🥰🥰 keep shining my people Star boy and Nelly Nat 🥰en ts cas vrm avug ukuri 😂 Stella Kenya Salon turabakunda Canee. Thank youuu so much for coming in our salon 🥰🥰🥰
Ukisikiya mwanamuke anafatiliya maisha ya mwanamuke mwezake basi juwa kuna kituu wanamushind sasa Nelly punguza wivu kuwanawake wezako kama wenyewe wanatembeya na waume zawatu na weye wale wazungu wunao tembeya nawo ni waume zako punguza blabla myaka yote nimekuona unajisifu eti wuko na Muzungu Mbona siyoni unabadilik ,aja Natacha njo wakujisifu kama iko na muzungu
Umukobwa ahoravuga bagenziwe menyako baba bamurenze🤗icakoze ugirumunwa Big up agasurw kariko gasa neza uriko wiyitaho😏😏
Nelly uravuga ntusigaza nakubali sana hakuna cakuficha .
The sheep star boy keeps it up, my bro much appreciate 🙏 💯
🥰🥰 keep shining my people
Star boy and Nelly Nat 🥰en ts cas vrm avug ukuri 😂 Stella Kenya Salon turabakunda Canee. Thank youuu so much for coming in our salon 🥰🥰🥰
Elle très intelligente kurico cikori elle vais reson
La fille est très intelligente 👌
Nelly.....Thanks a lot....for T SHIRTS & for your NEWS UPDATE. .....You are always well dressed & beautiful.......big up
Love from #Stella_Kenya_Salon🙏🔥🔥🔥
Welcome again #Star_Boy👌✌ #The_Sheep👊👊
kabisa baze nawe ubakore inzara neza disi..
Duhe adresse yah muyadandariza nta adresse mwatanze 🤲🤲
Jewe nkunda ukuri kwawe abakwanka ntibaramenya ivyurimwo. Jewe ndagukunda🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤
Star tv hejuru cane
Wooooa nelly❤❤❤❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮❤❤
Uyo mwigeme aravuga nabi puuu uranshishe kabisa niki kiganiro ntanico nomora kabisa😢😢😢
Ahubwo wewe ukabona gute? Ningumba ntikavyara kuko nimba atazikorora akaba asambana buramusi yoba atarayitwara gute?
Iyi émission iri professionnel....🎉
Ukunt yirata.hakwishim Woshimw naband!! Abuvuga Bose barakurenze ntanah muhuriye.
Naho atwenga abandi, ukwo kuboko kwambaye isaha, nukwande ko kudasa no mumaso
My Sister much respect kbsa uduha amakuru yanyegejw😂❤👌💪💪
Natwe tuza twubak channel bientôt nukukurondera📝🔥 😂😅
Ndabskwaje yatwenze...😂😂😂wew urangir aband ayamukorogo wew mumaso kohadasa nokumaboko?
Bagusubize numvireho 😂😂😂
Ngo nimvukira😂😂😂
wow The Ben ✌✌✌✌✌💞💞💞💞💞💞💞
Ukisikiya mwanamuke anafatiliya maisha ya mwanamuke mwezake basi juwa kuna kituu wanamushind sasa Nelly punguza wivu kuwanawake wezako kama wenyewe wanatembeya na waume zawatu na weye wale wazungu wunao tembeya nawo ni waume zako punguza blabla myaka yote nimekuona unajisifu eti wuko na Muzungu Mbona siyoni unabadilik ,aja Natacha njo wakujisifu kama iko na muzungu
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
That's true 👍
Nelly nat mana arapondana😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂 gayemwe❤❤❤❤❤❤ gusa ndagukunda bwira akogaserumu ugurisha anga he
Washington d’ici 🙃
We Natty wasaze kweri Uranyishe imbavu ngo Alvin inzara ziwe zimeze gute? Sha nibakureke kabisa Nelly gusa Uranyishe imbavu 😀😀😀😀
Nelly ga mana😂😂
Ok
Nelly nat hejuru
Urusaku rwa Nelly Nat ruba ruryoshe
🤣🤣🤣😂😂😂nelly nat twar tugukumbuye sha 😍👊
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂 uyu mukobwa aratwenza Kwel 🤣 nawe ngira ntanakimwe abasigarije 😅😄😄😄😄😍
Uuuravuga nibidakenewe😂😂😂
Uri mubi ninde ww yokwurira🤣🤣🤣
Erega abo aponda bose baramurenze niyo mpamvu
Star boy nomuronka gute Nelly?? Ambwire kuri Paege ??
murondere kuri instagram wandike nellynatburundi
❤❤❤❤
Nelly nat nawe gafise givukira😂😂😂😂
Sha ufta amate menshi muknywa pe😂😂😂😂😂punguza maneno😂😂
Ararenze umunwa wiwe ngira upima nk'imetero cumi
Kora ibintu vyubwenge
Umenga unezerew nukumaramaza abandi.
😂😂😂
Akaba ari umurundi kazi nabanze yige ikirundi ameny numuco wikirundi
Jewe nibaza ko avuga ikirundi tujamwumva.Mbega nu kuki mutinya kubwira abarundli baba mu Burundi,batavuga ikirundi,bavuga igiswahili ko bajkwiiye kwiiga bakanavuga ikirundi,ni ibintu biteye isoni,mugaca kubona umuntu avuze ikosa ariko avuze ikirundi mugaca mumukarira,bizzare
🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
@nellynat 🔥🔥🔥🔥
Ati umuzungu 😂😂😂😂😂😂
Baratwenga nukuri kibenteni bisigura kugendana nimuhungu akiri muto kugendana nabana bato
😂😂nelly
Iyuva urinamajambo meshi
Nelly semamadog Wew wakuchunguz hawunakasoro😏😏😏
😂😂😂😂😂
❤❤❤❤❤🎉🎉🎉😂😂😂
Sha uyumwana naho ashakako bamurongora uwomwurira yonavuga vyatanguy kwel
Uwo muntu yoba ari impumyi😅
Kariyizi kwar kabi nicogituma gafise inzigo igasumba nubujambo bubi kubandi🥵uvuga ukusa 🤮kur Hosy na Monia fleur mukanw kaw sha ntaho muhuriye
😂😂😂😂uvuze ukurt
😒😒😒😒😒😒
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂