Igi Polisi cerekanye abantu batatu bahungabanya ubutunzi bw'igihugu mu gukora inzoga zitemewe.
HTML-код
- Опубликовано: 8 ноя 2024
- Abantu batatu harimwo umunya Rwanda akoresha karangamuntu ataruhusha n'abo bakorana muguhingura ibinyobwa bitemewe n'amategeko barafashwe bongera barugarirwa n'aho bakorera n'igipolisi. Umuvugizi w'ubushikiranganji bujejwe umutekano, Nkurikiye Pierre aragabisha abajejwe umutekano, intwaro n'abenegihugu ko kutavuga ahariko habera ivya magendo bihungurwa canke bidandazwa bihanwa n'amategeko. #Burundi
Komera mutama ndakunda akazi kawe,,,aho ukijij ubuzima bwabatarasinzikara❤
Genda muhige abarashe abantu mugatumba
Abo muzobakurikirane munyuma
kumengo nindyankurye yaaah we move
Ahubwo abahatwara nibo Bari bakwiye kubaza gufatwa
Nkurikiye bandanya akazi courage
Mumuhe licence akore kuko amfite ubwenge
Iyo raha nayihevye keraaa
Mbega ishanoooo weee!!!
Kumbe?
Good job 🙌🏼🙌🏼🙌🏼🙌🏼
Niyo mpamvu ivyo binyobwa vyose vyo mubwo bucupa ntigera nkoza kumunwa,,,igitandukany na brasserie wap
Mubahane hisunzwe amategeko ariko mwihutira nabarya ibiturire
Inzara ni inzara kweri mugerageze
N'imena muraturabira imirima ya tangawizi bafise bosoroma iyi myaka yosee.
ivyo vyarabaye Nino muri Zambia baheruka gufatirwa ahitwa Matero mu Lusaka bagizw bimwe mbere umengo ni photocopie
Bahanwe hisunze amategeko nukwica abantu mbega
Ivyo nibisanzwe ikibazo abarundi dufise s'ico.
Ego shahu uvuz vyo
Asha nivyaha bikabij kl
Asanti kukazi. Abo n'abamenja.
Uwugomba guhagarikwa nuwo avuga akora original hanyuma ntamenye kubitandukanya na fake..
Abo bantu bashaka kwonona amagara y'abenegihugu
Abo nabicanyi nibahashwe kabisa kabisa ntaho bataniye nabarozi
🤦♂️Birababaj
hhhhh
Uburozi kabisa
Ndakubaze mutama nkurikiye ikintu kimwe? Abo nibo batuma umunyagihugu muto muto atagifungura inyama n'umukeke ??? Wabuze ivyo uvuga.
Abo bobo barafatwa.
😅😢😢😢😢😮😮😮😮😮😮😮
Abahungabanya ubutunzi bisigura abatera ubukene mu barundi si abo. Hera kuri Never, n'indongozi zose 99% naba CNDD-FDD. Iyo n'inkina mico, nkwirikiye ariko arakora. Mwabagabo mwe muri kw'isonga muranswe mu barundi, muriko mubicisha inzara. Hange, ejo siheza kuri mwebwe