KANGUKA YO KU WA GATANDATU 25/11/2023 by Chris NDIKUMANA

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 20 сен 2024
  • ITANGAZO
    Hari abahora bakoresha izina ryanje mugusaba amafranga canke kubesha kugira mubahe amafranga. Uwuzobandikira akoresheje izina ryanje ashaka kubasaba amafranga ntimuzomwishure.
    Chris Ndikumana

Комментарии • 145

  • @JoselyneMbonimpa
    @JoselyneMbonimpa 9 дней назад

    Imana warakoze kubwikinganiro cakanguka ikomeze umukozi wayo ico gusabiye niherezo ryizz Amen❤❤

  • @NadegeNdayikeje
    @NadegeNdayikeje Месяц назад

    Imana ihabw icubahiro ahivyagiy mwijuru yarankijij umugongo Mana warakoze❤👏🏽

  • @stitore2388
    @stitore2388 17 дней назад

    Nukuri imana nishimye yarakoze 🤼‍♂️🤼‍♂️🤼‍♂️🤼‍♂️🤼‍♂️🤼‍♂️🤼‍♂️🤼‍♂️🤼‍♂️🤼‍♂️🤼‍♂️🤼‍♂️🤼‍♂️🤼‍♂️🤼‍♂️🤼‍♂️🤼‍♂️🤼‍♂️🤼‍♂️🤼‍♂️🤼‍♂️🤼‍♂️🤼‍♂️🤼‍♂️🤼‍♂️

  • @jahbless4997
    @jahbless4997 10 месяцев назад +9

    Data Mw'izina Ryera Rya Yesu Christo Nkuko wangendereye muri bya bihe byahise Kandi nkuko Ugenderera abandi nanjye uyu munsi Ungarukeho Nyakubahwa Imana Ntunsige 😭🤲🙏🙏
    Amen🙏🙏🙏🙏

  • @KinamaDecomo
    @KinamaDecomo 3 месяца назад

    Imana yabohoy abobos nanj ndizey kwizongirira neza

  • @PascasieNibigira-i7r
    @PascasieNibigira-i7r Месяц назад

    Imana ninziza ibihe vyose warakoze Mana

  • @omansur2050
    @omansur2050 10 месяцев назад +6

    Yesu mukiza wanjye umva uko nsenga uko ugenderera abandi nanjye nkunsige🙏🏽🙏🏽🙏🏽🧎‍♀️

  • @FrancineEsther-j9y
    @FrancineEsther-j9y 3 месяца назад

    Mananyiribihewe undemere amashimwe nanjye unkize nzagarukana amashimwe ndabyizeye nakiriye gukira

  • @eliusbizimana7646
    @eliusbizimana7646 8 месяцев назад

    Narabonye ko igikorane cagenze neza.
    Imana ibahezagire mwese

  • @MUREBWAYIREChristine
    @MUREBWAYIREChristine 9 месяцев назад +1

    Nange ugenderere Yezu, ntunsige, dore ndwaye hperitation, uyinkize yezu

  • @EstherNiyonkuru-ey5ti
    @EstherNiyonkuru-ey5ti 6 месяцев назад +1

    Mana niwampa umwana wumuhungu isezerano ryanje nuko uwo mwana azogukorera,kandi umusi nzosama nziruka mungoro y'lmana gushima

  • @BibianeNtirenganya
    @BibianeNtirenganya 2 месяца назад

    Imana nanje izampe iki ondo nahonshaje

  • @NsabiyaremyeEmmanuel-b2u
    @NsabiyaremyeEmmanuel-b2u 8 месяцев назад

    Chalom,chalom ndakund kanguk mugab igihe cose nshatse kuyumviriz samdi ngo nsengane namwe ntibikund ncandayironk nyuma yamasengesho mwahejej

  • @AngelineNiyukuri-et9ib
    @AngelineNiyukuri-et9ib 10 месяцев назад +1

    Ubwami nubushobozi nicubahiro bibe ivya Ndiho ibihe bidashira kandi lmana intabare ndi mubigeragezo vyishi

  • @nana-gn1kz
    @nana-gn1kz 9 месяцев назад

    Bjr nashak mumfash ah bac kugr umunt asengan numukoz wimana samdi mwob mukoz

  • @JanvierNiyonkuru-w8m
    @JanvierNiyonkuru-w8m 27 дней назад

    Imana ihabwe icubahiro

  • @user-fp4lt3kx9p
    @user-fp4lt3kx9p 10 месяцев назад +1

    Munsengere ndarwaje imyaka2uwo muntu ari paralise

  • @IradukundaJeannette-sv6ij
    @IradukundaJeannette-sv6ij 10 месяцев назад +1

    Ndagushimiye mana ahugejeje ukora wampay fiance atazomaramaza ubunaho ibisigay nivyaw ni mwizina rya yesu nsenze nizey amen

  • @ikk3132
    @ikk3132 10 месяцев назад +1

    Hariho hariho ubushonozi mu maraso ya Yesuuuuuuu!
    Hariho hariho ubushobozi mu maraso ya Yesu🙌🏿🙌🏿🙌🏿🙌🏿🙌🏿🙌🏿

  • @NduwimanaAmina-io2cf
    @NduwimanaAmina-io2cf 9 месяцев назад

    Mana. Ukugenderabandi. Nanjentundengane. Nkukowamawankoreye. Vyinshi. Nanjengendere

  • @ClaudeShemezimana-d2f
    @ClaudeShemezimana-d2f 9 месяцев назад

    Amen Amen

  • @KmHn-qq4gi
    @KmHn-qq4gi 8 месяцев назад

    Amena amena amena

  • @ClaudineWitonze-mb6qg
    @ClaudineWitonze-mb6qg 9 месяцев назад

    AMEN AMEN

  • @jclaudentiranyibagira
    @jclaudentiranyibagira 10 месяцев назад +1

    Mana datawatwese urimwijur Izina ryawe niryubahwe ubunibihe bidashira natwabasavyi bawe tuguteze yompi dushimira clrisi yemeye kwunvijwi ryawe ukamucishak ijomboryawe Irimana nyamana umunezero nfise nsingira konobivuga nibutsi vyoyankoreye ❤🙏🙏🙏🙏🙏🙏

  • @EricNshimirimana-l2v
    @EricNshimirimana-l2v Месяц назад

    Mana ndakwishimiy kandi ndazi ibih vyanj ugiy kubimpindurira

  • @SandrineIzerimana-lq7zf
    @SandrineIzerimana-lq7zf 2 месяца назад +1

    Mana ikigitondo nanjye ntunsige umpumugisha umpezagire ndonke urugo nkabandibose amen amen amen amen amen alléluia 👐👐👐👐

  • @TwibazeEsther-lz3bt
    @TwibazeEsther-lz3bt 10 месяцев назад +1

    Uwiteka Mana ya gakiza kanjye ndakwinginze uyumunsi ntunyereho undemere ubuhamya nzagushima Iminsi yanjye yose yo kubaho

  • @naomendayishimiye2214
    @naomendayishimiye2214 10 месяцев назад

    Imana Data Ishimwe cane kubw ikiganza cayo cagaragaye mu kubohora i Douala, n abapfumu nabo bakagenderwa na Yeshua !
    Kandi Yarakoze kubana n umuvyeyi wacu Chris mu maja no mu maza n abari kumwe nawe bose, Amina

  • @ElianeMuregwa
    @ElianeMuregwa 9 месяцев назад

    Amenaaa

  • @hamirekevin4884
    @hamirekevin4884 10 месяцев назад +1

    uwiteka mana ndakwinginze umbature amen

  • @irankundabelyse-ej5vi
    @irankundabelyse-ej5vi 10 месяцев назад

    Amen

  • @kayisingajane
    @kayisingajane 10 месяцев назад

    Mana mwizina ryayesu umbohorere umugabo musinzi mubusambanyi unkirize abana ntibazongere guhora barwaye utubohore nkumuryango.amen

  • @MariyamMariyam101
    @MariyamMariyam101 Месяц назад

    Amen Amen and Amen 🙏🙏🙏😢😢😢😢

  • @faidaagnes8664
    @faidaagnes8664 5 месяцев назад

    Amena

  • @Neema-em7xj
    @Neema-em7xj 9 месяцев назад

    Amen mana we wakijij yumuvyeyi ubugumba natwe turakwizeye konatw uzodukorako

  • @UwamweziAnnet
    @UwamweziAnnet 9 месяцев назад

    Nizera kwimana ikiza

  • @munezeroemelyne5083
    @munezeroemelyne5083 10 месяцев назад

    Ndabaramukije mwizina rya yesu ham nashaka kubaza ingene umenya ko amasengesho ya samedi atangura nshaka kuzoza ntangurana n'umukozi wimana atanguye gusenga mumbwire uko bigenda

  • @RosineMutuyimana-p4m
    @RosineMutuyimana-p4m 10 месяцев назад

    Mana umbohorere musazawange uburuko umubohore ubutinganyi buri murigeze. Kandi mana ukukwezi nukwakabir maze nubatse ndagusa gutwita ukampa umwana nange unyiyereka yezu

  • @gaudancecimpaye1695
    @gaudancecimpaye1695 10 месяцев назад

    Mana niwewe mushobora vyose ndize vyukuri konanje nhikigwa amen🙏🙏🙏

  • @vanieiradukunda6577
    @vanieiradukunda6577 10 месяцев назад +1

    Ndakiriye igitangaza canje mw'izina rya Yesu Kristo 🙏 Amen

  • @EstherNiyonkuru-ey5ti
    @EstherNiyonkuru-ey5ti 6 месяцев назад +1

    Amen,lmana yabohoye uwo mugore agasama nanje ndizeye ko ngiye kubohoka nanje nkaronka uruvyaro,Mana mbohora kuri karande zo mumiryango wongere umbohore kubarozi bandoze Hama umpe uruvyaro

  • @niyongabodalina8325
    @niyongabodalina8325 7 месяцев назад

    Amen amen amen amen amen amen amen amen amen
    Amen amen amen
    Amen amen

  • @fhgggffhg7721
    @fhgggffhg7721 9 месяцев назад

    Amina

  • @RosineMutuyimana-p4m
    @RosineMutuyimana-p4m 10 месяцев назад

    Mana umbohorere musazawange uburuko umubohore ubutinganyi buri murigeze. Kandi mana ukukwezi nukwakabir maze nubatse ndagusa gutwita ukampa umwana

  • @RosineMutuyimana-p4m
    @RosineMutuyimana-p4m 10 месяцев назад

    Imana itanga ibyamafara atagur amen

  • @NavasNavas-m6j
    @NavasNavas-m6j 10 месяцев назад

    Nanje
    Ndimugitanda
    Ndaremvye
    Munsengere.numva
    Vyanse
    Came.amen.amen

    • @naomendayishimiye2214
      @naomendayishimiye2214 10 месяцев назад +1

      Turasenga ngo Yeshua Agusange mur ico gitanda Agukize ncuti .Umuhamagare wizeye nawe Arakwitaba kandi Aragukiza

  • @BeoLe-v5f
    @BeoLe-v5f 10 месяцев назад +1

    Amen 🙏🙏🙏 imbaraga zawe mana

  • @sandyk4966
    @sandyk4966 9 месяцев назад

    AMEEEN AMEEENA AMEEENAAAAAAA AMEEENAAAAAAA AMEEENAAAAAAA AMEEENAAAAAAA 🙈🙈🙈🙈🙈🙈🙈🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽

  • @RosineMutuyimana-p4m
    @RosineMutuyimana-p4m 10 месяцев назад

    Mana umbohorere musazawange uburuko umubohore ubutinganyi buri murigeze

  • @irakozedorine7894
    @irakozedorine7894 10 месяцев назад

    Imana ni nziza ibihe nibihe.amen amen

  • @MamanJiji-pp7de
    @MamanJiji-pp7de 9 месяцев назад

    Chris ndikumana. Kirundi

  • @manirambonaemeryhasta3739
    @manirambonaemeryhasta3739 10 месяцев назад

    Mwizina rya YESU CHRIST AMEN AMEN 🙏🙏🙏🙏🙏🙏

  • @karegablaisepascal9931
    @karegablaisepascal9931 10 месяцев назад

    Ugira neza MANA
    Icyubahiro n'icyawe

  • @joycechance9201
    @joycechance9201 9 месяцев назад

    ❤❤❤❤❤❤

  • @PacifiqueIgiraneza-el7nm
    @PacifiqueIgiraneza-el7nm 9 месяцев назад

    IMANA Ihabwe ICUBAHIRO 🙏🙌

  • @nishimwealice7001
    @nishimwealice7001 10 месяцев назад

    Amen Amen Mana okowagendeyabandi nanje ntunyibagire❤❤

  • @etienneiirakoze-wp2wo
    @etienneiirakoze-wp2wo 9 месяцев назад

    amen amen🙏🙏🙏❤❤❤

  • @UwamweziAnnet
    @UwamweziAnnet 9 месяцев назад

    Nanjye nizeye gukira amen

  • @asdasadd7859
    @asdasadd7859 10 месяцев назад +2

    Amen Amen 🎉🎉♥️♥️👏👏🙌🙌🙏🙏

  • @NavasNavas-m6j
    @NavasNavas-m6j 10 месяцев назад

    Amen
    Mugumizeko
    Mudusengera

    • @naomendayishimiye2214
      @naomendayishimiye2214 10 месяцев назад

      Amina.ntimwihebure ncuti. uko mumerewe kwose mwizere ko Ari kumwe namwe kandi ko Ashobora vyose

  • @Onlyonechild
    @Onlyonechild 10 месяцев назад

    Uwiteka arahambaye, ashimwe Yesu waduhuje nawe. Amen

  • @letynahayo2328
    @letynahayo2328 10 месяцев назад

    Mana Aho ukiza abandi Nanje unkirize maman wanje

  • @mugishatv250
    @mugishatv250 10 месяцев назад

    Muhabwumugi ndagukunda cyaneee

  • @angea23
    @angea23 10 месяцев назад

    Urakoze Mana🙏🏾

  • @NestorBayagimana
    @NestorBayagimana 10 месяцев назад

    Yesu nashimwe cane

  • @nishimweaudacienne-ju2dv
    @nishimweaudacienne-ju2dv 10 месяцев назад

    Mana nanjendizeyeko uzompindura nahondimuntegenke

  • @اللهاكبر-ن3ح3ر
    @اللهاكبر-ن3ح3ر 10 месяцев назад

    Amen men amen amen amen

  • @LaurenceKubwimana
    @LaurenceKubwimana 10 месяцев назад

    Manayange ngwino ubanenange

  • @G-rd4ol
    @G-rd4ol 9 месяцев назад

    Amen amen amen, 🙏🙏🙏

  • @bazarishakedative4084
    @bazarishakedative4084 10 месяцев назад

    mana urakora rwose cane

  • @mariekampimbare2338
    @mariekampimbare2338 10 месяцев назад

    Urakoz Manaaaaaaaaaa😭😭😭

  • @KayiteseiYvonne-bf2xf
    @KayiteseiYvonne-bf2xf 10 месяцев назад

    Mana nange wangendereye ukankiza uburwayi bwumuburi nagahinda ko mumutima

  • @SandrineNiyomuco
    @SandrineNiyomuco 10 месяцев назад

    Nkubone yezu ndashaka unyiyereke.

  • @MeddyNihorimbere
    @MeddyNihorimbere 10 месяцев назад

    Mana ahugendera abandi nanje ntunsige

  • @mariekampimbare2338
    @mariekampimbare2338 10 месяцев назад

    Amen urakozeeee😭😭😭

  • @EzechielNduwimana-xv7fl
    @EzechielNduwimana-xv7fl 9 месяцев назад

    Amen!

  • @mushirarungudancille406
    @mushirarungudancille406 9 месяцев назад

    Amen Amen❤❤

  • @Onlyonechild
    @Onlyonechild 10 месяцев назад

    Thank you Jesus Christ

  • @nilvinenimbona-uc3sk
    @nilvinenimbona-uc3sk 10 месяцев назад

    Mana nzima ndakwinginze undemere intahe

  • @marieclairehabonimana1463
    @marieclairehabonimana1463 10 месяцев назад

    Ameen,Ameen🙏

  • @eliusbizimana7646
    @eliusbizimana7646 7 месяцев назад

    Ego Mana
    Waradukijije

  • @reemaalwad3ani616
    @reemaalwad3ani616 9 месяцев назад

    Ameeeen ameeen

  • @joycechance9201
    @joycechance9201 9 месяцев назад

    AMEN AMEN AMEN 🙏

    • @friendly109
      @friendly109 9 месяцев назад

      Je vous 9th à tout à

  • @estellahakizamungu7055
    @estellahakizamungu7055 9 месяцев назад

    Amen ❤Amen

  • @Ilovejesus44
    @Ilovejesus44 10 месяцев назад

    Amen amen amen 🙏

  • @immaculeenirere8331
    @immaculeenirere8331 10 месяцев назад

    Allelua oooh

  • @ZaituniKwizera
    @ZaituniKwizera 8 месяцев назад

    20:24 20:25

  • @ChantalNdayisaba
    @ChantalNdayisaba 10 месяцев назад

    Ameeeen

  • @manirakizamonique
    @manirakizamonique 10 месяцев назад

    Amena mena

  • @ChanelleNIYONZIMA-sg7rt
    @ChanelleNIYONZIMA-sg7rt 10 месяцев назад

    Hallelujah hallelujah Amen Amen 🙏🏾

  • @nilvinenimbona-uc3sk
    @nilvinenimbona-uc3sk 10 месяцев назад

    Mana yanje rwino ubane nanje murivyose

  • @ClaudineGirukwishaka
    @ClaudineGirukwishaka 10 месяцев назад

    Amen amen🎉🎉🎉🎉

  • @jordannshimirimana4947
    @jordannshimirimana4947 9 месяцев назад

    Mwamiyesu iyugendera abandi
    Nanje uze unyibuka uzobi koze

  • @AngeNshimirimana-r5n
    @AngeNshimirimana-r5n 10 месяцев назад

    Amen Amen

  • @Neema-em7xj
    @Neema-em7xj 9 месяцев назад

    Amen

  • @benignekakunze
    @benignekakunze 10 месяцев назад

    Amen amen yesu aracakizaaa

  • @JoselineNintunze
    @JoselineNintunze 10 месяцев назад

    AMEN AMEN

  • @SamuelNdayishimiye-yc6pg
    @SamuelNdayishimiye-yc6pg 10 месяцев назад

    Amene

  • @evelynenduwimana-rt8it
    @evelynenduwimana-rt8it 10 месяцев назад

    Ameeen

  • @RizikiIngabire
    @RizikiIngabire 9 месяцев назад

    Amen Amen