- Видео 5 411
- Просмотров 5 274 716
AMANI Angels
Нидерланды
Добавлен 26 июл 2018
Inkuka y' Imisa Itangura Umwaka wa 2025 - Cathédrale Regina Mundi, 01.01.2025
Inkuka y' Imisa Itangura Umwaka wa 2025 - Cathédrale Regina Mundi, 01.01.2025
Просмотров: 2 087
Видео
Inkuka y' Imisa yo Gusozera Umwaka wa 2024 - Paroisse Kamenge, 31.12.2024
Просмотров 2,9 тыс.2 часа назад
Inkuka y' Imisa yo Gusozera Umwaka wa 2024 - Paroisse Kamenge, 31.12.2024
Inkuka y' Imisa 31.12.2024: "Jambo Yarigize Umuntu Abana Natwe" - Radio Maria Burundi
Просмотров 1,4 тыс.2 часа назад
Inkuka y' Imisa 31.12.2024: "Jambo Yarigize Umuntu Abana Natwe" - Radio Maria Burundi
Concert De La St. Elizabeth Music Class: Chansons De Noël - Cathédrale Regina Mundi
Просмотров 6942 часа назад
Concert De La St. Elizabeth Music Class: Chansons De Noël - Cathédrale Regina Mundi
Inkuka y' Imisa 29.02.204 - Paroisse Sainte Thérèse de Calcutta de Ruziba
Просмотров 1,1 тыс.9 часов назад
Inkuka y' Imisa 29.02.204 - Paroisse Sainte Thérèse de Calcutta de Ruziba
Imisa yo Kwugururra Yubire y' Imyaka 2025 Ekleziya Katolika Imaze Ivutse - Cathédrale Regina Mundi
Просмотров 1,1 тыс.9 часов назад
Imisa yo Kwugururra Yubire y' Imyaka 2025 Ekleziya Katolika Imaze Ivutse - Cathédrale Regina Mundi
Inkuka y' Imisa 27.12.2024 - Radio Maria Burundi
Просмотров 45914 часов назад
Inkuka y' Imisa 27.12.2024 - Radio Maria Burundi
Hari Ijoro Ryatowe - Mère de la Miséricorde Kanyosha
Просмотров 72614 часов назад
Hari Ijoro Ryatowe - Mère de la Miséricorde Kanyosha
Inkuka y' Imisa 26.02.2024 : "Tudahindutse Igihugu Cacu Kiradupfana Turorera" - Radio Maria Burundi
Просмотров 24514 часов назад
Inkuka y' Imisa 26.02.2024 : "Tudahindutse Igihugu Cacu Kiradupfana Turorera" - Radio Maria Burundi
Twaremewe Kubaho Twunze Ubumwe n' Imana - Mgr. Joachim Ntahondereye, Diyoseze Muyinga
Просмотров 1 тыс.16 часов назад
Twaremewe Kubaho Twunze Ubumwe n' Imana - Mgr. Joachim Ntahondereye, Diyoseze Muyinga
Hitamwo Ikiruta Ikindi, Imana Izoninahazwa - Saint Joseph Ngagara
Просмотров 5216 часов назад
Hitamwo Ikiruta Ikindi, Imana Izoninahazwa - Saint Joseph Ngagara
Inyigisho ya Patiri Félix Fupi mw' Ijoro rya Noweli 2024 - Cathédrale Regina Mundi
Просмотров 6 тыс.16 часов назад
Inyigisho ya Patiri Félix Fupi mw' Ijoro rya Noweli 2024 - Cathédrale Regina Mundi
Inkuka y' Imisa ya Noweli 2024(k' Umurango) - Paroisse Kamenge
Просмотров 1,6 тыс.16 часов назад
Inkuka y' Imisa ya Noweli 2024(k' Umurango) - Paroisse Kamenge
Inkuka y' Imisa ya Noweli 2024(k' Umurango) - Cathédrale Regina Mundi
Просмотров 9 тыс.16 часов назад
Inkuka y' Imisa ya Noweli 2024(k' Umurango) - Cathédrale Regina Mundi
Inkuka y' Imisa ya Noweli 2024(mw'Ijoro) - Paroisse Kamenge
Просмотров 9 тыс.19 часов назад
Inkuka y' Imisa ya Noweli 2024(mw'Ijoro) - Paroisse Kamenge
Inkuka y' Imisa y' Ubushikiro "Adventus" 2024 IV - Sainte Joseph Ngagara
Просмотров 696День назад
Inkuka y' Imisa y' Ubushikiro "Adventus" 2024 IV - Sainte Joseph Ngagara
Inkuka y' Imisa y' Ubushikiro "Adventus" 2024 IV - Sainte Thérèse de Calcutta de Ruziba
Просмотров 752День назад
Inkuka y' Imisa y' Ubushikiro "Adventus" 2024 IV - Sainte Thérèse de Calcutta de Ruziba
Inkuka y' Imisa y' Ubushikiro "Adventus" 2024 III - Cathédrale Regina Mundi
Просмотров 2,3 тыс.14 дней назад
Inkuka y' Imisa y' Ubushikiro "Adventus" 2024 III - Cathédrale Regina Mundi
Inkuka ya Misa yo Kwugurura Umwaka w'Ubutumwa 2024-2025 - Cathédrale Ngozi
Просмотров 1,8 тыс.21 день назад
Inkuka ya Misa yo Kwugurura Umwaka w'Ubutumwa 2024-2025 - Cathédrale Ngozi
Que Tes Oeuvres Dont Belles - Cathédrale Regina Mundi
Просмотров 12821 день назад
Que Tes Oeuvres Dont Belles - Cathédrale Regina Mundi
C' Est Toi Seigneur le Pain Rompu - Cathédrale Regina Mundi
Просмотров 10721 день назад
C' Est Toi Seigneur le Pain Rompu - Cathédrale Regina Mundi
Inkuka y' Imisa yo Kurekuriranira no Gusubiza Hamwe 2024 - Paroisse Mukenke, Diyoseze Muyinga
Просмотров 2,5 тыс.21 день назад
Inkuka y' Imisa yo Kurekuriranira no Gusubiza Hamwe 2024 - Paroisse Mukenke, Diyoseze Muyinga
Inkuka y' Imisa y' Ubushikiro "Adventus" 2024 I - Sant Joseph Ngagara
Просмотров 1,1 тыс.Месяц назад
Inkuka y' Imisa y' Ubushikiro "Adventus" 2024 I - Sant Joseph Ngagara
Inkuka y' Imisa y' Umusi Mukuru wa Kristu Mwami 2024 - Paroisse Kamenge
Просмотров 4,1 тыс.Месяц назад
Inkuka y' Imisa y' Umusi Mukuru wa Kristu Mwami 2024 - Paroisse Kamenge
Inkuka y' Imisa y' Umusi Mukuru wa Kristu Umwami 2024 - Paroisse Sainte Monique Bugarama
Просмотров 11 тыс.Месяц назад
Inkuka y' Imisa y' Umusi Mukuru wa Kristu Umwami 2024 - Paroisse Sainte Monique Bugarama
Inkuka y' Imisa 17-11-24 - Paroisse Kamenge
Просмотров 2,8 тыс.Месяц назад
Inkuka y' Imisa 17-11-24 - Paroisse Kamenge
Inkuka y' Imisa 10-11-2024 - Ntutange Kuko Ufise Vyinshi - Cath'edrale Regina Mundi
Просмотров 6 тыс.Месяц назад
Inkuka y' Imisa 10-11-2024 - Ntutange Kuko Ufise Vyinshi - Cath'edrale Regina Mundi
Inkuka y' Imisa 10-11-2024 - Paroisse Kamenge
Просмотров 2,9 тыс.Месяц назад
Inkuka y' Imisa 10-11-2024 - Paroisse Kamenge
Imisa n' Indagano mu Bamisiyonari b'Umushaha Utatyoye wa Bikira Maria - Paroisse Bon Pasteur Gitega
Просмотров 1 тыс.Месяц назад
Imisa n' Indagano mu Bamisiyonari b'Umushaha Utatyoye wa Bikira Maria - Paroisse Bon Pasteur Gitega
Inkuka y' Imisa 03-11-2024 - Paroisse Kamenge
Просмотров 2,3 тыс.Месяц назад
Inkuka y' Imisa 03-11-2024 - Paroisse Kamenge
Amen
Messe iryoshe cane
Nice one
🎉🎉🎉🎉lmpund nyinsh kubiwac mwakoz cn🎉🎉🎉❤❤❤
Amen 🎉🎉🙏🙏🙏
Uhoraho abandanye abakomeza kuririmba
J'❤. Amen
Imana ibahezagire cane Ku nyigisho muduhaye Kur'uyu musi udasanzwe. Ndaronse inyishu y'ibibazo vyinshi nari mfise. Mugire umWaka Mwiza, Muronke ibigega vy'amagara n'ivyamasaka. Basaserdoti bw'umukama namwe mwese mwatoranye kuyihebera ni muhezagirwe! Ikigo ca Foyer de charité n'abashoboye kuhashika muragahoraho ❤
Muhezagirwe
Rien n' est encore perdu : ruclips.net/video/bHQpeGzio4k/видео.html
Narinabuzenakanya kokuja mugitaramo muhezagigwe
Yoo muhezagigwe
Muhezagigwe abo turikumwe
Intango ni nziza kandi kazoza ka chorale yanyu ni keza. Ikibazo cambere kihari nimurondere umuntu abigisha kuririmba mu nzobere z' i bulaya baciye muri concervatoire (ingene ijwi risohoka neza rigahura n' inota nk' uko umwanditsi w' ururirimbo yabishatse). Icakabir ni kuronka ibicurarangisho vy' ubwokp bwose be no kuronka ababikoresha. N' umvise ko harimwo n' ikibazp ca acoustique, ariko intambwe ni nziza, irahuye n' imbona kazoza y' Uburundi.
thank you am very proud of these burundian kids thei perfomance, ten years in burundi you cant find a choir singing like this
Bite kuheban
Big UP mon segneur
Turikumwe🙌
ruclips.net/video/SzZm42WlwZM/видео.html
Murakoz
Merci merci
Courage, Ikivi kigira intango
ruclips.net/video/6z_tFJosT3k/видео.html
ruclips.net/video/vCLUhVkCoPE/видео.html&start_radio=1
🎉🎉🎉🎉🎉
Nishimy kub ndimbere y yezu
Murakoze cne kuduha inkuka ya misa twebwe tutahegerey 🙏🙏🧑🎄
Dukundane nkuko Yezu yadukunze
Kwer sha
Turabakwirikirana 100% umukama abahezahire
Nezaaaa
Amen
Urakoze kunyigisho uduhaye. Uhezagwe.
Courage
❤ vyari vyaryosh cn
Ndahimbarwa cane iyo ndiko nkwirikirana imisa ndanezerwa cne umukama abandanye aduhezagirira abungere bacu abadukomereza inyigisho muturosa ziradukomereza ukwemera kristu nuyarwe hose
🎉🎉Amen
Joyeux Noël ❤❤❤❤
Akana Yezu kavutse!
Noël nziza
Yoo mpise nkumbura aho nabatirijwe aho navukiye
Twese
Ibishusho biremewe kuko nimfashishonyigisho
Nn uwo noheli ko ataho ndasoma muri bible ari ikindi nn duhimbaza ko yavutse canke yaravutse mbega hh ivyo bishuho biremewe . ikindo no bisigura oya eli bisigura Imana = ntamana ihari ijambo rihakana Imana
Ingabirano y'ukudufasha gutahura, wahawe n'a Mutima Mweranda (Inspirateur divin), niyuhire. Amen j'❤❤❤❤❤❤ ça Amen
Imana igume ikukomeza Mwungere wacu TURAGuKUNDA cane❤🎉inyigisho yawe igihe cose inkora kumutima😢❤
Ufise ubutwari n'ingabirano idasanzwe mugusigura❤
Hezagirwa pati urafise ingabirano yo gusigura kabisa ❤🎉
Amen
Imana ibandanye ibajimbere mu butumwa bwunyu
🎉🎉