Aba bantu biyita ba prophet hose n' abanyamanyanga. Iki kirimwo kiriyemera. Abantu uvuga bose nibyo uwo nemera ko ari umukozi w' Imana wewe utemera ni Chris NDIKUMA
Moses nimba wibuka mbayahaga agiye kurya indya kwa Bunyoni yinjira inzu mubusoro bukeye nta 24h zaheze aca mugikorane kumwita igifyoti none koko muri two days
Reka gutukana have have gutukana nkabashumba. Kuko abo nukubareka bakamoka. Babesha kubi !! Nibigabo vyatwaye inda imbere bikabeeeeeesha yoooh abo ndabazi no mu Rwanda barahari cyane cyane aba Pantekoti bafise iminwa isosa Kandi Ari amagabura. Ipuuuuuuh jewe abo sinonabaraba sinshobora. Imana izobakubita bumirwe. Ariko si Bose ni bamwe na bamwe babesha kubi bateranya abandi kubi babeshera Imana ngo yavuze itavuze. Birababaaaaaje
🎉🎉🎉gusa' gabanya ibitutsi sivyizaa
Moses wacu uwukwanka azokwandureho Sha. Turakwemera kubi
Ariko uyu munsi watukanye nabi byambabaaaaje ishavu rigira nabi uzodusabe ikigongwe waradutunguye ntitwari tuzi ko akanwa kawe kavamwo ibitutsi bibi gutyo. Yego yarambabaje ariko ntuhatukane Cheri. Waaaapi
naje ndemera k ivugabutumwa riri iburundi harimwo ikigoyi cinshiii😂😂😂niyompamvu n'igihugu cishwe no kuja kwirirwa mumaborogo ngo barasenga.bariba bagasenga barica bagasenga baranyuruza bagasenga😂😂😂
Jewe Chimamanda ndamwemera 100%
Amazina yajye nitwa Rutebuka ndi umunyarwanda ariko ngira nkubwire ko ngukunda cyane kuberako nkurikirana igihe cyinini
🎉mbayahaga Isidore ntubeshe vidéo ziwe zikurikirnwa nabeshi ntawumurusha muga ntavurwaa
Uyo ngo ni prophete !!! Ariko Mana weeeeh kubesha ngo barerekwa barerekwa barakavumwa n'Imana. Bazopfa nabi gusa
Chimanda wacu Polesana rekana nimbura mukoro
Muta wubahwe 😂😂😂❤❤
Uzadukorere ikiganiro hamwe na Gasuku wo mu Rwanda mudutukire interahamwe zose. Turakwemera!
Social media 😂😂 itadyosh kuel, umuntu murashobora gutukana mutarikumw, #chimamanda Moses big up
Imana ujye ikugirira neza
Bantu.mubesha ngo Imana yavuze itavuze muzoshya
Chimamanda wacu reka gutukana muhungu dukunda
Ndakwemara
Uwo muturage ngo ni profette
Maman buntu ndamwemera na kagisye sawa Mbayahaga nawene ni ikibwa kitagira umurizooo😂
Barbwire izombwa zingers mufyimana
❤❤❤❤
Umusaza turakwemera🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼 moses
Ndagadutse weeeee😂😂😂
🤣🤣🤣🤣 imana imbabarire ndagututse kumanyoko Moses wajyureka kusetsa koko😂😂
Nibakureke mosesi wacu ❤❤❤❤
Mu bantu uvuga wemera MBAYAHAGA sindamwemera uriya ni nsumirinda kubutegetsi gusa
Kuvuga iyo nyatsi ngo ni prophete nuguta umwanya wawe kuko mbaye nkawe ! Reka ndeke gutukana ariko bigarukiye ku.munwa
Aba bantu biyita ba prophet hose n' abanyamanyanga. Iki kirimwo kiriyemera. Abantu uvuga bose nibyo uwo nemera ko ari umukozi w' Imana wewe utemera ni Chris NDIKUMA
Muveko weho ubwobushobozi yaburose ukiriki nukunora uzoze urabe lurusengero nibihumbi nibihumbi ahuciramuruzi
Indaya ni nyoko
Hey muvandi namahoro? Ngewe ikibazo wanfasha kumenyera impanvu muburundi barigufunga abantu bafite passport zomurwanda, kuki aba civilian barikuzira ibibazo bya politic, murakoze.
Moses nimba wibuka mbayahaga agiye kurya indya kwa Bunyoni yinjira inzu mubusoro bukeye nta 24h zaheze aca mugikorane kumwita igifyoti none koko muri two days
KWERI? 🤣🤣🤣🤣🤣🤣😂🤣😂🤣😂🤣🤣😂
Mwaramutse amahoro y'imana
Komanyoko mukamaweeee.
Ubundi izi ni mayibobo zihishe inyuma ya bible ntugatukana naba batekamutwe ujye ubaha ukuri witurije
ivyo bibwa sha suguru ww sha aranter ishavu rimw riger kumunwa nibiv ngaho ibyo bibwana
Musengere ahinduke abareke nayo Chimamanda nababwite kuva kera ko myzimusenta mukumuvuguruza azoca amaramara abahebe kuvbavuga nabi ntabindi bintu abarundi bo muha kugira avuge nabi aba Pasteurs bamwe bamwe kybimubuza namwe ba Pastors avuga ni mureke namwe kumutuka kuko aba Pastors ntimmoja muvyo kwiregura mutukana beshuza gusa ntakindi Chimamanda azoca atsindwa atabueanye
Uyu musweranyina w'umupasiteri arongora indaya nziza da
Ngwahoda mosse reka kuntwenza 😂😂😂
J umusi nashits Muburundi nkaronka umwanya ukwiy nzobashira kumugaragaro
😂😂😂😂 kubita
Cima bafite irindi zina bible ibita risome muri Yesaya 9:14
Rekeraho kumutuka ibitutsi byi bishengu ntibigaragara neza
Ugworubwa wararunaniye vyizagwoza ruranuma rukaba nkuwutarubona
Ewemozese uzawamubony Ha nihatar NGO yarasengeye nyokowaw chimamda
Ububose nabaprofete
Asha umuntu acokoj chimamanda mozese arakabona
Wwe uvuga ukuri kutavanze
ATI ngwiki?😂😂😂😂😂ATI gwiki?
Izi nyana z'imbwa z'abapasiteri b'ibisambo bakwiye gufungwa burundu. Igihugu kidakubita imbwa corora imisega
😂😂😂😂
Wakibwaw,wakibwaw😂😂😂 ni bibl sorry.
Hushura 😂
Mos gikubite fumura ugworunda nareke uwo muvyeyi namureke puuu
Ijambo imbwa canke ibibwa niryo jambo ridasona neza mworiheba
Izombwa zirahenda banyina , nayo twe ntitukicibwa , nizombwa
Bandanya uhushura , insiguro arikatanga birumvikana ko yamaze gukanya😂😂
Wapi n'a Chris ndikumana arimwo tubiri shaa nikubera utabizi nibanga bakorerako