UMUKURU W'IGIHUGU AKOREYE IBIDASANZWE🤝 ABARUNDI BAKENERA INTERNET🔥AZANYE STARLINK MU BURUNDI 🇧🇮
HTML-код
- Опубликовано: 5 июн 2024
- "No matter where you're from, your dreams are valid"
----------------------------------------------------------------------------------
#FulgenceMika #evaristendayishimiye #burundi #starlinkburundi
Bana natwe umenye kandi wige vyinshi!
Wibukuke gukora Subscribe Like Comment na share maze dukomeze kubana 5/5
Ukeneye kwamamaza twandikire kuri: (+257) 69 241 403 / (+57) 79 395 900 canke ku mbuga dukoresha: Faceboo|Twitter|Instagram|Tiktok
_________________________________________
Follow Us On:
INSTAGRAM: / iamfulgencemika
TWITTER: / fulgence_mk
TIKTOK: www.tiktok.com/fulgencemika Развлечения
Like, Comment, Share and Subscribe to my RUclips Channel. 🇧🇮🤝💪🙏❤️🔥🔥🔥
Fulgence niba ubisobanukiwe neza babwire ko ihenze cyaneee, iboshoborwa nabifite kndi n'igikoresho cy'America cy'ubutasi.
Ok!
Aho bigoye twigire kubandi
Aho bitogoye tubaze
Kugira ishyari ryiza ryiterambere
Smart cyane ndagukurikira from 🇷🇼
🙏🙏🙏🤝🇧🇮🇷🇼✌️❤️💪
Nimubanze murondere Ubwami bw’Ijuru n’Ubutungane bw’Imana, ibindi bisigaye tuzobihabwa nk’Inyongera.Amen
No comment!🙊
Bazane ubutunzi mu burundi bakure obeyerii abantu twinzize imizigo
Hama amaher yikigeg cigihug uzohr ucurayisop
Ico ni igikorwa kije hageze merci
Good nieuws to bururidian people🎉🎉🎉
🤝🇧🇮❤️🙏
❤❤❤❤ from Mecky Dimpoz 🇧🇮 always Maharaj Da King 👑👑👑
You're welcome brother!
Thanks for your support 🙏 🤝🇧🇮💪❤️❤️❤️
Yaramaze guhemukira uburundi, igihugu yaracishe icobaciza namanike amaboko atangimihoho.
Hama wewe uce uza ugitware!?
Niyumugwizatunga yitwa Elone Mask,avuka Amerika Yepfo mugabo aba muri Leta zunze ubumwe bw'Amerika.umukuru w'igihugu yahuye nawe aho aheruka muri Leta Zunze ubumwe bw'Amerika.
Tera uja imbere cane impande zose muvukanyi wacu, urakoze cane ❤
By Jeremiah Burundian man
Murakoze cane!🙏🇧🇮🤝
Inkuru nziza cane. Urakoze muta....
nimba arukuri nioke iterambere rigiye kuza
aho mega zumusi zirya twahora tugura 1.100fbu ub zizoca zija kuri 5.000fb izukwezi 50,000fbu
Birazimvye muta izi zikoresha abafise ama companies canke abakora settings mu mihana iwabo!
Niyo twari dukeneye
🎉ese ibiciro vya internet vyomanuka cane n,umuntu muto agashikirwa!Gusa 5G yoba ije hageze,mbaye ndashima!
Ikibazo si kuzimba ahubwo ni kunyaruka erega ntanahamwe internet izimbutse ariko.muburundi niho internet yikwega ataco woyikorana,
Nivyiza vrt no bon OK
Urakoz kutubesha kuriyo photo yumuzungu🤔
Nta makuru ufise!
Gusa yabeshe Elon musk ntabwo akorera muri south africa
Wumvise nabi kuko navuze ubwenegihugu(nationalities) afise aho nagize nti: "Kuva muri South Africa kugenda Canada mpaka muri USA"
Igitoro
Prezida wacu n'iyirambire akomeze kuturonsa iterambere
🇧🇮❤️🔥💪🔥🔥🔥
Satani azatularishya ikorana buhanga abaseng musengep isi irikumusozo❤❤
Ngo ngw'iki!?🤔
Abantu mukenye mumutw nikomumez
Bonne chance saba Munsk igitoro😄😄😄
🙈😂🇧🇮🔥🔥🔥
Ico kinyoma vyanseko ukirarana!!!!Turinze tubura amazi arimugihugu tuzoronka ibijanye nibigendajuru!!!
Aho nta makuru ufise muta!
Canke ntukurikirana ibiriko birahita mu gihugu no hanz3 yaco!
soaring high❤😊
Twe gushaka ibitoro
Inkende gusa
Ariko nkawe!🤔😥
Hahahhhh none nkawewe kweli😂😂😂!!! Isi tugezemwo n'isi ya internet
Ariko nka wew uwogutwara muri espagne woca Witwa iki??
Muri aba spécialistes mukwisamburirako!Vuga ivyuzi, canje ivyo wize.
Ok!
Wotubwira ikitarico cavuzwe!?
Wewe ko wize ivyawe birihe tuvyigireko!
"UWUTAZI UBWENGE KENSHI ASHIMA RWIWE"
@@FulgenceMikaOfficial Birondere, twese nti kuri Internet.
Imana ibibemwo
Inshallah bizogenda neza uko biri kwose!
Ahoniryari waruvuzeneza
Ubu tuvugana uruhusha bararufise!
Ariko tutiyobagije ibura ry' igitoro.
Birame mbone!
Vuba cane turakora bishimwe!🇧🇮🤝💪
Ibi bintu nivyo Kandi ndabonako biri series kuko president yari yabivuz kuva kera
Kbx!
Nuwakabiri canke niwe asigaye ari uwambere nawe ndumva hariho amakuru utaronka
Aho nakora iyi nkuru yari uwa 2 kandi n'ubu nanditse iyi comment n'uwa 2!
Ahubwo raba neza aho urabira amakuru nawe ko baba bayafise ku gihe!👇👇👇
www.forbes.com/billionaires/
Woshobora kutubwira subscription y'ukwezi uko ingana?
Antenna+Decoder= +5M BIF
Monthly Subscription= $40
Nn iyo starlink uzoba arumuhora nkuko kwa lumitel!!!!tuzogura ama carte sim!!!!
Nta carte sim ugura akantu kameze nka antenna na decoder yako ugashira i muhira!
Merciiiii
5G IZOBAGA BURIRA ??? IVYANKENERWA BIKENEWE VYIHISE KUBARUNDI VIVYO
Aha bivana n'umuntu ku giti ciwe kuko nkanje na 3G cnk 4G zirangaburira!
Kandi uwukora akazi gasaba internet wese iramugaburira.