Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
wakoreye Imana rwose, ntabwo umuntu yashidikanya ku iherezo ryawe. RIP
Mana warakoze kuduha umu President asenga.Umurinde cane. Kandi ndasenze ngo u Burundi uzobuhe umugisha, butere imbere kuburyo ibihugu vyose,vyadusuzuguye bimenya ko hari Imana mw'Ijuru ibasha guhindura ibintu. Mana, aka gasuzuguro nakarengane abanyegiputa bubu badusuzugura uzogatembagaze maze ubamare igabo. Mana kubona visa ya America na Europe ndetse nokuhaba biragoye. Mana ndasenze ngo uzoteze imbere u Burundi nkiriho mbibone kugeza aho abo dusaba visas bakazitwima nabo bizobagora kubona visa ija i Burundi. Uzokore ikintu gizotuma u Burundi bugenderwa cane kuburyo benshi bazifuza kubujamwo visas ikababana rutarara. Kuko twese twaremye nawe ntamwana nikinono imbere yawe.Nyakubahwa Mana, ndizeye ko unyunviye kandi mbisavye mwizina rya Yesu. Amen!
Igiramahoro warintwari tuzogukumbura Rip papa
At first i knew Burundi s president to be a bad person. Didn't know that he was a praying president . Peace be to his soul. Wish all the leaders were like Pierre. Though your language. Can't get anything wish he had to talk Swahili
Hezagirwa Mutama
Amen.
Yeweeee gayeeeee mama muzeh inuma nazo hhhh ntivyorosh
Hypocrite😭😭😭sorry !!!repent before inzamba kivuga
Nimutubwir ico zisigura basha
Murakoze nyakubahwa kukaganuke waduhaye imana ibahezagire kuba iyo turi mumahanga twereka abo dutuyemwo ivyiza umukuru wigihugu cacu akora mugukunda imana nabantu nimuhezagirwe mwarahezagiwe imana ibazigame kandi muroranirwe
wakoreye Imana rwose, ntabwo umuntu yashidikanya ku iherezo ryawe. RIP
Mana warakoze kuduha umu President asenga.
Umurinde cane. Kandi ndasenze ngo u Burundi uzobuhe umugisha, butere imbere kuburyo ibihugu vyose,
vyadusuzuguye bimenya ko hari Imana mw'Ijuru ibasha guhindura ibintu. Mana, aka gasuzuguro nakarengane abanyegiputa bubu badusuzugura uzogatembagaze maze ubamare igabo. Mana kubona visa ya America na Europe ndetse nokuhaba biragoye. Mana ndasenze ngo uzoteze imbere u Burundi nkiriho mbibone kugeza aho abo dusaba visas bakazitwima nabo bizobagora kubona visa ija i Burundi. Uzokore ikintu gizotuma u Burundi bugenderwa cane kuburyo benshi bazifuza kubujamwo visas ikababana rutarara. Kuko twese twaremye nawe ntamwana nikinono imbere yawe.
Nyakubahwa Mana, ndizeye ko unyunviye kandi mbisavye mwizina rya Yesu. Amen!