REMA agiye kuza mu Burundi, azanywe na Jean de Dieu NISHISHIKARE.

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 26 ноя 2024

Комментарии • 5

  • @wengerarsene3195
    @wengerarsene3195 26 дней назад +1

    Uyo mu type beshi bariko bamubona ko harivyo akora atiyumviriye ariko j ndamubona ko Ari murongo mwiza Kandi abarundi beshi ntibazi iyo yavuye kugira mubone uko asohora amahera afise inyingu ashaka Kandi ninkuko ariko aramenyekanisha igihugu Kandi ndizera cane ko muzobona cane rema isi yose izi muzobona akayagwa mube muri tegura kumva impinduka mutari muzi gusa hari akabazo mutamubajj Numero twamutorako Cank staff yiwe twayitorako kuko afise project irenze Kandi ifise kazoza ku murundi wewe avyifuza. Respect jean die dieu❤❤❤

    • @kalyka4107
      @kalyka4107 25 дней назад

      Mukuri nanje vyongora kumwizera nibutse ivyabaye kwa The Ben. Reka turabe la suite

  • @papua3619
    @papua3619 25 дней назад

    Abarundi bibagira vite vite