Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
Murakoze Cane Musaseredoti w'Umukama ku nyigisho muduhaye
Murakoze cane kunyigisho mudusabikanirije ni nkoramutima tuhamenyeye vyinshi.
Murakoze musaseredoti w'Umukama.
Ameen, Murakoze cane ku nyigisho nkora mutima mudushikirije
URAKOZE CANE PATIRI umpaye umuco kugisabisho co guherereza inkuka y'imisa abacu bitavye Imana qryq qmqherq dutanga sinahora mbona uruhara rwayo,ndategereye ko ari ishikanwa dutanga kubwico gisabisho, ndakengurutse cane kuko ndungutse binteye intege zo kurushiziraho kubasabira
Murakoze cane Patiri turanyuzwe. Imana ibahezagire
Murakoze pati muhezagigwe!!!
Urakoze mwigisha wa Kristu
Murakoz cane
MurAkoz can
murakoze patiri
Patiri aracari mubukoroni,iyavuze ngo ibintu vyarabaye potopoto bisiguriki?ngo normalement ngo handitsweko ,....,ninde yavyanditse?kwari babazungu Baza guhuvya abarundi mukwemera kwabo.ndumu catholique ariko sindi kuruhande rwiwe
Kumbura musengere iherezo ryiza mukiriho ngo muzosengerwa mutakiriho,inyuma y'urupfu hari urubanza nta bindi kuko Yesu ntiyari kuvuga ngo twitegure tukiriho
Wew niyo wobihakana ntangorane kutamenya ngira ntuzobihanirwa gusa tekana tuzoguma tugusabira !!
Nkubu urizeye ko uriko uritegura kuburyo uzorenguka imbere y'Imana atagatosi ufise?? Birashoboka ariko ntibishokera bose muvukanyi.