MBEGA INTAHE WEEE//NAGIYE MWIJURU NEREKWA IGITABO CUBUGINGO//UMUGABO YARANTAYE KO NTABAYE UMU ISLAM

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 19 окт 2024
  • Ushaka kuraba izindi video kuri UMUCO WERA TV
    Fyonda hano / @umucoweratv2021
    Kurikira INTAHE hamwe n' UBUTUMWA BWIZA umusi kumusi kuri chaine UMUCO WERA TV
    Ukaba wipfuza guterera iciyumviro canke ikindi cose cotezimbere chaine yacu Woturondera kuri 79 969 452(ikoreshwa no kuri whatsapp)
    #Celestin_79969452 #UMUCO_WERA_TV

Комментарии • 36

  • @JoselyneAkimana-p9r
    @JoselyneAkimana-p9r 10 дней назад +1

    Hareluyaa hareluyaaa hareluyaaaaaaaaa hareluyaaaaaaaa yesu numugab ukomey

  • @ClodineClodine-r2m
    @ClodineClodine-r2m Месяц назад

    Amen ❤ yesu nimwiza kandi ararokora abarushe natwe azoduharira ivyaha vyacu 😢yesuwe vyiza cane mudusabira mwebwe vyakunzeko mubona Imana ❤ Amen Amen Amen Amen Amen

  • @KiddaBoy-et1mm
    @KiddaBoy-et1mm 2 месяца назад +2

    IMANA yarakoze kubana nawe urankomeje muvyeyi

  • @violettemyongere7769
    @violettemyongere7769 2 месяца назад +1

    Imana ibahezagire

  • @delphineniyonkuru4762
    @delphineniyonkuru4762 2 месяца назад +1

    Amen

  • @DieudonneeNizigiyimana
    @DieudonneeNizigiyimana 2 месяца назад +1

    Imanigukomez izaguhe iherozo ryiza

  • @PulcherieNizigiyimana
    @PulcherieNizigiyimana 2 месяца назад +2

    Imana Iziguhe Iherezo ryiza nubwitonzi bwawe burakuranga ndakuzi shishikara uyikorere ntudehukigwe❤urumukoziw,Imana ndakuzi

  • @DevotteMajambere
    @DevotteMajambere 2 месяца назад +1

    Merci Hanyum intahe yawe ninziza,ivyabana navyo umwanya wabay muto

  • @ElohimChanceline
    @ElohimChanceline 2 месяца назад +1

    Intahe ziramfasha cyane gose nukur ndamfashijwe

  • @BercyHaringanji
    @BercyHaringanji 2 месяца назад +1

    Murakoze Imana ibahezagire

  • @IngabireChristaBella
    @IngabireChristaBella 2 месяца назад

    ❤❤ Murakoze muvyeyi !

  • @JeanNyandwi-n9j
    @JeanNyandwi-n9j 2 месяца назад +1

    Imana ikwongererez wongera usengera nabandi

  • @NdayishimiyeSafi-pm6gc
    @NdayishimiyeSafi-pm6gc 2 месяца назад

    Imana irahanbaye

  • @pascasiepasi2413
    @pascasiepasi2413 2 месяца назад +1

    Yesu naguhezagire warashingiye intahe Imana none abana bakuru Bari he?

  • @NKUNZIMANANoel
    @NKUNZIMANANoel 2 месяца назад +1

    Mana we iyi ntahe irigisha pe Mama wararwanye intambara yokunesha Yesu agukomeze

  • @gilbertnduwayo5436
    @gilbertnduwayo5436 2 месяца назад

    Muvyeyi Yesu yarakurokoye kandi izokubogore kugera kwiherezo

  • @EugenieLarson-f7r
    @EugenieLarson-f7r 2 месяца назад

    Ndahashiste reka nicare ❤

  • @Irakoze-m5n
    @Irakoze-m5n 2 месяца назад

    Agukomereze imigabo yokutihumanya wararwanye uranesha

  • @gsgshdhdhdhs1713
    @gsgshdhdhdhs1713 2 месяца назад +1

    ❤❤❤❤❤

  • @leoqjsogady5490
    @leoqjsogady5490 2 месяца назад

    Imana igukomez, intahe yaw iranyigishij Cane gose. Non muvyeyi ubu uba hehe ??

  • @leoqjsogady5490
    @leoqjsogady5490 2 месяца назад

    Wumire kugakiza wahawe impembo yaw irahari kabsa.

  • @horimberepeace7376
    @horimberepeace7376 2 месяца назад

    HALLELLUAA HALLELLUAA HALLELLUAA HALLELLUAA HALLELLUAA HALLELLUAA HALLELLUAA HALLELLUAA HALLELLUAA HALLELLUAA HALLELLUAA HALLELLUAA HALLELLUAAAAAAAA URAKOZE GOOOSEEE YESU CHRISTO 👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏📢📢📢📢📢📢📢📢📢📢📢📢📢📢

  • @devoteinakanyambo5881
    @devoteinakanyambo5881 2 месяца назад +3

    Abandi bana bariheh?

  • @MandelaMobutu
    @MandelaMobutu 2 месяца назад

    Mumpe inomero yuyu mumama yashingiye intahe

  • @NdihokubwagoFRancois
    @NdihokubwagoFRancois 2 месяца назад

    I mana ishimwe iguhezagirecane wumiyekwibanga iguheumugisha

  • @pastaaronnshayeko6548
    @pastaaronnshayeko6548 2 месяца назад

    None ko yavuze ivy'ubuzima bwiye ariko ntitwamenye aho yasize babana babiri bakuru.
    None abatunze bose ari batatu canke bamwe bari kwa se?

  • @EricManinkunda
    @EricManinkunda 2 месяца назад

    Amen