Intahe = Ubuhamya ; Urugendo rw'imyaka 15 rugana kw'Isezerano

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 17 окт 2024

Комментарии • 96

  • @alidambakuye2245
    @alidambakuye2245 2 года назад +1

    Halleluia...Imana yacu niyo kwizegwa,nibisigaye izobikora...

  • @بوتياننن
    @بوتياننن 2 года назад

    Amen amen amen imana ihabwicubahiro ibih bidashira ameeeen

  • @claudinenezerwe689
    @claudinenezerwe689 2 года назад +3

    Hallelujah Halleluujah Hallelujah Halleluujah Hallelujah Halleluujah Hallelujah 🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌 Amen Amen Amen Amen Amen Amen Amen 🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏 Nezeranwe Namwe caane mu Mutima Wanje.

  • @gisele-sandragahugano3585
    @gisele-sandragahugano3585 2 года назад +3

    Imana ihabw icubahiro kuko n umwizigirwa ikora ibintu mu gihe cayo iyi ntahe n ukuri ndabizi isubizamwo intege abariko baraca mur ico gikombe .Félicitations à la famille n ukuri tunezeranywe namwe

  • @sandrabayikeze729
    @sandrabayikeze729 2 года назад +3

    Amen amen.iragahezagigwa ikora vyose neza mu gihe gikwiye.

  • @manyanajeaninne8654
    @manyanajeaninne8654 Год назад

    Murakoze cane bakozi bimana Imana Komeze kubahahumugisha❤

  • @dusabiraneracheal5007
    @dusabiraneracheal5007 2 года назад +2

    Amen 🙌🙌 Imana ni nziza ndanezerewe kubwanyu

  • @ndikumasaboesther1743
    @ndikumasaboesther1743 2 года назад +7

    Amen amen...Yesu ahabwe icubahiro!!!..Félicitations et mercii bcp kuntahe yanyu igiye kubohora benshi..Karibu bébé Exaucé mu muryango w'abizera❤

    • @joellebazizane2478
      @joellebazizane2478 2 года назад

      Amennn Merciiiii beaucoup Maman Samuella😍😍😍

  • @NyirankeshaRegine
    @NyirankeshaRegine 19 дней назад

    Merci beaucoup,ndongeye gukizwa bundi bushya

  • @lydiabayubahe482
    @lydiabayubahe482 2 года назад +5

    Halleluia ameeen!!Yesu ni mwizaaaaaaa ayiii💃🏼💃🏼💃🏼💃🏼🥳🥳🥳🙌🙌tuzomuvuga hose kubw ‘Ineza yayo🙏🏻yatumy bikundaa🙏🏻🙏🏻🙏🏻🙏🏻🙏🏻🙏🏻turanezeranyw namw🥳🥳🥳🥳

    • @joellebazizane2478
      @joellebazizane2478 2 года назад

      Ameeeen Maman Nkinzo wanje love u so much🥰🥰🥰

  • @umurazachristine9866
    @umurazachristine9866 2 года назад +1

    Hallelujah imana ni nziza irasetsa

  • @thyvekaneza619
    @thyvekaneza619 2 года назад

    Imana ishimirwe ibikorwa vyiza kandi bitangaje yabakoreye. Nimwonkwe Bienvenu et Joëlle

  • @nehemiendizeye5487
    @nehemiendizeye5487 2 года назад +3

    Mbega umunezero. Haleluuuuuyyyyaaaaaaa. Imana yo mw'ijuru iragahezagirwa

  • @christianebukuru6997
    @christianebukuru6997 2 года назад

    Impundu Impundu famille Bienvenu
    Imana Iragahezagirwa, yatweretse ubugira incuro ububasha bwayo

  • @alidambakuye2245
    @alidambakuye2245 2 года назад +1

    Yemwe yemwe nimuze dukurikire Imana duhinda agashitsi,kuko n'Imana iteye ubwoba, ikora ibintu vyose neza,kumwanya wayo...,tunezererewe umugisha wa flle Bienvenu& Joëlle...
    Ariko contact ntazo tubonye,mwodufasha mukaziduha .murakoze

    • @bienv2021
      @bienv2021  2 года назад

      Mwaramutse neza, murakoze cane gufatanya natwe gushima Imana. Contact ziriko document igiye guhera , wonyandikira kuri WhatsApp +250785023403. Imana ibahe umugisha

  • @caritasprieuxnshimirimana5426
    @caritasprieuxnshimirimana5426 2 года назад +5

    Alléluia 3×
    ...Imana yacu ishimwe ibihe bidashira. Iteramira ijambo ryayo ikarishitsa. Toutes mes félicitations à vous deux et que la gloire revienne à l'Éternel notre Dieu. Soyez bénis vous trois et merci pour ce merveilleux témoigne . 🙏🙏🙏🙏

  • @akis9134
    @akis9134 2 года назад +3

    Hallelujah Gloire à Dieuuuuu Imana igira neza caneeeee ndabuze nico mvuga!karibu bb exaucé...karibu cane twari tukwiteze peeee mu muryango

    • @joellebazizane2478
      @joellebazizane2478 2 года назад +1

      Ameeen Merciiiiii Sonia wanje bisouuus🥰🥰🥰

  • @marienzeyimana639
    @marienzeyimana639 2 года назад +2

    Waouuhhh 🙏🙏🙏 Imana ishimwe cane kuvyo yabakoreye ku ngabire nziza yabahaye. Félicitations à vous les parents🙌🙌🙌 ni mwonkwe murere ibikura et bienvenue au bébé ITERITEKA Exaucé. Imana imukuze neza akure ashimwa n'Imana n'abantu agwize ubwenge n'ubwitonzi

  • @liliuwitonze
    @liliuwitonze 2 года назад +2

    Imana ishimwe ko yabayabaye.twiteze natwe ineza y'Imana. Ko izoza igashingura icumu ry'ubugumba mu ngo zacu.

    • @bienv2021
      @bienv2021  2 года назад

      Nukuri Imana yirukane satani kure y Ingo zacu

  • @alcesteniteka1341
    @alcesteniteka1341 2 года назад +2

    Oooh Imana ishimwe ihe ibibondo nabandi bakiri murugenho

  • @thierryveniyomwungere7070
    @thierryveniyomwungere7070 2 года назад +2

    Naje ndizeyek Imana yabagabiy naje izongabira munsenger impe kwihangana nukuvyakira

    • @bienv2021
      @bienv2021  2 года назад

      Imana yumve gusenga kwawe yirukane satani kure y urugo rwawe

  • @beatheuwimana8366
    @beatheuwimana8366 2 года назад +2

    Yesu arakora 🙌🙌🙌

  • @niyomwungerenorah8404
    @niyomwungerenorah8404 2 года назад +1

    Yesu yababereye umwizigirwa kandi n'umwizigirwa. Turashimiye Imana kumurimo yakoze. Amaboko yayo ni magari ntaho atokura umuntu nta naho atomushikana

  • @emelyneakimana1206
    @emelyneakimana1206 2 года назад +2

    Waouuuuh Ntakinanira Imana🙏🙏🙏

  • @claudinenezerwe689
    @claudinenezerwe689 2 года назад +2

    IMANA ishishikare kubagirira Neza muri vyose

  • @Ufilly
    @Ufilly 2 года назад

    Ooooh, Imana Ni Nziza peeeeee

  • @kayitesiesperance8649
    @kayitesiesperance8649 2 года назад +2

    Imana ninteturuye kweri

  • @josephnzeyimana341
    @josephnzeyimana341 2 года назад

    Amen Amen,God bless u,Imana yacyu irakora.

  • @kennethrudasingwa9447
    @kennethrudasingwa9447 2 года назад +2

    Imana yacu irahambaye nihabwe icyubahiro

  • @bienv2021
    @bienv2021  2 года назад +11

    Murakoze ku ma comments yose mwakoze, iyi nkuru muyikwize hose mushobora kuko Satani inkuru mbi ko yashinze icumu mu muryango yayigejeje kure, natwe turashaka ko inkuru ko Yesu yaranduye rya cumu igera kure hashoboka, kugira izina ryiwe rishimwe Kandi n' uwufise ico yiteze ku Mana yacu yizere ko ariyo agenga ibihe n'iminsi.

  • @nibyobyizaesther5169
    @nibyobyizaesther5169 2 года назад +2

    Hashimwe Yesu watsinze satani congret again

  • @renathauwinkesha7454
    @renathauwinkesha7454 2 года назад

    Amen!

  • @mutonimagnifique3965
    @mutonimagnifique3965 2 года назад

    Imana niyo kwizerwa

  • @arlettehakizimana5412
    @arlettehakizimana5412 2 года назад +1

    Amen

  • @divinekwizera5328
    @divinekwizera5328 2 года назад +1

    Felicitation ncuti zacu imana yo nticegwa

  • @claudineuwamahoro7128
    @claudineuwamahoro7128 2 года назад +2

    Intahe yanyu ifashije benshi iradukomeje turi benshi mururu rugendo. Hezagindwa mukozi wi Mana. Ntacyo bibatwaye mwaduha phone number zanyu. Murakoze

    • @bienv2021
      @bienv2021  2 года назад

      Murakoze cane, number yanje ni 0785023403.;iri no kuriyo video iyo igiye kurangira. Kandi Imana yo ufise vyose mu kiganza ibagirire neza ibakure kuri uyo musozi.

  • @nono55tv41
    @nono55tv41 2 года назад +2

    Imana ishimwe kuko isohoza amasezerano

  • @graciosenkurunziza2806
    @graciosenkurunziza2806 2 года назад

    Mbega Imana
    Ihabwe Icubahiro ubu nibihe vyose.
    Ndabakeje cane benedata

  • @jeanclaudenikwitanga6493
    @jeanclaudenikwitanga6493 2 года назад

    Nshimiye Imana kuvyo yabakoreye bene Data.iragahezagirwa ubu no gushitsa ibihe bidashira kuko yateye iteka abasavyi bayo nkuko yari yarasezeranye. Ndanezerewe kubw’iyo ntashe.

  • @honorineiradukunda4365
    @honorineiradukunda4365 2 года назад +1

    Mana shyirwa Hejuru,Icyubahiro kibe icyawe ibihe byose

  • @dadyndayishimiye6411
    @dadyndayishimiye6411 2 года назад +1

    Turifadikanije namwe gushimimana Imana yacu ni nziza cane isezeranye irashitsa

  • @immaculeenibimenya2714
    @immaculeenibimenya2714 2 года назад

    Imana ishimwe caane, ndabazi bakozi bi Mana, Yesu ahabwe icubahiro, yakoze ibikomeye aragahezagirwa, yokoze ibikomeye atamwana wu muntu yoshobora kubikora.

  • @emeryiramubona2142
    @emeryiramubona2142 2 года назад +2

    Imana yacu irakora nabugingo nubu.AMEN

  • @kam3384
    @kam3384 2 года назад

    Imana namwe ibahezagire caane.
    Nanje warandemesheje maze umwaka canke ibiri ndindiriye kandi yarabampaye après 6ans. Ubu mfise babiri kandi nditeze ko izonyongera. Ibongere ibahe ibikwiye vyose vyo kubarera dans tous les côtés.

    • @bienv2021
      @bienv2021  2 года назад

      Urakoze cane , wewe dufashanye gusengera n abo bandi bakirindiye kubona Icumu rishinguka

  • @yhccukurigukiza6144
    @yhccukurigukiza6144 2 года назад +2

    God bless you so much blessed family

  • @nk.p.9503
    @nk.p.9503 2 года назад +1

    Bin et Joe, n'ukuri turabafashije gushima Imana, iragahora iratera iteka ingo z'abayizeye.

  • @anithakayitesi4801
    @anithakayitesi4801 2 года назад

    Ni Imana Ishobora Byose. Amen

  • @claireumumararunguofficial3207
    @claireumumararunguofficial3207 2 года назад +2

    Happy for you Family 💕

  • @ChristInMeHopeOfTheGlory
    @ChristInMeHopeOfTheGlory 2 года назад +1

    Praise Lord....

  • @benithairakoze3364
    @benithairakoze3364 2 года назад +2

    Hallelujah 🙏🙏🙏

  • @mugishangezahayonadetteann853
    @mugishangezahayonadetteann853 2 года назад

    Yezu weeeeeee I love u

  • @claudineingabire3887
    @claudineingabire3887 2 года назад +1

    Murakoze cyane Famly Bienvenu.

  • @Speedremarks
    @Speedremarks 2 года назад +1

    Imana ishimwe!!!!!!!!

  • @marienzeyimana639
    @marienzeyimana639 2 года назад +1

    Pucupucu 😘😘 il est très mignon

  • @peterhabyarimana7905
    @peterhabyarimana7905 2 года назад +1

    Amennnnn Dieu est tout puissant!!

  • @kanyangeflora7823
    @kanyangeflora7823 2 года назад

    Imana ihabwe icubahiro

  • @marienzeyimana639
    @marienzeyimana639 2 года назад

    Imana ihabwe icubahiro cose 🙌🙌🙌

  • @tumenyekwivuragroupe9928
    @tumenyekwivuragroupe9928 2 года назад +2

    I'm the next for sure

  • @بوتياننن
    @بوتياننن 2 года назад

    Ntawayikoreye azomaramara

  • @nellynsabumugisha4848
    @nellynsabumugisha4848 2 года назад +1

    Yitwa Yaaaaa !

  • @gloriahakizimana6764
    @gloriahakizimana6764 2 года назад

    Amen. Muhezagigwe. 🙏🏽

  • @akis9134
    @akis9134 2 года назад +1

    Ukuntu arikeza jeweeeee

  • @donatheuwingabire7696
    @donatheuwingabire7696 2 года назад

    Nanjye munsengere , uyi musozi wo kubura urubyaro urananije. Munsengere nzatanga intahe ninsubizwa😭

  • @divinekwizera5328
    @divinekwizera5328 2 года назад

    Kandi muta nze intake ikomeza abandi

  • @niyigenajosiane208
    @niyigenajosiane208 2 года назад

    Amen x1000

  • @kayitesiesperance8649
    @kayitesiesperance8649 2 года назад

    Ndabakeje bene data

  • @dianepatriciekayitesi6624
    @dianepatriciekayitesi6624 2 года назад

    zz

  • @immaculeeruhinda5748
    @immaculeeruhinda5748 2 года назад

    Mana shimwa ko utera iteka weeeee

  • @bienv2021
    @bienv2021  2 года назад +1

    Abasaba ko dufatanya gusengera iyo misozi murabona contacts zacu kuri doc igiye kurangira. Icumu 🗡️ ry'ubugabe ry'abanyakibi ntirizokwama rishinze mu mugabane w'abagororotsi

  • @tumenyekwivuragroupe9928
    @tumenyekwivuragroupe9928 2 года назад

    Imana ihabwe icyubahiro

    • @coopecurubutokinihira8257
      @coopecurubutokinihira8257 2 года назад

      Imana yacu yarakoze kuba ibahaye uruvyaro yumvise gusenga kwacu ivyo yavuze no kubikora izabikora

    • @gorethbucumi5408
      @gorethbucumi5408 2 года назад

      Iman ishimwe iyo ntahe iriko irafa sha benshi haba abashima cank se abarindiriye kwishurwa! Natwe turayamamaza ahashoboka hose

  • @sinabajijefrederique9459
    @sinabajijefrederique9459 2 года назад

    Mana uragahezagirwa wewe wahinduriye amazina abana bawe!

  • @yamfashijelosethe7105
    @yamfashijelosethe7105 2 года назад

    Amen

  • @shakam.olivier6684
    @shakam.olivier6684 2 года назад

    Amen