Nelly, just a gentle reminder, urabona ingene utanguye business, you will surely need clients. Uricunga ntuvuge ucapfuza abantu, par exemple Hosy kuko arakurusha fan base, arafise influence niniya kukurusha, za uvuga make ntuzosange urirukanye abakiriya uzira kumuvuga nabi. Raba fan base yawe igizwe n'abantu hanini bari interested mu nsaku, tandis que Hosy, fan base yiwe irimwo abantu hafi bo mu ma domaines yose kandi bo mu myaka yose bivanye na emissions akora. Rero icunge mu kumuvuga Hosy kuko wosanga utsitaje abakunzi biwe kuburyo iyo agence yawe batoyirangira n'umugenzi. bakigira mu zindi agences. Merci
Uri sure ?kwansumvy fan base ?Mon œil I’am not her level come down ntaho tuganya personnalité uzobaze ikindi jewe mbayeho kubw’Imana apana kubw’umuntu so uwuzoshaka azodushorera ibisigaye nivyuzi
Simbizi noe kudashaka kubitahuye ko mushiki waw ari igisuma yagiye yivye abantu ugaca uguma ubigira intambara zana iyo debat rro kuri live utubwire ibihushane yivyo bavuga muga apana kuguma wigira haut parleur umwanya wose
Félicitations Nelly NAT 🤣🤣🤣ubuho agiye kutwica....
Nature :nikamere
Icogikobwa nagikunda ariko kivuze nabi hosy nciyee ndacanka kurushaaa none nkawe ubona woterefona hosy ngwaze gutegera WW tokaaa hosy shn ❣️ nimwiza sn kandi Akora ibintu vyisuku kandi bisa Neza apanivyo vyuguhagarara ngahoo uryantagowe shn
Kabwire ako gahimbiri umenga ni dayimoni.
Ako ubona KO kwigereranya hosy ?iyombwakazi igizw n'a jalousie,hosy arakurenz wamushenzi we
@@fleuryb8706 ahubwo nasanze arikigugu aha Burundi 🇧🇮♥️ ntanumwe Arenze hosy muba junariste
@@itanganezadondivin4416 niwe wambere guusa💯
@@owanaishimwe Ahubwo wararozwe akogakankara gafise mumaso umenga nakajini ngonumuntu nigakome imbwa
Uvuze nabi hosy cushake wiviremwo hosy twese turamukunda
Wa aaaaa mb ikiganiro kiryosh eeeee ❤️ randry ng waragize I modoka nukuza uraduh lift
Imana irihangana 😂😂😂😂
Nature nibibanza vyiratiro
Nelly nat turagufana kandi caane terimbere nkumuzinga , Bandanya udukoma ama Hit yama Stutis😂😂 Barya ba Swe....la bagukanga ntaho bazogushira.
Kimwe gusa urashanje kabix 😮😅
Kazi kazi 🇧🇮🇿🇦
Love flom aurora tv 257❤
Ako kabwa🤣 hhh umupfu ntiyinukir kwr🥱
Yayayayayaa ngo nature nimubiti
Landry uti nature n iki? 🤣🤣😂😂🤣🤣🤣🤣😂😂🤣🤣🤣🤣🤣
Nature # ibimera
Nelly, just a gentle reminder, urabona ingene utanguye business, you will surely need clients. Uricunga ntuvuge ucapfuza abantu, par exemple Hosy kuko arakurusha fan base, arafise influence niniya kukurusha, za uvuga make ntuzosange urirukanye abakiriya uzira kumuvuga nabi. Raba fan base yawe igizwe n'abantu hanini bari interested mu nsaku, tandis que Hosy, fan base yiwe irimwo abantu hafi bo mu ma domaines yose kandi bo mu myaka yose bivanye na emissions akora. Rero icunge mu kumuvuga Hosy kuko wosanga utsitaje abakunzi biwe kuburyo iyo agence yawe batoyirangira n'umugenzi. bakigira mu zindi agences. Merci
Uri sure ?kwansumvy fan base ?Mon œil I’am not her level come down ntaho tuganya personnalité uzobaze ikindi jewe mbayeho kubw’Imana apana kubw’umuntu so uwuzoshaka azodushorera ibisigaye nivyuzi
Ivyo ukabwiy nivyo nuko nyene kadahanugwa,hosy nimwiza kandi Siren vibes irakundwa nabantu bisoney benshi bivany nibikogwa.
Nihamw nyene umupfu atinukira sinon ntuba ukwiy kuvuga nabi hosy irakoze
@@nellynattv3311nico tugukundira nturyumunwa nzogufana gushika kukanyuma ,aboba swe....la ntibagukange
Iyo ugiye gukor business wirinda kuvuga nabi abantu bazwi kuko abo bantu bab bafise abantu babakunda, abo nibumv ubavugiy umuntu nabi bizotuma batakubera ab clients ivyo mupfa mubiguman kur mwebw gusa wew winumire naho kuba akurush influence vyo c'est ps gravé kuko mwese ntimuzwi vy hatali
@@fleuryb8706 ninde yaguhenzeko ubwobwiza uvaga aribwo butuma umuntu yemerwa nabantu !! Nelly nat ararenze uwo urikuvuga .twe turaba ibikorwa ntituraba ubwiza
❤❤❤
Nn kwle muburundintaba fubuzi kwle bahari 😮😮yuuuu iyoonkumiii. Ishaj atanakana nakamwe 😞😞🫣🫣🫣🙈🙈🙈nukuri
😂😂😂😂reka nicare nsome ama commentaire......😂😂😂😂😂😂😂😂😂kubera ndazi ko ziryoha pe ..........
🔥🔥🔥🔥
Yashaje atavyaye😢
😅😅😅Akokantu utayemwo nako sikeza
😂😂😂😂😂 usanga atavyara 😢😢😢😂😂😂sha😂😂😂
Hosy akurenzeho dogo agusumvya Kila kitu
Ntanaho bahuriy kumubiri .hosy ntaho ahwaniy niyo mbwa umenga ni dayimoni
😂😂😂😂😂Nelly araryohera pee
Areoport!!!! hhh hama ugaca utuka.Hosy??kajifunike sha
Ubivuze neza aleoport😁
Aleoport sh😂
Murahaze.hama.ngomurakudana.
Ndabibonye ndaryohewe ngene umushatsi wiwe usa nimboro….NDAMUKUNDA 😂
Ndapfuy 🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣ati yikorey imboro kumutwe
Uziko naje twenze
😂 ngongwiki
@@DodoDodo-pb9mw hatr wamuntuwe ivyiyisi nudutendo gusa
Simbizi noe kudashaka kubitahuye ko mushiki waw ari igisuma yagiye yivye abantu ugaca uguma ubigira intambara zana iyo debat rro kuri live utubwire ibihushane yivyo bavuga muga apana kuguma wigira haut parleur umwanya wose
Ati nature nikibanza ciki 😂😂🤣🤣🤣🤣🤣😅😅😅😅😅😅
🤣🤣🤣🤣Nelly Nat ndamukunda🥰🥰
Simbizi ni mchochezi😂
Ukungene gasa ako gakotora
None uko usa wariremye ,bugira impuhwe m'ukuvuga kuko ntuzi ejo yawe uko uzoba umeze nivyiza kwi controla
Noe ngaho umutukiyik Ariko aho wosanga na ww naco umusumba
Landry uyumusi amajwi vyagoranye
Mmmmmhh
Akhe uranshisha ufise inzigombi niyo mpamvu uguma wumye nkurukwi 🐕🐕🐕
Nelly nat rondera gusubiza hamw nuwo mufitaniy ingorane ugwanko sigwo gwubaka igihugu.uracari namuto mugenzi
Nelly😅😅😅😅
🤣🤣🤣🤣😍
Icambere urashaje 2 nturi mwiza 3 ufise ibinwa bibi nkivya diamond kandi urumukobwa 4 urumaguye mumaso ntanakabombere nagato ufise 5 nogutuka sinoheza 6 ntagasusu ugira 7 uteye nkabahungu 8 nico kukwihaniza mubiyago vyawe vyose ntuzusubire gushiramwo abomutanganya amatako nka hosy ntanaho muhuriye numudam mwiza wakaranga atigera asaza
Jealous izokwica
Jesus ihangane
Nelly nat Burya Araryoshe
Sindavyibaza 🤔
Ehee bashaa ndabira kano gakoshwaa aho reo ngo uravuzee iyoo wapfuma u*u*a tukavyumvaa reooo ingeneee uvuga reo umengoo wizee muri yagamukamaa😂😂😂😂😂ngo natiree😂😂ama supriyisi😂😂
ALEOPORT
Rek ntwenge ntabindi 😂😂😂😂😂😂😂, ariko ntwenga nkebura ntuze urondere gutera imbere uponda abandi kndi bogufashije kuduga et surtout visibilités so imbere yokuvuga nabi ndasavye uzubanze uzungurutse ururimi sept fois avant de parler hama no mumutwe uvyiyumvire neza kuko uzosanga ataho ushitse..
🙄🤣😂😴