisa ❤
Foooo@@user-if2qg7wd1i
Uyu murundi aradukomaguye. Mukunda birenze. Ariko ubu mama we sumunyarwanda Koko Ngo maze twibe drama t tubarekere rolilo
Mama we numunyarwanda
Kuyihaga byanze kbc kuber video ikoze neza odio nisaw kbc akakaririmbo 🔥💪💯💯🇷🇼🇷🇼🇷🇼 ndayikunze fo 🎉🎉❤❤
Kosho hejuru caane ❤❤❤
Abaza nyuma mumpe like Tumenyane guyz🎉
@wenas2005 , #short
Umwana wanjye sinzigera muhatiriza ibintu atiyumvamo peee!! Ariko gukunda Drama-t ntago bizaba igisabo munzu yanjye!! Uwuzoba yumva atamukunda uwo nukugenda akubaka inzu yiwe 🥰🥰🥰
Like zirihe?????
Unywera he bazokumpere moja sha! Uzi KO uvuze vyo!
Shaaaa abarundi turi ntimpano zikomeye kbx courageeee
Nabuz na commant ngira kubera kurengerwa niyi Ngoma
Abakunze iyingoma nkanje mumpe like ngaho ❤❤
❤❤
Hit song 🔥 hejur cane dram t 🇧🇮🇰🇪🇨🇩🇷🇼🇹🇿🇺🇬
I'm from uganda I enjoy music from different kind of languages now listen to this song so beautiful 🔥🔥
Bby kileer ubund niwe king wumuzik ah iwac bdi nyimp nawe. Waikunz imp izo like twibandanyirize kuryoherw 💥💥💥
@DramaT I didn't even know Drama T existed until the day I met my Girlfriend .She started putting his music on my playlists and sending to me Dramat songs links and we fell in love with him and his songs.Drama T your songs still keeping us bonded and our love grows everyday. I hope this song KOSHO gonna make us love you more ❤️
For the second after madamu uranyemeje ..abemeranya nanj like ngaha❤❤
@wenas2005
Iyo umfatishije ndizana nice HIT 🥰🥰🥰🥰🥰🥰
Go ahead drama t here in Rwanda we respect you
Dekat Aqiss ft Rafi rekaputri @rekaputri
Uwubonak this guy is a telent from heaven twifitiy mur Eden ampe like tuhatwike🔥🔥🔥
Ndazi iyi commentaire yogira likes nyishi kwiyi hit ubishatse bro🙏
Landry Pr mbwirira wa mu tintin ngo ni b face aze afate amasomo yumuziki ko uno mu petit ni bala.
This young fellow is a real hits maker and burundian superstar and wish him to go far cuz he deserve it.
💖💖💖😍😍🔥🔥🔥
Umwana wigihugu arashoboye courage imber niheza watu mulie penda ngoma hiyi gongeni like zenu tuzidishe kuburudika nangoma tamu 👏👏👏
Iyi BOLO banange irahenzeu ukuntu for sure ntakwigirishaa🚀🌏🔥🔥
Creatio niwe wenyeneee abotwabibony kumwe mugonge ibi LIKEs hapaaaaahhh🚀✊
Abamaz kuyiraba 5 fois nuga like zanyu..mazee iyi n hit song kbs
J ngira nincuro 100 zirashika kweli.uyu muhungu drama t ivyo mbona vyovyo azonatwicaa
Nanje ndimwo
Big up Sana my brother. piga moto fire !!!!!!!komesha wenye kupinga.
Cyakoz Urwanda dufite abaririmbyi peuh! Mbega ijyana , mbega hits❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉
From Rwanda 🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼
New hit in the town... Urasubiye kudukoma kabisaaaaaaa
#Nduwokumashuha
Best vidéo. Voix douce. Hejuru cane drama.ababibona nkanje ndakeneye like zanyu
Umuhungu wa tawsi ntanagahengwe abaha ni hit after hit
People from Burundi,Rwanda And Kenya Who Love This Star Drama T...Gimme Like❤...Love from #KandaMusic🎉
Cinta kita hidup wenas @rekaputri ❤️
Ikirundi gihabwe agaciro murivyose nahose 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮 ❤❤❤
Nagizengo nijewe yavyumvise jenyene.
Dram dram❤❤ imana izaguhe kubaho imisi yosee utarinze nogufpa🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Waw ibintu nivyiza mumpe twatinu 🙌🙌🙌🙏🙏🙏🙏
Mbega song ♥️♥️♥️🇧🇮dram t amashurw Naya💐💐🌹🌹🎧🎧
Vyiza cn 🎉🎉🎉 abemera ko ar hit song likes nyishiiii
uyumu pt arabiz kuririmba ❤
🇧🇮we play indundi 100%
Kosho itumye nguruka mu BICU , Vibe mugisagara ca NGOZI, n'umujisho , impa likes zanje niba wakunze ino ndrimbo kosho 🥰🥰🥰🌹🌹🌹🌹🇹🇿🇷🇼🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇺🇬🇰🇪
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇨🇩🇨🇩 nkosho gisigura iki ka mukama
Ingurube@@noelhasamutima
Iyi hit itegerezwa gukwiza 1M views in 4weeks uwuvyemeranya nanje tujeko👍 Drama T mu bicu✌️🫡🫡🥰🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Melengkapi bahagiaku wenas rekaputri @rekaputri
Umwami wumusic muburundi courage my freind
Uri Number one kabisa, ndakuraba nkibuka muri Secondary school nkavuga ati Respect....Man
@wenas2005 , @aqiss and family
Birazwi neza ko uburundi tugufis kuma hit rer ntibabishiremwo inzigo ndasavye🤲🤲
Drama T tuzamwiba abarundi yigumire ikigali
@wenas2005 , #short
@Sindayigayangunda baru kenal wenas @rekaputri
Ukaba Ukunda Drama T ❤tumenya na Like Let's gooo 😊
Love from Rwanda ❤️🇷🇼
Audio 100%
Beat 100%
Vidieo is good
Kumviriza aka karirimbo birajyoshye...
Guys Drama T ararenze😍❤ umuziki ndundi kurundi rwego👏💥🇧🇮🇧🇮 création ni bien♥ ama paroles ni top❤ audio yo ni rurangiza❤ Drama tumuhe amashurwe yiw akiriho🌺🌹🌹💝
Dekat Aqiss ft Rafi @rekaputri
Burundi big up sana murashoboye gose like nyishi Kubwa song nziza ya. Drama t I love song
IMANA yatwihereye talent muburundi🇧🇮🇧🇮🇧🇮
noe iriko irigaragaza terimbere
iyingoma ni hit kbc👏👏
abavyemera mumpe like
Uziko naringize ngo yarahinduye nationalité kuko numva indirimbo ariyikinyarwanda nivyandiko mbona vyanditswe mukonyarwanda
🤣🤣🤣
Indirimbo kunda Cyane drama t ndakwemera brother respect 🙏 🫡 wowe hejuru cyane ❤❤
🎉🎉🎉🎉Courage mwana wigihugu cacu ciza c'Uburundi🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Uyu mu solait uzoj ku rwego rwisii🎉🎉🎉 like yo nyene twironker itsma
Wlh uyu mu type azonatwicisha Ama song ndke we love u ❤ dramat uwuvyemera Ampe likeee❤❤
nyamara Dram T, akoranye indirimbo na Melodie cg KennSol. ewana yaba ari nziza cyanee.
Igihe kizagera they will 💪
Ni bahembe drama t bemeze bro 🎉🎉🎉🎉🎉
Abasoma comments bakareka ikavuga bakaguma bayisubizamwo nkanje mumpe likes dukubite twimanukira dusoma izindi
😂😂😂😂uramvugiye ibintu.
Drama T Hejuru cane hashoboka.
😂😂😂
Impano Niyi yibihe vyose buja harahiy ari lundi❤❤❤
DRC🇨🇩🇨🇩tunapenda wasani wa Burundi
Uwuyumviriza 10fois kumusi nkanje ampe like❤
Baboykiller hit kwer ntavyokwitwaza ibindi ni hit kwer 🔥🔥🙏🙏🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇿🇦🇿🇦
Niba wemerako dramat Ari hit maker in East Africa mpa like
Am rwandan but now am in USA 🇺🇸 we love you dramat 🔥
Mu rwnda🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼turagukund❤❤❤❤❤ 2:00
Welcome in your game bro drama t ntavuzwe kumbuga rimwe ngoyazinye muvuga ivyo mutazi mwasaze cnke munyw urumgi kosho💪💪💪🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Ahubwo ubu abazobisubira tuzobakubita akanyamfu kunda😂
Let's Get 1M views in One Week 🎉🎉 abemeranya nanje ko #Drama t arenze binyereke na 👍👍
wasaz😂
@@junior6ntakarutimana364😂😂😂😂🎉🎉
Ubundi niwowe wanjye❤❤❤❤from Rwanda
Buri munsi ndagaruka kwumviriza ino beautifully song nimba uri nkanje tumenyane. Baby killer hejuru
Cyakoze country record iyi studio yujuje byose wallah❤😂
Uwemera Yuko muri 2weeks izoba ikwije 1millions views anyihere like
Birashobok kk nihiti kbx umusaz yabemej
Kwl shaaa
Courage wa muyinga kwetu👌👌🇷🇼🇧🇮🔥🔥👊👊
Guyz I wish this hit may be played worldwide Burundi on other level 🇧🇮🇧🇮🇿🇲🇿🇲 one family one love.
Rusaka zambia🇿🇲 hit song yadushwayemw abemerany nanj ko iyi ari hit lik zany hma twimanukire nabana nigihugu🇧🇮 nic song bro
oh my goodness kbx urakunzwe drama wacu nibiyindirimbo yabikoze kumutima ❤️❤️ mpa like
Umuntu ubona ko iyi ndirimbo ifite video nziza ampe like rwose
Audio niyo ijyoshye cyane
we love you drama T , mu Rwanda dukunda your song basi keep it up ❤❤❤❤
bamwe bari bamaze imisi bavugana nabi mwinyegejeh nguy umwana w’igihugu🇧🇮arongeye kubatamwo🙏🥰 j ‘i will b always yr super fan👌 Let’s put kosho t another level🙏
Ncanibuka urikukiniballon😂😂🎉take your flowers😊
😂😂😂😂😂😂
Ooh,dram T congratulations and l brieve you too is Oscar from Rwanda
Respect my bro urashoboy ndi waso mufan ww 🎉❤🎉
Iyi ndirimbo ni hit in Africa uwuvyemera nampe liké🔥🔥😍😍
@wenas2005 , @rekaputri
Kosho ibaye kosho nkendamama so igikorwa ciza musaza
Ukaba uri Belgique 🇧🇪 like uyintize
Aka kagoma ni xw kbs banyarwanda dushyigikirane murebe ko tutagera kureeeee flying away🎉🎉❤
Yooooh mbega Color, quality, Melody, sound ....
Drama T burn 🔥🔥🔥🔥
Yooo numva noyobatera muri sérum kuko iyi song irakaze.
Abavyumva nkanje like ❤
BabyKillerOurFavorite
Ababona kwamasaha yatevye nkanje mundemere twatuntu tumeze👍👍👍hama twimanukire🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤
Drama T Fans will like this comment❤✅
kubera iki bari bashishwe abo bakobwa DRAMA T sema kwanini
Abavuga ngo Drama t yazimye ahubwo mwacomye muvuga ivyomutazi icaramwige ngiyo Hit song