Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
Imitekerereze ya Ntibantunganya ni mitekerereze ya NEVA birahabanye cyane iyo witegereje NEVA ukamusesengura usanga Afite uburyarya bwinshi Kandi yamize bunguri ibintu byivangura Moko ibyahutu natutsi byaramwaritsemo
Warondogoye cyane
Komerezaho
Ntabwo ari Prezida w'uburundi yabaye pezida
Jewe sindi mu mugambwe numwe, sinemeranya nabatware bu buburundi bita imitwe yitwara gusirikare ko aribo batera bwoba oya oya ahubwo leta itwara niyo itwarisha iterabwoba,Ivyabaye 2015 vyatumye haba igeregeza ryo guhirika ubutegetsi bigatuma hongera kwaduka inyeshamba arizo bita abatera bwoba uyumusi ni ikosa ryaba cuddle fdd Kubwanje vyatewe nubunararibonye buke muvyo gutwara naburya nabo bari inyeshamba dukeneye intwaro ya ingo twubake ntabwo arintwaro ya sohoka ninjire was nkupfunge canke ndakwica
none urabona yuko kuba uburundi bwakino gihe bwokubakw a biciye kukurasa. harico abantu musha ivyicaro mutibaza .nkubu wosigura impamvu yokurasa abarundi twunze ubumwe.
Le titre ?
Iyo haba hano mu Rwanda🇷🇼 Kagame aba yaramwivuganye😂😂mba ndoga Rukara
Ninde wabanjirije Kagame udahari? Kuva le04/07/1994 kugeza ubu u Rwanda ruyobowe n'aba President2;Pasteur Bizimungu na Paul Kagame kandi bombi barahari. Uwo mwanda wawe wo gusebanya ujye uwujyana hirya iyo.
Urakivugantwe niminsi wamurezi we 😂
Imitekerereze ya Ntibantunganya ni mitekerereze ya NEVA birahabanye cyane iyo witegereje NEVA ukamusesengura usanga Afite uburyarya bwinshi Kandi yamize bunguri ibintu byivangura Moko ibyahutu natutsi byaramwaritsemo
Warondogoye cyane
Komerezaho
Ntabwo ari Prezida w'uburundi yabaye pezida
Jewe sindi mu mugambwe numwe, sinemeranya nabatware bu buburundi bita imitwe yitwara gusirikare ko aribo batera bwoba oya oya ahubwo leta itwara niyo itwarisha iterabwoba,
Ivyabaye 2015 vyatumye haba igeregeza ryo guhirika ubutegetsi bigatuma hongera kwaduka inyeshamba arizo bita abatera bwoba uyumusi ni ikosa ryaba cuddle fdd
Kubwanje vyatewe nubunararibonye buke muvyo gutwara naburya nabo bari inyeshamba dukeneye intwaro ya ingo twubake ntabwo arintwaro ya sohoka ninjire was nkupfunge canke ndakwica