Continue ton excellent travail et cessez decouter des vauriens jaloux. Tu es encore jeune, tu n'as pas encore le cœur aguerri. Tu apprendra progressivement que le monde est plein de méchants hommes et méchantes femmes. Les 1ers jours tu seras découragé car tu croyais que tous sont bons. Mais plus tard les propos insensés ne te préoccupe ront plus car tu auras appris q le monde est plein de méchants.
Aya mazina wiyita tuyazi yose wanguna we Fabrice...Reka guta umwanya wisigura urazi ko uri ikijuuju wataye ishure uterenze n'a 3ième primaire Ubwo waravye ivyo wandika uko bisa ? 😂😂😂 Abahutu mwaravumwe Fabri...gushika Yesu agaruke muzopfa mwinukira kweri
Salute my leadership skills 👏 🙌 👌 💯 🙏 👍
Imana iguhezagire cane Fabrise Yezu akomeze agushigikire 👏👏👏❤️❤️❤️💒💒💒💒
Capa kazi mzee,wenye wivu wajinyonge. Courage ntibaguce intege
Quel courage ! Bonne chance 🤔
Urumushingantahe dakwemera
Courage Brother let them talk , it just a jealous piga kazi kijana
Very well God bless you.
Umva nkubwire, irya ni inzigo ituma bakubeshera ngo wivye. Abarundi turi abarozi, inzigo, imiryane, ugasanga ntudukundana, turiko dutemana abandi bariko bubaka. Wewe rero komeza akazi kawe Imana irakubona. Izo mbwa nazo ziriko zikubeshera umusi umwe zizicuza. Good job Fablice, you are the man bro. Keep up. Don't listen to the Burudians BullShit.
Good bandanya . ibikorwa birivugira
Continue ton excellent travail et cessez decouter des vauriens jaloux. Tu es encore jeune, tu n'as pas encore le cœur aguerri. Tu apprendra progressivement que le monde est plein de méchants hommes et méchantes femmes. Les 1ers jours tu seras découragé car tu croyais que tous sont bons. Mais plus tard les propos insensés ne te préoccupe ront plus car tu auras appris q le monde est plein de méchants.
Wow i ,m intersted
Nijaro bakugirira Mutama fabric Abo nabantu badashaka igihugu kokidatera imbere
BHB vyaranse?
Duhe kontakt tubahe akazi please!!
Bakumvira ishari kowabasumbij ubwenge harabataryoherwa nuko mugenzi wabo ateyimbere
Abo bantu bikase injorogo kururimi
Zokubafasha gucafuza abandi nu kubiyamiriza.
Ndakeney contact canke aho twomukura .muzoba mukoze
Lindo demais
🎩
✊🏾🇧🇮
Bro capakazi badunia ivo
Nibagusamaze jo
Abo babambika ibara ninyanka Burundi
Ego rekibikorwavyivugire Abataremera Bemeze.
Fabrice ntibigutangaze beshi azokuvuma ariko uwukwank numwasi wuburundi
Kuki mwiyanikiye kuzuba mugukora ikiganiro😮
Izuba ririmwo Vitamin D
Ingo nokurubaho
Nuko musaza mwubahwe
Aya mazina wiyita tuyazi yose wanguna we Fabrice...Reka guta umwanya wisigura urazi ko uri ikijuuju wataye ishure uterenze n'a 3ième primaire
Ubwo waravye ivyo wandika uko bisa ? 😂😂😂
Abahutu mwaravumwe Fabri...gushika Yesu agaruke muzopfa mwinukira kweri
Urumubosi mumutwe kabisa
Mwokora payment umuntu akaza arariha bukeke!!
Burya iyo umuntu ariko akora akazi ntihabura ibimuciramo na cane cane abashaka kumuca intege nibindi ahubwo nibamuzane nawe avuge twumve nimumuronder atwemeze 😅😅😅
Imitwe yamasato itwiciye igihugu ngo bariko bubaka des WC superposés babanje kudusahura toutes les sociétés zubatswe n'a Président Bagaza , babanje gusahura marché central, indege y' igihugu etc..
Mbega uwo mukooma atagira na 6ème primaire adedemba iki ?
Nawurimbwhubwo weewizumaze kutumaririk kuyumwanawigihugamaze kutwerekicashoboy rekumwanaa bakosor maze muzomwanndurakwimanizobavuma mutangar
Ngwino mu cibitoke man
Bavuga mukora mukora bavuga.
Niko mbuzinoti nopfumye ngura chambrette naje.
None izonzu ziri kurangahe?
350M kunzu imwe