Bravo 🎉 Un bon entrepreneur veut que les autres réussissent ! 👊🏽 J’encourage tous les jeunes d’avoir le même esprit de rêver et de ne pas se décourager par votre entourage ou votre milieu! The sky is the limit 👌🏾
Imana iguhe kuramba jean de Dieu Kuko benshi uko batera imbere niko barushaho kwegera kure ibihugu vyabibarutse ici en Afrique .Baguhe sécurité Kuko ufise umutahe munini woshobora guteza imbere notre Jeunesse qui est en chômage.
Ça ,c'est un noble, humble, intelligent burundais ! Il donne des réponses sans orgueil, ds le calme. Je pense que certains dirigeants politiques burundais devraient s'inspirer de lui en communication. Arrêtez de parler, de faire les promesses, faites et on jugera après ! ACTION, ACTION PLS
Umurundi wa mbere ari positive kuelii nta n'ukwiyemera ,ntan'ivyo ahishaa vyose abivuga uko biri yiturije . Ariko aband aka million kamwe karabaduza bakac bigira high ! Imana iguhe kurambaa dii millionnaire .
14€/heure biraba 140€ par journée de 10 heures, mugihe cy'ukwezi wakoze iminsi yose 30 aba ari 4200€, utariye, utanyweye utanishyuye loyer, mumwaka ni 4200 x12 = 50400€ donc yageze Europe en 2019 covid iba haciye umwaka avuga ko yari afise 140000€ Murabona ko bidashoboka. Nta restaurant ifungura amasaha 18 muri Europe. Ni ubuyobe no kubeshya la jeunesse africaine !!!
Watash disi narinkurindiriyee Imuhira none wahageze Burundi 🇧🇮 ❤❤❤courage cane muhungu mwiza proud of you ❤
Bravo 🎉 Un bon entrepreneur veut que les autres réussissent ! 👊🏽 J’encourage tous les jeunes d’avoir le même esprit de rêver et de ne pas se décourager par votre entourage ou votre milieu! The sky is the limit 👌🏾
Wow such an amazing young man, you really inspired me. For sure BURUNDI is going to change for better🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤️❤️
Imana iguhe kuramba jean de Dieu Kuko benshi uko batera imbere niko barushaho kwegera kure ibihugu vyabibarutse ici en Afrique .Baguhe sécurité Kuko ufise umutahe munini woshobora guteza imbere notre Jeunesse qui est en chômage.
Very inspired me young man and thanks Gaël ❤🔥🔥🔥🔥🙏
Yes avuze ukuri mwijoro nturuha kabisa kubera Scandinavian countries zirakanye ubwo akabeho akaguma kaguca mumutwe, so big up sana brother 😂😂
Respect Broo 🙏🙏,kutwungura ibitekerezo katakugaya akazi ataho umuntu arigeza.
Ça ,c'est un noble, humble, intelligent burundais ! Il donne des réponses sans orgueil, ds le calme. Je pense que certains dirigeants politiques burundais devraient s'inspirer de lui en communication. Arrêtez de parler, de faire les promesses, faites et on jugera après ! ACTION, ACTION PLS
You are our hero, keep it up
Big love ❤to him and also to you Mister Gael, that's amazing 😊
Wooooa dispora mwubahwe imbere cyane ❤❤❤❤❤❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮❤❤💯✅🔥🔥🔥🔥💪💪💪💪🤛🤛🤛👌
Merciii bcp just Gael kubiganiro mudushikiriza twiga vyinshi
Umurundi wa mbere ari positive kuelii nta n'ukwiyemera ,ntan'ivyo ahishaa vyose abivuga uko biri yiturije . Ariko aband aka million kamwe karabaduza bakac bigira high ! Imana iguhe kurambaa dii millionnaire .
Mdharau kazi alikufa maskini.
Ongela sana.
Ikiganiro ciza caneee, kuyindi mpwemu idasanzwe! Merci beaucoup mr light avec Gaël 🎉🎉
Bravo 👏👏👏et courage bandaniriza Aho nyene🙏🏾
Urimfura koko Nagukunze nkikubona kwa Sabin kirazira kugaya akazi🎉🎉🎉❤❤❤
Tack så mycket! Man nanj urampay imitwe kbs mukomer umukubito, nanj mba sweden, reka nkore kbs
Keep it up
Uburundi bugiye gutera imbere. Cane cane, n'ugushira imbere compétences, hanyuma ivyo vya ma éthnies abantu bakabisezera nk'ifuni iheze
Real definition of a Dreamchaser💯
Baraganiriye na Sabin wa isimbi tv. Yarakoze hanyuma uwiteka arahezagira
Juste Gael si millioni indwi gusa ahubwo ni plus de 20 millions kuko izo 7millions sabin yayaharuye mumanyarwandaaa
So inspiring 👍 ✔️
Urakoze Gael kuzana uwagiye azi ikimujanye apana bamwe baza biriza ngo hanze ntamafaranga ariyo
Uhoraho abandanye akwagurira Mon Frère
big respect
Waouh Imana ishimwe
Kama kawaida. Ikiganiro ciza👍👍👍👍
Félicitation vraiment
Go ahead john🎉
Thanks kabisa uvuga neza kandi courage natwe turinyuma yawe
Respect bro
Hezagirwa ❤️🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Congratulations my broda vous m'inspirez
Egome naramwunvirije kuri isimbi tv
Tenue yamuhinduye ,très sérieux
Araberewe pe
Entrepreneur
Bandanya imbere mu vyiza
Gud interview kndi uyumutype duhuje inspiration found money guys
This man ndamúkunze😔🤍🤍✌️😭
Gaël ndakunze ukuntu umubajije ibibazo wubahwe
Very smart.
Gael warih kutariwamutuzaniye hakirikare 😊
Respect vrt
14€/heure biraba 140€ par journée de 10 heures, mugihe cy'ukwezi wakoze iminsi yose 30 aba ari 4200€, utariye, utanyweye utanishyuye loyer, mumwaka ni 4200 x12 = 50400€ donc yageze Europe en 2019 covid iba haciye umwaka avuga ko yari afise 140000€ Murabona ko bidashoboka. Nta restaurant ifungura amasaha 18 muri Europe. Ni ubuyobe no kubeshya la jeunesse africaine !!!
Numubeshi cane ashaka kumenyekana. Ivyo bintu ntibibaho.
@@nadineerlandsson6298 au moins muri commentaires zose mbonyemo umuntu atekereza avec du bon sens ...n
Urabona na costume yatuyemwo nkumuhegwe wo mugwego gohejuru. 😁😁😁Abantu baroroshe guhendwa.
Gaël usubiye kuzana vyabinebwe vyabaye ibulaya ngo ntakiriyo tuzoshwana😅😅. Yishura nka Boss kabx
Uyumutyp ejo naramubonye kri aéroport svp ivyavuga biramusa .yarateguye svp ndavye Ama V8 yari yajemo gutegera TheBen harimwo budget irenze
Nubga kabiri ndamwumva ariko sindamuhaga afise ivyiyumviro ubona ko birengeye uko angana kandi ari calme nkumuntu akuze.Gael ugume urondera abantu bazima nkabo
Ndakunze ikiganiro.aba Jeunes beshi baragaya akazi. Courage
@Juste Gaël mpuza na Jean de Dieu uzobukoz👏👏 icondibumwisabire bize kumpwemu zindi zidasanzwe plzzzzz👏👏
Congratulations ❤Bruder
Intwari vrt 👊👊
Uyumu frère nukuri naramukunze afise ivyiyumviro biri hejuru cane gose aradufasha twe tukiri inyuma
Thx
Komerezaho urintwari
Najewe fise indoto nkizo zawe akira amashurwe yawe
Respect bro ABA gn ntabo nibo baknew
You have inspired me will try my best to better myself and those around me
Iciza caba journaliste nyabo Niki baz kubaza kugr abumviriza bahakure leçon morale au paravant yashats Kubica hejuru ariko Gaël arabimwinjizamwo mwubahwe🌿🙏
Ikiganiro ciza cane ❤
Ndamuheruka kuri isimbi iburayi karibu kumavuko burundi
Afise intahe ikomeye cane gose kandi merci!!! mwompa numéro yiwe tuyage.
Kumenga ntiyisanzuye gayemwe Kandi Imana yaramugiriyeneza
Ashobora kuba yakoze ikiganiro arushe
Ndakunze uyumu brother intahe yiwe inspiré kbx
Allemagne ni 16 Euro kwisaha.bon courage vmt twese turinyuma vuba turataha iwacu iburundi kwikorera
Vraiment 👏👏👏
Great job❤
Courage
Jewe noshima hariho uwoba ari Suede kandi yoba azi uyu musore kugira yemeze ko yakora amasaha 18 kumusi mu myaka ibiri yoza amasahani, hanyuma arongoye compagnie yiwe akayikoramwo 20 heures par jour. NTA MUBIRI W'UMUNTU WOKWEMERERA GUKORA GUTYO.
Wiseman 💪
Waouh imigambii myiza
Narinamukurikiranye k'Isimbi na Sabin,
Ariko ndyohewe cane de nogusubira kumwumva noneho ari muhira!
Nabandi bateyimbere bajebibuka igihugu cacu🇧🇮, baze bagiteze imberbe!
Imbere ya Zéro Irakora Broo
Ndubash kabisa ifarangaaa shahu
Gaël jw rr ndumurimyi ndunva afise imigambi myiza kbs
Ubuzi keshi abantu bagaya nibwo butungisha umuntu 🎉🎉🎉🎉🎉🎉terimbere🎉🎉🎉🎉
Bravo
Mwayise gute entreprise yanyu ?
Nukuja kukazi ukabona icurya hama ukazokwishura abagenzi wadamye 😅
Gael urumva ko iburaya bamwe bashobora kuhabera aba Boss ? By The way, Uyu mu type ar'inspira. UMUKUBITO hejuru cane🎉
rero bro uraraba uzoze urafasha abagowe nivyo vyohimbarA Imana kuko Imbere yImana ntituzokwirata ivyo twatuze ahubwo tuzirata ivyo twakoreye abandi
None aha ntaco ariko arafasha mugutanga ivyiyumviro?gufasha sugutanga amahera gusa,
Uyumutipe ngo yabuze nihatarii kuelii muturangure uyumu gee wacu
Mukomere ndabakurikirana bwana
Sky is the limit
Manaweee mbega vyiza yaraje iburundi??? Uwuyubahwe cane yarakoze amateka naheruka kumubona uwitwa sabe yamusanze murisweden.
Arabeshya ayomafranga Avuganimeshi
Je doute fort de l histoire,bishobor kuba arivyifuzo uwobisesengura neza.Europe harabajama,ishuti Amakuru barayaduh
Hhh uyo turamuzi ni escroc gentil ... twanamuhinyuza ... abesha abatamuzi . Ni Dreams umugani wawe. Uwushaka umuco kuriwe biroroshe kumenya ukuri
Warakoz ibiganiro uwumus uj wakor ikiganir cubak imitim yabant 🎉
Uyu muhungu ndamemwera cane kuva nkimubona kukinyamakuru co mu Rwanda
Umukubito kbs bandanyirizaho kbs mgb naje munyibuke
Da way da way da 🇧🇮way💪💪
Kalibu iwanyu Mutama
Dufashe rero Natwe tudafisuburyo bwo gushikayo natwebtuje kwoza ivyombo turabishoboye
Akazi nakazi
Urakankomera nanje aho muri swede
Ntiyararyohewe n,ubuzima bwimpunzi za mahama
kudashak kubivuga
Naragukurikiye kwisimbi tv ukomere cane bro
Kubadida ico bita kugira cash ukiri muto😢
😂😂😂😂kugiriki ikiri muto 😳nzoheza gutwa ejo🤓🤓🤓🤓🙌🏽
Baguhe securité musaza umu jeunes nkawe utunze milliyari zirindwi naba jeunes bake bafite ayo mahera.Courage nama blessings meshi meshi.
Ongerako ati zamanyarwanda
@@nahishakiyewilliam6225 ivyo vyamanyarwanda navyo yavuze kubera uwu n'umurundi sumunyarwanda ndaziko mukunda kwishira heza nibitarivyanyu ivyiza vyabandi mwama mushaka kuvyiyitirira. Urarondera ayiwawe😀
😂😂😂😂😂😂😂
@Bosconiyonkuru Nanje muri 1975 aho nari umunyeshuri Moscou, muburuhuko naragiye Stockholm (Suede) hanyuma mundwi zibiri ndakorera 250 dollars americains (mpanagura ameza muri restaurant iri muri hotel moyen), nca yose ndayaguramwo impuzu (Reta y'Uburundi ntiyaduha supplement de bourse). Hanyuma nijewe nari nambaye neza gusumba abandi twigana.
Jewe sinemera ivyo uwo musore avuga, KWIKURA MW'ISHURI SI VYIZA NAGATO.
Kuvyo guhabwa securite, normalement umutunzi akeneye securite/bodyguards niwe ayirihira.
JEWE SINEMERA KO RESTAURANT YOGIRA UMUKOZI UMWE GUSA YOZA AMASAHANI, KANDI AKORA AMASAHA 18 KUMUNSI MUMYAKA IBIRI YOSE.
Mbe basha Ayo ma chance yo gushikayo woyadutiza ukadushikanayo tukavyapliqua
Gaël ubahwa
😂😂😂ubuzi bagaya nibwo burimwo amahera ndamushigikiye vrmt
Niyubake company atange akazi
Wapi vyari potopoto kandi yagize reputation mbi cane ariho agitangura bizomusaba inguvu nyinshi kugura basubire kumwizera