ABARUNDI MW'ITERAMBERE RIDASANZWE🔥UMUDIASPORA YAKOZE IBITANGAZA🇧🇮 IRABIRE UYU MURIMA W'IBIRAYA
HTML-код
- Опубликовано: 3 окт 2024
- "No matter where you're from, your dreams are valid"
----------------------------------------------------------------------------------
#FulgenceMika #agriculture #burundi
Bana natwe umenye kandi wige vyinshi!
Wibukuke gukora Subscribe Like Comment na share maze dukomeze kubana 5/5
Ukeneye kwamamaza twandikire kuri: (+257) 69 241 403 / (+57) 79 395 900 canke ku mbuga dukoresha: Faceboo|Twitter|Instagram|Tiktok
_________________________________________
Follow Us On:
INSTAGRAM: / iamfulgencemika
TWITTER: / fulgence_mk
TIKTOK: www.tiktok.com...
Kandi presudant wuburundi akandabarundi abavwirat wenda vaturage namwe banyamitah mujye mubuhinzi nibyobizadutezimbere kugihucyacu❤nabandi none vabirebereho
Kabisa❤❤
Mouen d'irrigation hakoreshejw ama machine umuyagankuba ukwega amazinava mukuzimu ama plaques solaire ahatagira amatara bigwizw gutunga muburundi vyoba mumwak umwe gusa hamwe abo bamafranga bokora nkuko abakozi ba leta bakijukira kurima kuko ntiharima ulukene burya harima abagwiza Tunga no hanze nuko bimez hama ama machine arima akinjira cn muburundi
Well said mugenzi!🙏🤝🇧🇮💪
Imanichimwe❤❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Oya nivyiza cane
Fulgence uri umugabo
🙏🙏🙏🤝🇧🇮❤️✌️
Asant sana
❤
Motar yarakunyarukije cane iyumubwira akagabanya vitesse tukabiraba neza ivyo biraya
🙈
Numurima mwiza caaane, gusa vyaracikiriwe, iyo bironka imvura ikwiye, umwimbu warikuba ikirenga.
Komera bosse gusa muze muravomera
🙏🤝
Karusi yubahwe kabisa I've told you
Mika kuwifuza umuri yashikirande abijejwe
Inbox nkurangire!
Umurinyi anezegwa iyo ivyo yarimy byabuze, Aba arumw Kur marcheé
Oya reka!
Aho ni hahandi ibiciro n'ubundi biguma ari ingoma!🙈
Uko nukurip
Ni nde arusha leta amafranga ubona leta y'Uburundi imfis imprimatur Ingahe yakagomvye kuba imfise amahegitari menshi nn nkuko Traore ariko arabikora
Ariko uwo Traore nawe uvuze abitanguye vuba!
N'aha turizeye ko vuba bigiye kuza!🙏
Uragowe none reta irimye natwe tuzova dukoriki urumusazi mumutwe uyu koyabikoze inyu siyizoza kuriwe??? ahorero ngo urinamuye urasohoye ijambo mugabo wosanga urumunyamusaga
@LameckNgabo Bro, aha wabanje kwiyumvira neza!?
Wumvirije neza ibivugwa mur'iyi video!?
Ndumiwe!
ibya traore ntabyo uzi, nta bihari. abarundi musonge mbele...
Reta ntishobora kurima yorohereza abanyamitahe gusa nabo bagakorakazi ndibaza wew nimba umaze gutembera wotubwira igihugu reta irima jew ndamaze kuja south Africa 🇿🇦 kenya ntahonabonye reta irima harima abarwizatunga babishoboye kandi babivyazumusaruro kuwo nakarorero keza cane kubandi reta irimye abenegihugu ntakindi kintu boronka cogukora kuko aba barimyi baca bakorana namakampani agira transport yogushora imyimbu yabo bagaca bakorana nabafise ama mall 🏬 atadandarizwamwo iyomyimbu ubuzi bukaba buragwiriye mugihugu amahinguriro ahingura iyomyimbu ibintu bikagendaneza izonkuru zomusi yigiti ngo reta irarima jamurazipunguza kuko reta irimye yoba yatse akazi abenegihugu ariabashigikira gusa hanyuma ikitoreza duke duke mwikori
Nalinziko i Burundi hose ali imisozi..
Oya reka hari ahantu heza cane henshi!
Uzoze uhatembere urabe!🙏🤝🇧🇮❤️
oya ni igihugu cyiza cyane, hari imisozi hari n'ibibaya n'imirambi.
Rima wewe
Weho ntivyokunda none!?
Je nsanzwe ndabikora muta naho ntarashika ku rwego nk'uru!