Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
Hari abahora bakoresha izina ryanje mugusaba amafranga canke kubesha kugira mubahe amafranga. Uwuzobandikira akoresheje izina ryanje ashaka kubasaba amafranga ntimuzomwishure .Chris Ndikumana
Nanj ndakiriye gukira irishano bampaye mwizina rya yesu amen
Ubu amezi 5 ararangiye Imana inkijije uburwayi bukomeye ,inyuze muri Chris Ndikumana. Imana ishimwe cyane .hallelujah
Mwami niteze igitangaza mubuzima bwanj😢🙏🏻🙏🏻🙏🏻🙏🏻
Shimirwa Nyagasani .uri Alpha na Omega,uri Shama.uri byose Nyagasani .Amen
Yesu arakiza! Najewe azonkiza burikintu code kibangamiye ubuzim bwanje.
Urakoze Mana kubw ibi bitangaza vyose wakoreye abantu bawe. N Utazibwe Data.Nanje ndakiriye intsinzi yanje uyu munsi mw izina rya Yesu .Wongere umugisha n inkomezi umukozi wawe Chris Ndikumana n 'abitanga hamwe nawe mur uyu murimo wawe "Kanguka". Amina
Imana Nyene amahoro,mw'Izina ry'Umwami wacu Yesu Christo ibandanye yiyereka abantu bayo mukubakiza imitima n'indwara zitandukanye biciye muri kanguka.Hezagira abakozi bawe Mana
@@pontiengakero7965 Amina
Amashimwe nayawe ndiho🙏🙏🙏Chris imana ikomeze kukwongereza amavuta
AMEN NDIZEYE KUNTABAYE NANJE NDAVYAKIRIYE MWIZINA RYA CHRISTO YESU UMWAMI WA B'AMI
Manandagutakiye nanjye uyumunsi urare iwanjye umpegukira ndabyizeye ubwo ugenderera abandi nanjye ntunsige unkize nzashima izinaryawe❤
Yesu ndakiriye gukira irwara zooose rwaye mw’Izina rya Yesu.
Anjye nakiriye gukira mwizina ryayesu 🙌🙌
Imana ishimwe kuko irahindura kdi lMana ukomeze ibagirire neza
Ndagusavye chalome uzufashe gusenga undind gushwan nuyumugore yes nkuramurububuzima ndakwinginze
Uwiteka aduhane umugisha 🙏🙏
Amina
Imana ihabwe icyubahiro kubwo gukiza abantu bayo Hallelujah hallelujah🙌🙌 ushimwe Mana igihe byose.
Yesu nabahe mugisha mwishi
Turagushimiye Mwami Imana Ndiho kubwo imirimo yawe 🙌🙌🙌
Mukoziwimana Data AkudukomerezeMpwemu Yera Akugumeko.
imana ibakomeze
Hallelujah hallelujah hallelujah hallelujah 🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏
Imana irakoze ibitangaza uriko ikora ,imana ihabwe icubahiro
Halelluyaaa Imana ishimwe kubwitangaza bibera muri kanguka
Imana igume ihezagira Ibikorwa vya kanguka
Amena imana igukomeze inkwongere imbaraga ninkomezi
Mana yacu Urakoze ku bwa byose udukorera ushimwe iteka. Amen
Alleluia Amen Imana ishimwe muri byose
Uwiteka Imana ahabwe icubahiro. Amen
🙏Amen🙏ndakiriye gukira🙏
Shimwa mana icubahiro nicawe nanje ndakwizeye nakiriye mana gukora indwara zanje zose mumubiri wanje
Warakoze Mana
Dieu soit louer
Ndiho ni muzima.
Mana uhoraho ndakwinginze njimbere ibirikobirambako vyose
Najewe ndakiriy
Ndakeneye inyigisho mwigeze gutanga muri 2019 ivuga kuvyaba célibataire géographique
Najye ntunyibagirwe Nyagasani Yezu
Amen amen Mana ushimwe chane
Shimwa Mana kuko urahambaye
Ameen 🙏👏🙏🙏
Amen 🙏 🙌 👏
Amen
amen
Ndashima iman ahigejeje ikora ndayishma 🙏🙏🙏🙏
Amen hallelujah 🙌🏻🙌🏻🙌🏻🙏🙏🙏🙏
Uraho
Amen 👏👏
AMEN.
.
imana. ntiyigera. ihinduka. ibihe. bitarabaho numuco. utarabaho. n.ijoro. ritararemwa jambo yahozeho kandi. azokwamaho
Amen 🙏🙏🙏 Amen
AMEN 🙏🏿
Amen🙏🙏🙏
Amen 🙏
Amen amen
Hari abahora bakoresha izina ryanje mugusaba amafranga canke kubesha kugira mubahe amafranga. Uwuzobandikira akoresheje izina ryanje ashaka kubasaba amafranga ntimuzomwishure .
Chris Ndikumana
Nanj ndakiriye gukira irishano bampaye mwizina rya yesu amen
Ubu amezi 5 ararangiye Imana inkijije uburwayi bukomeye ,inyuze muri Chris Ndikumana. Imana ishimwe cyane .hallelujah
Mwami niteze igitangaza mubuzima bwanj😢🙏🏻🙏🏻🙏🏻🙏🏻
Shimirwa Nyagasani .uri Alpha na Omega,uri Shama.uri byose Nyagasani .Amen
Yesu arakiza! Najewe azonkiza burikintu code kibangamiye ubuzim bwanje.
Urakoze Mana kubw ibi bitangaza vyose wakoreye abantu bawe. N Utazibwe Data.
Nanje ndakiriye intsinzi yanje uyu munsi mw izina rya Yesu .
Wongere umugisha n inkomezi umukozi wawe Chris Ndikumana n 'abitanga hamwe nawe mur uyu murimo wawe "Kanguka". Amina
Imana Nyene amahoro,mw'Izina ry'Umwami wacu Yesu Christo ibandanye yiyereka abantu bayo mukubakiza imitima n'indwara zitandukanye biciye muri kanguka.Hezagira abakozi bawe Mana
@@pontiengakero7965 Amina
Amashimwe nayawe ndiho🙏🙏🙏Chris imana ikomeze kukwongereza amavuta
AMEN NDIZEYE KUNTABAYE NANJE NDAVYAKIRIYE MWIZINA RYA CHRISTO YESU UMWAMI WA B'AMI
Manandagutakiye nanjye uyumunsi urare iwanjye umpegukira ndabyizeye ubwo ugenderera abandi nanjye ntunsige unkize nzashima izinaryawe❤
Yesu ndakiriye gukira irwara zooose rwaye mw’Izina rya Yesu.
Anjye nakiriye gukira mwizina ryayesu 🙌🙌
Imana ishimwe kuko irahindura kdi lMana ukomeze ibagirire neza
Ndagusavye chalome uzufashe gusenga undind gushwan nuyumugore yes nkuramurububuzima ndakwinginze
Uwiteka aduhane umugisha 🙏🙏
Amina
Imana ihabwe icyubahiro kubwo gukiza abantu bayo Hallelujah hallelujah🙌🙌 ushimwe Mana igihe byose.
Amina
Yesu nabahe mugisha mwishi
Turagushimiye Mwami Imana Ndiho kubwo imirimo yawe 🙌🙌🙌
Amina
Mukoziwimana Data Akudukomereze
Mpwemu Yera Akugumeko.